Cinq ministres pro RWASA entrent au gouvernement

RWASA le traitreLe nouveau gouvernement de NKURUNZIZA est composé de 20 membres. 14 ministres sont nouveaux et 6 ont été reconduits.

Cinq ministres proches RWASA Agathon font partie de l’équipe:

  1. Jean Bosco Hitimana, Ministre de la Jeunesse, des Sports et de la Culture
  2. Jean Bosco Ntunzwenimana, Ministre des Transports, des Travaux Publics et de l’Équipement
  3. Serges Ndayiragije, Ministre á la Présidence chargé de la Bonne Gouvernance et du Plan
  4. Félix Mporerimana, Ministre de la Fonction Publique, du Travail et de l’emploi et
  5. Jeanne d’Arc Kagayo, Ministre du Développement Communal

Publié le 25 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 31 Commentaires.

  1. Mwihenze kuko na Ministre du Commerce est du camp de Rwasa

  2. Bayitwariye Kurutaro

    @ Nyabwenge «Que représente Gaston au Gvt?» Son ventre bien sûr. Comparé à ses occupations antérieures, le salaire de Premier Vice-Président est un pactole! Quant aux Burundais, ils sont évidemment le cadet de ses soucis puisqu’ils ont de toute façon refusé de voter pour lui — pas même pour un modeste strapontin au parlement de nkuru! Ce sera sa revanche pendant qu’il roulera carrosse à leurs dépens le sourire aux lèvres. Il sait qu’il doit absolument tout non point aux upronistes qui l’ont massivement rejeté, mais plutôt à un seul homme: pita mwenyewe. Il se comportera en conséquence.

  3. Nagire mbwire Déo nizigiyimana yagize commentaire le 25 à 11h01 ko Bikomagu yitavye Imana yomureka, kandi ninkuko iyo leta Adolphe atoyijamwo naho arusha ubukomeze négativement Bikomagu! vuga ibindi ntuvuge ivy’abapfuye, vuga ivy’abasigaye!

  4. Umaze kumenya Rwasa uwariwe womuha ibisumba ivyo yaronse ? Naho bari kubimwima yari kugiri iki. Ntibashobora kwizigira umuntu icavuze avant-midi atarico avuga apres-midi.
    Bashatse kwabafasha vyitwe ko un opposant principal ari kumwe nabo. Abantu bamwihenzeko kuva kera harimwo n’abanywanyi biwe.

  5. matwi rero yabaye umu FNL? Sha ntawuzomenya aho waguye, amaronko menshi azira amatwi, mugabo reka gutukisha abanyabugabira biwanyu

  6. Ariko matwi,, sha nawe ntakigenda kabisa, wewe imbere yawe n’amahera gusa, naho wofata amazira chose, we uracari muto ntaho azokugeza, kandi kuva kera tukiri kwishure vyaraboneka ko wikunda. Ubwo n’ubugugu kandi uzobupfana

  7. NDIHOKUBWAYO Floride

    Il y’a une erreur à la place de Jean Bosco NTUNZWENIMANA ministre de l’environnement, il y’a la ministre du commerce en la personne de Pélate. Le Ministre de l’eau est du CNDD- FDD. Quand est ce que RWASA va être conséquent dans sa prise de décisions? Aho amatora yaba yabwiye twebwe abamuyoboka ko atazoja mu matora ntitwaja gutora,bukeye kabiri twaguye mu gahundwe agiye muri parlement nk’imperekeza ata jambo kuko atabashingamateka bakwiye yajanye bivuye ko abamuyoboka tutitavye amatora. Igihe yaja muri assemblée yararahiye ararengwa ko atabantu biwe bazoja muri gouvernement, none yahawe abashikiranganji batanu kandi ahejeje gushima. Yemwe twe twakurikiye RWASA, twakurikiye ubwije. None yari yarindiriye ivyo kugira agire mariage na CNDD-FDD???Ese imitwe y’abarundi yakorotse izira we!!! Kimwe muri 2020 ntazoturondere, yaraye yerekanye ko yari arajwe ishinga n’umushahara, ntamu politicien arimwo. Amenye ko tumushavuriye.

  8. Vyizigiro Jean Claude

    On t’a menti mon ami!tekereza idutwar.kimw gusa dusabimana ibandany ituba hafi kuk muburundi harabant beshi bafis ivyiyumviro bipfuy nkukwo kwaw.koricujejw ibind bizizana.CNARED nayo bararazirana nindoto ntizishitse.komera mugenzi

  9. Mbega Ko Batamuhaye Justice, Défense,sécurité,education,agriculture Et Elevage Hoho Hari Ubuzi Kandi Hafata N Ingingo.Ewe Rwasa Ugiye Guheza Politique Nabi.Bientôt Tu Seras Rejeté Ni L Etat Ni L Opposition Personne Ne Va T,accueillir.

  10. Mbega Iyo Leta Ya Moins De 24 H Yoyo Ni Nyabaki??Nkurumbi Niyidigadige Nyene Akanyuma.

  11. Bien Fait!Wait And See.

  12. Mpemukendamuke Agathe

    Rwasa s’ est fait rouler dans un sac de farine. Le CNDD FDD tient à affaiblir le FNL par tous les moyens. Rwasa et ses meilleurs cadres sont maintenant placés sous l’ étroite surveillance du CNDD FDD. Quant à leurs militants à la base, ils n’ ont aucune protection et continueront à se faire massacrer. Rwasa s’ était révolté contre le fait que la 2ème vice-présidence de la République ne lui soit attribuée. Pour le faire taire et le mettre en garde, le CNDD FDD a éxécuté 4 de ses militants près d’une position militaire. Cette tactique du gouvernement va se poursuivre aussi longtemps que Rwasa ne se soumettre pas totalement au CNDD FDD. Les militants du FNL Rwasa sont dans la confusion totale. Il leur faut un autre leader et une idéologie adaptée aux questions du jour. Rwasa pourra ainsi adhérer librement au parti qui a comme symbole la machette que Rwasa aime aussi. Les Batutsi le savent même quand ils viennent se réfugier au BURUNDI(Banyamulenge).
    Dommage pour l’UPRONA véritable qui s’ est associé avec un faux partenaire.

  13. Qui Vivra Verra

  14. Edward Ndayiragije

    Nukuri Rwasa ni mumureka,,erreure yaguyemwo 2010 , ntayo yosubira kugwamwo ,,mwibagiye ko barya bose bo muri opposition bagumye bamukumira, kandi bose bafise situation bancaire,,baratwaye bafise uburyo,, none mushaka rwasa apfire mu bukene erega nawe arakeneye aho yisumamwo abone no kugarura umugamwe wiwe FNL jacques yanyonyeje,,kandi abantu benshi si urukundo bamukunda ni abashaka ku mucako kugira bironkere ivyo baronka,,

    Ikindi gikomeye na ntaryo Rwasa be na gahutu Remy ivyo bagwanira ko umuhutu nawe yishira akizana vyarabonetse,, murabona ko ubu umuhutu nawe aja kubutegetsi agatwara tant bien que mal. 1993 abatutsi ntibari bwategere ko umuhutu yoshobora kuba Président murabona ko Ndadaye baciye barigata. En plus ku ntwaro za ba BAGAZA na BUYOYA,, umuhutu yari nk igicibwa , mu vyintwaro à peine yaronka ubunyumbakumi agize ariga amashure ba mushira muri za COUTURE canke GUKINJIKA or Abatutsi bariko biga amashure meza. Aho rero abatutsi bi Bururi ntimwibagire ko babona abatutsi bahandi nk abahutu,, hanyuma abahutu bi Bururi bakabona ko basumba abatutsi bahandi,, Umuburamatari avuka nki bururi yarinamura akaza gutwara nkintara yi gitega.

    Ivyo rero nivyo Rwasa yagwanira,,kandi ubu vyaraheze niyicare nawe afungure yumvirize ingene bimeze kandi murundi arikuriye nta 40 ans yo kubaho asigaje (cfr Espérance de Vie ) Ivyuko abahutu baguma bapfa hatwara abahutu,,nabatutsi hatwara abatutsi barapfa,, kuko pas d’amis en politique seuls les intérêts comptent (Cfr Machiavel)

    Ubu umuhutu arishira akizan nk uko umututsi yishira akizana,, Abahutu nabatutsi barahangamye kubutegetsi,, nkuko abahutu na batutsi bariko barisuganya muri opposition ngo bagwanire accord d’arusha,,iyo ni evolution ikomeye aho abahutu na batutsi dushobora kubona ikibazo kumwe,,bisigura ko ababirigi bari baduciyemwo,,,mu burundi dufise ubwoko bwabatunzi nubwabakene gusa.

  15. Que représente Gaston au Gvt?

  16. Rodrigue Nkengurutse

    Ce qui est incroyable et étonnant c’est un gouvernement qui preste au cours d’un autre mandat non encore terminé, est c’est possible? Sans violation de la constitution?ce qui est fort surprenant, Ce gouvernement a apparu sur @bdipresidence à 23h du 24 Août et la prestation à 11h du 25 Août c’est à dire dans moins de 12h après sa nommination.

  17. Abanywanyi ba Rwasa babamariye kugomba, nawe arigaramiye. Reka bamenye ko politique atar’ukumenya gutema..

  18. Burya umwanya nikintu gikomeye,twomera nkabatenyenya gato umwanya woduha inyishu,Abarundi barayamaze ngo KURYAKIRA NTIBIGOYE NKOKURIGUMYA.

  19. Oscar Nizigiyimana

    Ce Ministre de travaux publics n’est plus pro-Rwasa

  20. none ko batavuga abo kwa nditije nabo, tubwire abatutsi banditije iyo bari.
    ni bagira gouvernement y‘ubumwe muribuka muhe n‘abo kwa BIKOMAGU nabo.

  21. AMARONKO MENSHI AZIBA AMATWI. NABO BARAKWIYE. KORA CANE RERO URABE KO 2020 UZOTWARA LE PAYS.

  22. Rwasa !!!waraduhemukiye kandi ari ww twari tuzi ko utegerezwa gutsinda amatora!!!none raba ntaco aba DD baguhaye!!!!Ewe maraso yabana bacu yasesekeye ubusa!!!!
    Rwasa urahemutseeee!!!!!
    Uze wererwe!!!!

  23. Quel malheurs uwarushe ntaruhuka aho ministere mbona ufise nimwe nsa bonne gouvernance.nico wamariye imyaka niyindi mwishamba depuis les années 80?aho na Buyoya I yari kuziguha nimba arico waruhiye ugasazira mu kibira akabi gatwengwa nkakeza.

  24. Hasigaye kumenya niba koko ari Rwasa yatanze amazina y’abo ba Ministres. Autrement, avec ou sans Rwasa, la machine DD continuera à tourner en écrasant les FNL et autres anti 3ème mandats sur son passage.

  25. eka rwasa baramugemye dd ntabugenzi ndake

  26. ewe rwasa barakwikuye!nne matwi yaje iwawe ryari nuko nawe mabay dd

  27. Iyo leta jewe mbona atakimeze,namabi masa

  28. Eweeee Gwasa sha! Ntakintu uronse: abo baministre 5 ntanakimwe bashobora gufasha le parti be n’abanyanyi bawe.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :