Les hauts gradés de la rébellion posent pour notre correspondant (images)

Les hauts gradés de la rébellion posent pour notre correspondant

Publié le 28 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 13 Commentaires.

  1. Umukunzi wamahoro niterambere

    Mbe Abarundi n´intambara muzovavanura ryari?Ibindi bihugu biri mu mivuduko y´amajambere namwe mukagira imivuduko yo kumena amaraso y´abanyagihugu!Umwanya wo gusesa amaraso waraheze, ubu numwanya wokwiyumvira ingene twokubaka igihugu cacu kikamera nkibindi bihugu biteyimbere.Ivyo vyiyumviro mufise vyugutera uburundi ntibihezagirwe kandi biragatsindwa! Namwe muri mubutegetsi nimba mufise ivyiyumviro vyukumara abo mutavuga rumwe mu vya politike Imana ibavume.Ico mwomenya coco nuko mwese muzofa uburundi buzogumaho..

  2. qui veut la paix prepare la guerre!si non pas de paix veritable

  3. None aho ivyo bisigura iki? Jewe mpisemwo kuguma ku mavi Umwami wacuYezu yatsindiye ku musaraba.

  4. Nyaruka Basha Mudukureko Urusyo

  5. Bazobahendahenda bati nguriya k’umusozi ntimuzemere kuk azob ar abayovya.

  6. On a pas besoin y’ Intambara mu Burundi Please!!!!!
    Stop it!!!!!!!!!!!!
    Abana bacu nabo, kuki mutabibaza ho?
    Imana Izigame Uburundi n’ Abarundi.
    Mwame mwibuka ko uzotwara wese tuzomusengera n’uko dosengera S.E le President de la Republique Nkurunziza uiyu munsi ngo Imana yo mw’ijuru imirinde icoza gihungabanya umutekano wiwo ariwo w’abanyagihugu.

  7. Africa Stand Up!!

    Kaze benewacu turabiteze!!!!Ariko ko mutevye none??????

  8. ntimwonyaruka none natwe turabiteze nigishika cishi kuko nkurumbi yaturuhij

  9. Amazina yabo?

  10. none bitandukanya gute nabatari rebelle kugira umunyagihugu ntibamuceko?

  11. ndabinginze munyaruke turarushe muzosanga batumaze imana ibaje imbere muntsinzi

  12. Rose Hakizimana

    Nous sommes le 29/08/2015 vous nous montrez des photo arlors que Nkurunziza contunie
    a tuer comme il se donne une habitude depuis 2005
    turindiriye ko mushira mu ngiro ikikogwa co gukiza Abarundi

  13. Etienne ninteretse

    Les rebelles

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :