Discours à la Nation de S.E. NYANGOMA Léonard (26 aout 2015)

Discours à la Nation de S.E. NYANGOMA Léonard (26 aout 2015)
Exclusivité BUJUMBURA News

P+001 P+002P+003


Document en PDF

CNARED, ijambo rishikirijwe na Nyakubahwa NYANGOMA Léonard ryo kuwa 26.08.2015

Publié le 26 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 24 Commentaires.

  1. Imana itugirire vuba ikure u Burundi mu kajagari,tuzajye tubon’aho dususurukira.Jyewe nikumburiye Lac Tanganyika,agatoki kokeje,n’indagara zumye.Ka karirimbo ngo ‘Ewe Burundi,ndakuririmbeeeeeUsa n’izuba rirashe mu gatondo,usa n’amazi y’umusararaaaa.
    Naho uwundi muririmbyi ati »Imisozi yahoooo,n’akaroruhore,……
    Mugire Imana,n’amahoro.

  2. Jyewe nibaza ko Abarundi babishatse bakabishiramo inguvu,n’ubgenge bafite,bashobora guhindura amatwara y’iriya ngoma y’igitugu ya Nkurunziza.Abasenga nabo,bamenye ko hari proverbe ivuga ngo »Aide-toi,le ciel t’aidera.Igihugu n’Imana yagihaye Abarundi bose,ar’abatwara,cyangwa abatwarwa.Muri Africa,dufite ingeso yo kwibaza ko igihugu aricy’umutegetsi,maze abaturage bakaba nk’abacanshuro,sibyo.Abategetsi bagomba kubaha abo bategeka,bakamenya ko batabarusha ubgenge bgo gutekereza.
    Banyirigihugu baramutse bagumutse,naho warasa bingana gute,amaherezo nibo batahana intsinzi,kandi ntawakwica abanyagihugu bose ngo abarangize.Hari abandi babigerageje,ariko amaherezo,barataye baromoka,na nubu baracyazerera isi,abandi nabo baracyabundabunda mu mashyamba.Nkurunziza rero yitonde,isi iramubona.

  3. Nabise abandi areke kwangaza nukuruhisha abantu.

  4. Jewe nta nahamwe negamiye ni kaguhanura.Baba abari muri opposition baba abashigikiye leta bose bari abavukana naho batagomba kuvyemera.Jewe rero sinumva ingene izo mpande zose zigeze aho zibwirana amajambo ateye isoni erega haracariho abantu tugifise urupfasoni tutagomba kwumva ama commentaires muvuga ateye isoni.Ehe rero nta muntu numwe kuri izo mpande zibiri yovuga ngo arakunda abarundi atariko abahanura kuganira kuko hagakoreshwa inguvu muzoba mubona ama dégâts azoba.Murazi ko umuravyo urabije ukavuga go mara abansi n’abakunzi barajana.

  5. Basabose Paris France

    Il ne faut pas rêver: Nkurunziza n’a nullement l’intention de prendre le chemin des négociations! Il faut le contraindre d’une manière ou d’une autre. Et ce n’est pas par un discours si musclé soit-il. Il faut désormais des actions coup de poing. Sur le plan diplomatique, le premier coup du Cnared serait d’obtenir l’expulsion de tous les représentants du nouveaux régime à l’étranger, l’interdiction de séjour au proche de Peter, les avis de rechereche du CPI, etc. Sur le plan économique, l’électrochoc viendrait du gel des aides financières. Sur le terrain, le Cnared se doit de marquer sa présence d’une manière: taper sur les principales sources de rentrée financière: les sites de production des alcools, les centre de stockage des carburants. Qui veut la paix, prépare la guerre disaient les romains.

  6. ibikorwa nivyo dukeneye

  7. Icotwemeza ko nawenyene ahashitse atazokora nkuko nigiki? navugishe ukuri nawenyene akeneye kudya nkabandi. nimba akunda abarundi ntiyotwereka imigambi yo kwiteza imbere atabanje kumukura(peter).

  8. Iyo misega buca yomoka ihunge ite yomoke. uwaroze Peter ntiyakaravye. Nyangoma l’incorruptible, wewe nupfe kuvuza ifirimbi ico twikorera, iyo mihimbiri yigize utumana tuyifatishe iminwe. Aho arekura urutwe rumoye narorere gatoya, ce n’est que question de quelques jours je te jure.

  9. Vyoba vyiza tuvuye mumajambo tukaja mubikorwa.Erega abobagabo barikurushi nibo bodutera ubwoba?Habe nagato.Nimutuje imbere turwanye iyo mihimbiri yigize utumana.Bica bagakiza

  10. Lion, praise the lord in Jesus name, Congratulations Lion, Nashimye gose iyi nyigisho uhejeje guha Abarundi. Wavuze ko ufise Esprit de discernement oh Yes.
    Iki gihugu cacu Burundi cicaye spirituellement kuri Esprit malefique kubera abakura mbere bafashe amaraso bica benewabo donc il faut que spirituellement urinda guhenura irya fondation spirituelle iri maudite. Gukura Nkurunziza physiquement siyo solution.
    Haracariyo abateye umuvumo nka ba Simbananiye , Buyoya et j’en passe… bacidegevya
    Uri fort mubisabisho ni holy spirit yonyene kwizina rya yesu irinda gukura urya muvumo.
    Abo nabo bakivuga nabi ba babariko barisema bonyene kuko umubiri ntushobora kurwanya ibintu biri spirituel. Mana yanje kuraho iyi fondation malefique ku Burundi kwizina yesu.

  11. NDABARAMUKIJ MWESE MUKURIKIRANA IBIBAZO VYO MU BURUNDI. NDAHIMBARWA NO GUSOMA ICO UMWE WESE YIYUMVIRA YABA ARI MU GIHUGU CANKE HANZE YACO. NI VYIZA. NIPFUJE GUSABA ABANDIKA BOSE KUZA AVUGISAHA UKURI KUKO ABARUNDI BO KU BA BIRIGI CANKE ABADAGI NTIBAKIRIHO SIVYO GUSA ICIYUMVIRO CUMUNTU ARI INYUMA Y I IGIHUGU GUTANDUKANYE CANE NUWURI MU BURUNDI KUKO NTA UWUBA MU BURUNDI ARIPFUZA GUKORA IVYIWE AGATUNGA UMURYANGO WIW. SIS VYIZA KWANDIKA NGO ABARUNDI TUKURI INYUMA TWESE WW WIPFGUZA UMUDUGARARO MU BURUNDI. REKA GUHENDA AMAKUNGU ARIKO TUVUG UKO BIMEZE HAMA AMAKUNGU AMENYE UKURI SINON TURIMWO TUYAJURAGIZA.

    • Reka reka ntanumye ashaka Kubaho abona abantu bica abandi babaziza ukwimana yabaremwe ,canke ngo yironkere amaronko wenyene.Ahubwo ubu nugukoresha za bombe natwe turi hanze tuzotaha kurwana ,tubohore igihugu cacu, tuze tugisire abana bacu gishobora gutera imbere,abapfa bapfe abozosigara baze babeho mu mutekano niterambere, hako woribwa ni mvunja imwaka woribwa ninkovu yaryo

  12. itegure nabandi turiteguye; ntawicaye; ntawugoheka.

  13. Ingo rero mu Burundi mumukure. Abarundi 69% baramutoye. 31% ntana kimwe mushikako. Ingwano abarundi barayisezeye.

  14. Les moments comme ceux-ci sont propices pour exercer à fond Ubushingantahe. Le Burundi a souffert depuis longtemps. Chaque fois qu’il y a une crise, il y a toujours ceux qui se proposent de ramener les choses en ordre et qui sont même prêts à utiliser les moyens forts peu importe ce que cela leur coûte.
    Mon point de vue est ceci: Peter et les siens vont partir, je n’en doute pas, et très bientôt!
    Mon problème est ceci: les successeurs en qui les burundais miseront beaucoup d’espoir prendront le grand siège tellement convoité, les burundais diront Ashiiiiii!! Quelques temps après, le même burundais qui l’a aidé à s’installer confortablement sera oublié au point d’être traité moins qu’un chien ou un animal à l’abatoir!! C’est toujours le même sénario qui se répète. C’est triste non?
    Je me fis beaucoup des paroles des politiciens burundais, je suis complètement découragée.
    On n’a plus de bashingantahe au Burundi. Avec le respect et honneur que je dois aux burundais, on n’a plus assez de bashingantahe, on manque de leader, on manque de vraie patriote, on manque de vrai politiciens.
    Celui qui viendra commencera à monter sa maison, ensuite une autre, ensuite une école personnelle, ensuite une entreprise personnelle sans oublié un grand compte bancaire à l’étranger,.. Ensuite, au lieu de miser sur la compétence, le leadership, la vision de développement,..il s’entourera des siens, eh mama ngo uva he, eh mama ngo uva mu bwoko ubuhe? eh mama ngo ndaguhe akazi et voici les conditions,.. pauvre Burundi, pauvre burundais. Tuzokizwa n’iki ga mana ya Abrahamu, Isaak na Yakobo? Mbega Mana waribagiye uburundi?
    Beaucoup de pays avancent sérieusement vers le développement, s’inquiètent sur le sors des citoyens, veulent laisser les traces de développement général et non la richesse personnelle, ouf, uwovuga yosarara, notre pays fait pitié, agahinda, intimba, umubabaro, umwijima, iseseme, ikigongwe, ukwihebura,.. ariko ntitwibagira, IMANA IRACARI IMANA!!

  15. imana iyo iriko irakora abantu benshi ntavyo babona ,uretse abo imana iburiye canke abafise iyo ngabire yo kubona ivyikinze (esprit de discernement)!buhorobuhoro ,gakeke ,polepole,comme si rien n’etait!saba imana ibahe kubona nkivyo ndiko ndabona kuvyerekeye iri jambo ry’iyo ntwari

  16. Nyangoma wampaye muzinga ubu uze uzane zaruhonya nganda dukubite iyomisega isigwa na dolufu

    • ndababurire bantu b’imana ! imana ntiyaremye imisega , yaremye abantu. muyandi majambo muravuga ko imana isa n’umusega kuko umuntu yaremye , yamuremye mw’ishushu yayo. mwirinde mutikwegera ivyago n’abo mufatanyije mwese . kandi sinkekeranya , mwitegure kwakira ibihwanye n’ivyiyumviro vyanyu.

  17. Mushingantahe Nyangoma n’abo mufatanije. Twashaka kubamenyesha yuko ingwano y’amajambo twayihaze. Dushaka utubwire pratiquement ingene wodufasha kugira tugwanye iyo twaro y’agahotoro.

  18. Ijambo ni tyiza mugabo ubu tukeneye ko mwinjira mukamwirukana Kubona nuyu musi aguma yica abantu nkuko womenga niwe yabaremye nukuri yarakwiye Igihano hamwe umuntu wese azobirabirako kakaba akarorero ku barundi bariho na bazovuka
    CNARED relo nishike ku kivi yashinzwe n Abarundi kugira ibakure mu buja bashizwemwo ni
    ntwaro mbi ya nkurunziza na cndd fdd Maze Ubutungane bube UMUSHINGE W AMAHORO MU BURUNDI

  19. imana niyo nkuru muri vyose

  20. Iri jambo ni ryiza, muhe Nkurunziza gushika ejo 27/08/2015 kuba yasohoye itangazo ryokwemera ibiganiro. Atarivyo naho, muje imbere abarundi tumugwanye twivuye inyuma n’inguvu zacu zose. Na Rumariza, abadage, ababirigi n’izindi ntwaro zagahotoro zabaye muri ico gihugu zarataye ziromoka. Nabonyene bazogenda vyanka bikunda. Murakoze

Répondre à lion Annuler la réponse.