Au Burundi, l’opposition harcelée

dsc_0033Le Cnared proteste contre le harcèlement de ses membres. Le Cnared, c’est la nouvelle plateforme opposée au troisième mandat de Pierre Nkurunziza. Celle-ci est composée d’anciens du régime, d’opposants et de responsables de la société civile. Cette semaine, deux de ses membres ont connu des déboires : l’ancien porte-parole du parti au pouvoir Onesime Nduwimana, qui vit aujourd’hui en exil, a été retenu à l’aéroport de Bruxelles jeudi 27 août, et l’hôtel du président du Frodebu Nyakuri, Jean Minani, où il vit habituellement a été investi par la police.

Pour le porte-parole du Cnared, Pancrace Cimpaye, ce harcèlement met en péril de futures négociations entre le régime et sa plateforme : « Nous protestons vivement que l’hôtel de l’honorable Jean Minani qui est un conseiller envoyé spécial du président du Cnared soit attaqué. Ils ont encerclé son hôtel. Ils ont vandalisé parce qu’ils ont forcé les portes pour rentrer croyant que le docteur Jean Minani était à l’intérieur. Mais il n’était pas là. »

Par ailleurs, continue la Cnared, « nous protestons une fois de plus contre l’incident que l’honorable Onesime Nduwimana a dû subir à l’aéroport de Bruxelles, jeudi. C’est peut-être une liste noire qui a été donnée par le gouvernement de Bujumbura. On a signalé que son passeport devait être saisi. Alors il a été présenté comme un criminel. Mais vérification faite, on a trouvé que c’était pour des mobiles fallacieux politiques. La protestation est d’autant plus grande que toutes ces mesures sont faites par un gouvernement illégal. »

« Nous prenons à témoin la communauté internationale contre ce harcèlement de ce membre de la Cnared, lance encore Pancrace Cimpaye, alors que précisément le Cnared a comme option de tendre la main au pouvoir de facto de Bujumbura afin qu’on puisse discuter que ce harcèlement est de nature à ne pas faciliter honorablement les négociations de sortie de Nkurunziza. »

le 30-08-2015 à 11:18, http://www.rfi.fr/afrique

Publié le 31 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 12 Commentaires.

  1. TURAHAZEKO UBURUNDI BUBA URUBUGA RWA BA NSUMIRINDA ! NONEKO BAMWE BIBA AMATORA ABANDI BASHINGA GOUVERNEMENT PARALLELE, BIZOHERERA HE? UBURUNDI BUZORONKA AMAHORO MU GIHE IBIGEGA VYAHORA VYIZIZIWE N’AMA SIHA BIZOBA BITAGISESEKAYE.

  2. Rose Uvuze Ukuri Sha Imana Iguhangaze.

  3. Nkubaze Kandi Iyo Mana Uvuga Niyotuzi?Uwuvuze Niwe Yirirwa Arica Abene Burundi?Ahubwo Imana Dusenga Ikubabarire Cane Wewe Wigira Intama Nawe Uri Intambwe

  4. Bwarikindi Pierre

    Mr Mario , Nkurunziza n’umukuru wigihugu cahe ? Ukaba utazi gu conjugaison yo mukahise, urasubira kuyiga, Nkurunzi za n’umurundi yahoze atwara igihugu, mukahise, yatowe rimwe gusa, 2005, 2010 yiba amatora , ubu rero abarundi baramuhinyuye, on n’a pas besoin des des délinquants dans un Etat de Droit. Sa place est ailleurs. Yaratemvye hari harengeranye….

  5. Ico mpanura nukwo mworungika umuntu mu Bihugu vyose bishigikiye nkurunziza kugira diplomatie yivyo bihugu imenye kandi yumve ko iriko irata umwanya ko kandi iivyo Bihugu vyokwumva ko abemewe ari CNARED Birashoboka ko baca babasaba uyiserukira gurtyo baca babona ko ivyo bairiko bumvikana na nkurunziza
    ko kandi ivyo bazoba bumvikanye bizoba imfagusa Ubu harageze ko Incabwenge zacu zerekana ico zimaze mu gusubiriza mu ndumane Uburundi kuvyiza bwabakoreye mu kubacisha ubwenge Mutegerezwa relo kwerekana ico murushije abandi mu gukura mu kaga Igihugu cacu CNARED relo ijejwe kubaha intumbero
    Natwe Abanyagihugu twiyemeje kufasha umwe wese kuco ashoboye kugira Uburundi bwacu buronke amahoro

  6. Mana mana yabitewe nishavu mubabarire!!! Mugabo ubonye ivyo muriko murakora mugihugu abantu bazira ubusa,abandi bangzwa!!kubintu biri claire et net!!!non au 3 mandat!!! guhamagara bose bakitoza ata problème!!!!pour le partage et l dvpment du pays nunva ari bito.Nanje nunva nuvuga nabiiii kubera ishavuuuu!!!! Muga ndifasheeee kubera kwihangane kurashikana umutsiba kumugeziiii!!!!

  7. Pourquoi chercher a negocier avec un assassin?mais au contraire il faut qu’il soit chasse a coup de force. Les negociations n’aboutira a rien sur mujeri.imbwa imaze gufata igufa mwjjigo,kurikurayo bafata ubuhiri.si non,nkurumbi na lachera pas.

    • @Nduwimana P. Claver, nimba umukuru w’igihugu ari imbwa nawe nyene iri imbwa. Ako kagaye niko kazotuma ata mahoro aboneka muri kino gihugu cacu.Abantu bavuga nkawe mukwiye kwisubirako kuko nimwe muhungabanya umutekano w’igihugu. Imana iguharire.

      • ukuvuga mujeri canke imbwa ni nkurunziza yama avyivugira niyo majambo azi kuvuga
        Nduwimana P Claver ntiyatukanye kuko nkurunziza ntakindi azi ntanico ashoboye
        atari kwica kwiba kunyaga amatongo kupfunga n ibindi bibi ntokwiza ngaha uwomwita ayo mazina akunda ntiyoba yihenze
        Ariko CNARED nireke kwihenda ngo irindiriye ibiganiro igirana na nkurunziza nirondere
        izindi strategie nayo ibiganiro ntavyo izoronka ikindi nimurondere ababaserukira bari mu Bihugu vyose kuko dans chaque pays tufiseyo abarundi kandi b incabwenge gurtyo
        abaserukira nkurunziza baca birukanwa komeza cane diplomatie gurtyo
        Ikindi nugusaba ababashigikiye kuja gukingira Abanyagihu bicwa ukwo bukeye ukwo bwije nukukura ibigwanisho mu banyagihugu nkurunziza yahaye imbonerakure Ikindi nukwo hogira abaja kwicara imbere ya ONU kugira itebe yihanure irungike abaja kutabara Uburundi kuko nkurunziza ashaka kubuta mu kaga tel 587 520 9749
        merci

      • Ewe Nduwimana Numwivuge Wewe Yahaye Hama Uzopfa Kandi Buvuga Ukuri Kandi Naho Uri DD Umwanya Wanyu Uriko Urarengana Wait And See

      • @marion, Nkurumbi ni imbwa kandi ntakiri umukuru w’igihugu. Nimba warabonye ivyo yakoze aya mezi ane aheze, womenya neza ko amatwi yiwe atumva na gato. Batamugize nka mwenewabo Dolufu ntazohava, nibaza ko ariyo langage yo comprena

      • Wewe Marion Lamontagne : uvuga ko akagaye ariko katazoteza imbere uburundi ? Ako kagaye ni sobuja Pierre yagatanguye mu gusuzugura abarundi bose, n’abanyamahanga. Pierre ntiyumva, ahonyanga vyose, n’umusuma, ara tortura, n’umwicanyi, n’ikinyw’amaraso. Ubabajwe lero n’uko bamwita imbwa? None umuntu nk’uyo wewe womwita ngw’iki ? Ubuntu burihabwa kandi ntiwibagire ko atakiri umukuru w’igihugu. Abakir’inyuma yiwe bakimushigikiye mwese twobita ko muri ba mujeri.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :