Le Rwanda exige du Burundi la libération des sujets rwandais

https://i2.wp.com/fr.igihe.com/local/cache-vignettes/L600xH401/arton14821-75104.jpgLa Ministre rwandaise des Affaires Etrangères,Louise Mushikiwabo, a annoncé sur son compte twitter que le Rwanda vient d’instruire son ambassadeur en poste à Burjumbura, M. Rugira Amandin, d’entrer en conférence avec le Ministre Burundais des Affaires Etrangères sur le sort de 30 citoyens, passagers, rwandais détenus au Burundi dans des lieux non encore identifiés. Ces passagers rwandais qui se rendaient à Bujumburura avaient été arrêtés à des barrières improvisées de contrôle de routine.

« Nous avons protesté auprès des autorités burundaises contre l’arrestation de 12 citoyens rwandais dont nous venons d’établir l’identité en attendant de connaître celle des autres », a dit Amandin. Selon cet ambassadeur, les pourparlers vont bon train.

D’autres sources d’information parlent de l’arrêt des activités commerciales des sujets rwandais ayant établi leurs fonds de commerce à Bujumbura. L’arrêt de ces activités est dû au ’harassment’ mené par les agents du BSR (Bureau Spécial de Recherche) qui leur administrent des interrogatoires intempestifs.

le 23-08-2015 – à 17:38′ par IGIHE

Publié le 24 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 9 Commentaires.

  1. BAREKEBAVUGE Jean claude

    cantor ze nsanze uri babylon nta munyarwanda ou umurundi turi bamwe nize uguma ubizana nyamba ukunda uburundi ukanka Urwanda eka ùwaranyegewe peeeeeee ni dukunde akazi tube mumahoro je naho yoba umu sénégalais ; umutaliano ; umwongereza mbona ko ari umuntu ;change your mind

  2. Nkurumbi n’arabe aba presida bazi ico bahamagariwe gukora: gukunda no gukingira abanyagihugu arongoye. Kagamé arazi ceux qui manquent à l’appel hanyuma akabagwanira. I Burundi, abasoda muri Somalie baraheze, abanyagihugu, abato n’abakuru barapfa nta n’ijambo ryo kwigirisha avuga. Bref, uwomushikira amubwire ati: Hitler yarapfuye, Kadaffi, Ben Laden, Mobutu, et la liste est longue.

  3. u rwanda rukwiye gutabara u burundi vuba nkuko rwatabaye zaire kandi ntivyofata na deux semaines ba peter bagaca bafatwa bakarengutswa imbere y intahe

  4. Nkurunziza yasaze yisukira abanyarwanda azobaze ivyo bakoreye mobutu
    Ugira bomutinya gukorana ninterahamwe no kubafatira abanyagihugu nibintu atarakwiye gukinisha

  5. Nkurumbi ugomba utandukire Urwanda nago
    Abarundi wabamaze ariko ngira nagasema uriko hamwe nizonterahamwe zawe

  6. Barundi mwe, Abanyarwanda bamabisuka mubitabaraba, mu bica abarundi abanyarwanda nabo nyene barimwo toute ethnie confondue, none rero nikurikanura ntimusamazwe na banyarwanda bifuza ikibi ku Gihugu cacu. Mumenye ko abanyarwanda bafise iyindi culture, barafise ubwicanyi kubera Histoire de leur passée. Aribarya bomoka kubahunze 1959 canke aba bavuba 1994. Uburundi ni Gihugu kiri souverain nukuvuka abarundi barinda gucungera ama frontières ntihagire abaza gusongera isibe. Biensur ko aboba rwandais nimba batari bafise ivyangombwa vy’urungedo bategerezwa kwishura za interogatoire.

    • Mbe cantor wowe uvuga ngo abanyarwanda bita mu bitabaaba wowe wavugishije ubwenge,URwanda rufite droit kugwanirira abanyagihugu barwo bagirirwa nabi,naho kuvuga ngo abica abarundi nabanyarwanda barimo none bahindutse aba police baba rundi birrwa bica abantu na torture zubugome nkubwa hitrel,mbe wasomye report ya amnesty international kuvyo police na documentation vyuburundi bikora,aho ubera gito uriyumvira mu gihe uRwanda rwofata ingingo yo gufata abarundi baza mu Rwanda uko vyobangamira benshi,abanyarwanda ubavane mu kanwa kawe bafise indi ntumbero irengeye ayo mateshwa ubavugaho,uvuga bakora uzisanga warasaziye mu majambo yabapfapfa.

  7. basaze ubu nuwibereye muri sport baranyuruza.nsavye umuntu wese azobona bafashe uwundi azobimenyeshe aboba bamuzi canke muri benshi muvyanke namwe mutarashikirwa kuko kenshi batorwa ibiziga.bishobotse twiyubahe ayo ma poste yabo tu envaillisser dutuze izo ngegera

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :