NYAMITWE confirme la mission de RWASA auprès de MUSEVENI pour le compte de NKURUNZIZA

NYAMITWE confirme la mission de RWASA auprès de MUSEVENI pour le compte de NKURUNZIZA

Willy-Nyamitwe_0

Publié le 29 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 13 Commentaires.

  1. itegeko iyo rihonyanzwe,ibibi bibaho vyose birakurikira.ntakintu nakimwe gikogwa kidafise itegeko rikigenga.iyorero uwujejwe gukingira ayo mategeko,ayahonyanze,ivyo umuntu atahora azi ko bibaho,aca abibona.ntimutangazwe rero nivyo mubona mutahora mubona.haboneka inyama,iyo urushato ruvuyeko.iyo umuntu akiriko arahonyanga amategeko,umengo ayo mategeko,afise inguvunke.ariko uza kumva inguvu zayo iyo nayo aguhonyoye.uwumva niyumve.

  2. Barundi Barundikazi,
    ndabasavye ntimurondere ingorane aho zitari. ingorane ni ukurenga amategeko agenga uBurundi, Constitution en brigant un 3eme mandat. Imana kera yagiranye amasezerano na Adamu na Eva, hama na Israeli. igihe cose yagenda ibabwira ati nimwarenga ivyo muzopfa. Ubu rero amasezerano abarundi bagiriraniye yarenzwe. nico gituma ivyo biba

  3. Hari ikintu mwibagira Burundi is for Burundian ntamuntu akwiye kwitwaza democrasi abanje kwiyaka independance .kugira umuhuza nivyiza ariko haguma construction national dignity.
    Umuganga aguha umuti mugabo niwewe uwunwa.umuntu niwe muhinga kungorane ziwe.Muburundi dushatse amahoro yorara abonetse. Abo bahuza mwibaza Bari kuri manda yakangahe mubihugu bavamwo.ntiduhendwe reka reta ikore ariko ikorere abanyagihugu bose. Rwasa nabandi batware ubagire inama hari ico bakoze nabi ariko ntituvuge ngo Nyamitwe simusahaka kuko ari nyamitwe ahubwo vuga uti kosoraha. Umurimyi ngo ibwirizwa nshingiro ryarenzwe hari copy yibwirizwa nshingiro ryatanzwe kumitumba?reka kuburagiza abarundi baruhijwe nubukene ntibakwiye gusubira kwiruka mumahwa badafise na rugabire( shoes from car’s tyres).basanzwe bakiri muri nyakatsi kuku boja gusubira mumashaba.
    Humuriza abarundi mugabure ivyicoro ariko umurundi agire amahoro.

  4. Abarundi baragayana cane , niyo mpamvu ata démocratie ishoboka i Burundi kuko hariho abiyumvira ko bari spéciale , ko bataremwe nk’abandi , ko amazuru yabo avamwo amata. Hazokwama hakoreshwa inguvu uwunesheje ahotore uwundi .

  5. Nyamitwe yaronse diplome yukubesha ntanakimwe avuga c ukuri
    CNARED nishireho inzego kugira ije iratumigwa mu manama ya Onu ya union Africaine
    Est Afrique nayandi gurtyo tuheze turabe ko Amakungu yofasha ko Nkurunziza agenda ata maraso asesetse
    Bariko bakoresha Rwasa muri Dipromatie kugira ibindi bihugu bitebe vyemere Nkurunziza
    CNARED nitebuke kugira ibishuze ivyo vyose bariko barabesha

  6. Il est urgent que le CNARED constitue un Gouverment en exil et se faire reconnaître au plan national et international afin de disposer des moyens d’action qui lui permettent de bousculer l’ancien chef d’état Nkurunziza qui veut se maintenir au pouvoir par la force. Aucune hésitation ne doit empêcher les burundais à passer à cette étape avant que l’usurpateur de NGozi ne commence à devenir un partenaire pour ceux qui l’ont renié depuis qu’il a cessé d’être légitime. On connait la versatilité et les aléas de la politique internationale. Donc il n’y a plus de temps à perdre. Le Burundi a besoin de ne pas couler.

  7. Rwasa, a essayé de mentir à la Burundaise (ndabibona), mais en réalité, il contrôle pas grand chose actuellement. Ses hommes sont dans le maquis, il se retrouvera sans rien avec un autre leader. Il faut aussi comprendre,cet homme a beaucoup de problèmes au niveau de la justice Burundaise et internationale. Selon moi,il continue de s’enfoncer au lieu de montrer ce qu’il est.

  8. Voila, guha umwana izina ryiza bigira ikimazi. Imana iguhezagire Mr Nyamitwe. Amategeko ategetrezwa kuba applicable kuri bose sans exception. Et en plus si vous avez dit qu’il n’y a pas la Justice au Burundi il faut que le Burundi prouve a ce Communaute Internationale que la justice est belle et bien applique au Burundi et a chaque persone qui en a besoin.
    Kudahana imbwa kugwiza imisega. Murambabarira si je nabivuze, vyavuze basogokuruza.

  9. imbwa yarihuse ivyara ibihumye

  10. INZIRA YANYEREYE NTIYUMA…..

  11. abo bagabo babiri bava ku musozi umwe n’ubwoko bumwe bagiye gukora iki, ahubwo ni batanguranwe, burya rwasa petero ntibikunda, ou bien ni rwasa yasa indwi,, canke ni petero yihakanye yezu na adolfe mudagi, ubu rero turindiire avuyeyo ntazobura ako atwereka y’ibikiye, nawe arusha petero , aho yakabereye mw’igongo, aje ahabona areke gutwagwa mu kwaha nkisaho irimwo amahwa, tanguranwa, canke amwereke we ntarazamwo .

  12. S’ils ont envoyé RWASA ils savent pourquoi mais de toute façon ils n’arriveront jamais à s’entendre tant que l’objectif n’est pas réaliser

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :