Fouilles perquisition dans toutes les trois communes de la capitale Bujumbura

https://i1.wp.com/www.isanganiro.org/IMG/arton9748.jpgDans les quartiers de la capitale, la fouille perquisition est un fait devenu quasiment quotidien. La police indique que c’est un travail de routine.

Depuis le dimanche soir jusque dans l’avant midi de ce lundi, le quartier de Jabe de la commune Muha est bouclé par la police. Depuis le début de l’opération, personne n’entre et personne ne sort. Le porte-parole de la police indique que ce quartier a été quadrillé par la police pour y chercher des armes. Pierre NKURIKIYE explique que suite à la saisie de 3 fusils Kalachnikov et beaucoup de cartouches et effets militaires de ce dimanche que la police a décidé de fouiller ce quartier.

En moins d’un mois, c’est la seconde fois qu’une fouille perquisition de grande envergure est opérée dans le quartier de Jabe. Au début de ce mois d’août, le siège de la police dans le quartier de Jabe a duré 2 jours et 2 nuits. Aucune arme n’a été saisie mais une vingtaine de personnes ont été arrêtées.

Une fouille perquisition a également eu lieu ce lundi dans la zone Musaga de la commune Muha. Un policier a été blessé par grenade au cours de cette opération.

La police a aussi effectué une fouille dans les zones Cibitoke et Kinama de la commune Ntahangwa.

Jusque dans la mi-journée de ce lundi, la police disait qu’il ne disposait pas encore d’un bilan définitif des fouilles perquisitions opérées dans la capitale depuis dimanche soir.

Ces derniers jours, la police multiplie des fouilles aussi bien dans la capitale Bujumbura que dans les principales villes du pays. Si cela écœure les sujets de ces opérations policières, le porte-parole indique qu’il s’agit d’un travail de routine.

Isanganiro , lundi 31 août 2015  à 13 : 41 : 00

Publié le 31 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 12 Commentaires.

  1. uwo yitwaza ngo basake inkoho mu Kamenge na Kinama, amaze kumva havugirayo zingahe? barya barazi umugambi w’amahoro icarico.

  2. Mbega aho bamaramara bata ishavu kubatazifise,nibagende mu kamenge aho dolofo yazitanze.Kuberiki kamenge batajayo?Mbega ko jabe na musaga bahasaka imisi yose bamaze gutora zingahe?nizo bigira ngo bahatoye nivyo baba bariko bararementanya uzi ko irementanya ariryo ribatunze.Hari abo babitanze irivyo bazicishwa kandi bakicwa nabon nyene babibahaye.

  3. Abarundi aho bari hose nibahaguruke tusubire mu myiyerekano kandi cette fois tuhagurukire amakungu kuko barazi ko nkurunziza yatanze inkoho none aguma yica abantu
    Ikindi nukwo abantu bose mu ma quartier yose abagore na bagabo abahungu n abakobwa
    bobakwama bafise amabuye kugira abo ba polisi ntibasubire kwinjira kandi banke ntibasubire kutwara numwe
    Nibamenye kwigwanira kandi ubu izo nzego ziriko zikorera ababandi muzanke ntimusubire kwemera ivyo babategetse
    Nayo ahandi mutigwaniye ntnumwe azoza kubagwanira il faut ko abarundi babimenya kandi
    noneho leta yarerekanye ko mutari mubo batwara ntaco relo mutega amaboko ababica
    Ikindi nukwo Abarundi bari bahanze bokwiga ingene boja kufasha kugira ntibagume batwicira benewacu na bana bacu haguruka mugwanye abicanyi

  4. Barata umutwe aho bazirondera aho zitari ntiboja iyo bazitanze Aho bicura ko ayo ma quartier yoba azofasha kugira nkurunziza agende Mugabo barihenda azogenda kuko yagize cout d etat azokugwa na cout d etat ikibabaje nabo barundi bariko baricwa yibaza ngo yishe abantu niho azoguma ku butegetzi emwe bwabundi tuhora twihenda tugira
    ngo kuja k ubutegetsi nukwo uba uciy ubwenge
    Nasanze wa mugani ngo NTIZIHA UWISIZE uwawuciye ntiyihenze kuko iyo ziba ziha
    Uwisize nkurunziza ntiyari kuja ku butegetsi
    Nashatse kuvuga ko Imana mugutanga itaraba ngo hinge mpe irya NCABWENGE
    Abandi kugira babe abatware bakundwa Bahiganwa mukukorera neza abo batwara
    nawe ahiganwa mu kwica abanyagihugu kubasahura kubatoteza kubapfunga nukubatera ubwoba ngo bahunge none wumva arinde yokwemera ngo n umutware
    Twiteze ko CNARED yokora itiziganya kugira Uburundi busuzwe iteka bwanyazwe nabo tutazi abo bakorera tutazi n abatumye kusambura Igihugu

  5. Barundi barundikazi ndabasavye mushiruke ubwoba mureke kwumvira abanyejenda politique mubihe muriko murahona nkabana bibeba kumusi babakuramwo 10 batwara 40 ntawugaruka amakugu araba zabanyepolitique baraba abasoda baraba barundi umuti wumwicanyi nukubakigira nkawe shiruka ikinya muri gute :karisha imipanga (chef de quartier, chef de zone,musitanteri,buramatari ,police,umusoda + abana babo abagore babo etc kuraho iyo mwuva nawe bwabagore ntibazobananira gira ingéré kuyindi kuco uhambije nkuko babamazeko abana banyu nimiryago yanyu intambara irahagarara abarundi barundikazi munyumve neza nayindi nyishi inyaruka yokwigwanako ncanke mutore 5 bakuramwo 50 kumusi ico murindiriye ntacombona ko mwari murindiriye igisirikare abantu bamaze 11 moins batahebwa abo nibo murindiriye ncanke barundi uwumva niyumve uwutumva areke

  6. Vincent uvuz ukuri caaannne nibagend kamenge baraziyorayo

  7. Sayinzoga Aimable

    Nasomye site yitwa Burudni-24 nsanga huzuye mwo ibitutsi vyinshi nagaregeje guhanura mugabo sinzi ingene bizogenda.
    Basha uwosoma iyo site akabona ingene Nyamitwe, Kabuto n’uwitwa Roland Rugero bifatiye mu mutwe Sezibera wo muri EAC, aca abona ko abarundi ataho turiko turaja. Kuvuga ni vyiza ariko irinde igitutsi. Abo bagabo batatu bandika kuri iyo site bifatiye mu mutwe Ubulaya, Etazuni na EAC ko ari ibijuju bitembera gusa, mugabo ko incabwnge ari abo batatu gusa. Ewe ibara mu Burundi

  8. Nihatari nukuri!!!!!ngira vyabananiye gutangura!!! Mbega hasigaye nde??ko abanyeshure bari mugasho,abandi bahunze,nibahamagare nyabuna imigambwe yose batore inyishu!!! kandi accords d’arusha barazi ko arizo zahaye uburenganzira inzira zose,nibazibandanye nyene!!! ntakindi!!!! kandi nukuri bagire inguvu ubwicanyi buhave!!!!!!

  9. Twumva ngo dorufu yari yatanze inkoho ..none ntibozitora? Erega bashonje barazigurishije aho muzumva zivuga..muri kirundo bamye baziharira ky jiciro..zibira mu mbonera nibo bazigurisha ..reka kubuza abantu gukora….

  10. Mbe Ko Bataja Kubitora Aho Dolofo Yabitanze??Chaque Commune Comporte 80 Fusils.Hasigaye Signal Ngo Bakore Ico Bazibahereye.Umwanya Uzotubera Icabona.

    • Reka kwitamba ku muvyimba umuryango wa Feu GNL nincuti n’abagenzi biwe aho wibaza ko uri incabwenge igipolice kiriko gikora akazi kaco ntudushobora kubana nabantu baciyumvira ko ikrwanisho kuxobasubiza ubutegetsi. Vyaraheze nimwagomba marabaza Imana imbwa zidakunda igihugu imyaka 40 ataco twabonye cagumye ari umusaka nimwe muvuga abandi pole sana suma murenga jana nizompirahisi zabazungu
      Zigomba kubandanya colonisation mayina bavugako arimwe mwaremewe gutwara faux

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :