Déclaration d’un des chef de la rébellion (CEM – Zone Ouest)

Publié le 1 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 16 Commentaires.

  1. amajambo make ibikorwa vyinshi.

  2. On a mal et assez de vos bavardages. Si vous ne pouvez pas agir concrètement et libérer le peuple burundais, laissez-le vivre dans la peur d’être tué mais ne l’accablez plus avec vos dires inutiles.

  3. Barundi ni mwige gusengera UBURUNDI, buri muri Bondage ni mubusengere buve muri uyo muvumo watewe na bakura mbere 1965, 1969,1972,1988,1993. Abo nabo bakivuga vyo kwica bamwenye yuko urucira mukaso rugatwara nyoko. Iyi probleme yu Burundi ni spirituel ninaco gituma murinda kubusengera kugire buve muri Bondage.

  4. Dear brothers,lets talk peace not war!War is a loose-loose kind of solution and none of is going to gain out of it!Why should we destroy our nation before we even finish to rebuild what was destroyed in 1993 crisis?War will only increase our misery as a people!Lets look for better solutions!Lets say no to war!

  5. We Nzabampema!Reka kwirigwa uradutesh’umwanya uduhenda!Mbere jewe ubu ndabona k’abarundi twagurishijwe ntitwabimenya!Mwombwir’igiuma Gnrl Léonard Ngendakumana yavuze ngo bafise abasoda mu gihugu cose bashigikiye NIYOMBARE,ariko Rupara akaguma ayebayeba nk’uko yishakiye ntibamumen’agahanga?Jewe ndarushe,vyiza mbona abavuga bose ngo baraje kudukura mu buja bova mu kinyegero tukababona,canke naho batureke tugorwe nta kundi!!!

  6. aho n’ukuri canke n’inkina mico

  7. BASHA IRYO NI IREMENTANYA RYA NYAMITWE ET SA BANDE IZO NI IMBONERAKURE ATTENTION A VOUS. NTIHAGIRE UWIREKURA IVYO TURABIMENYEREYE PE!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
    ARIKO IMANA NI NKURU

  8. Arrêtez votre cinéma et allez cultiver les champs ou garder les vaches! La guerre ne se fait pas par des photos ou des déclarations pathétiques.

  9. na rebellion dukeney, mugukura peter nakagwi kiwe ntibashika 10.dukeneye abantu bazi ku visa bakamukuramwo. par exemple harya ari kumwumba yitambisha, bakamurabira urwo mumatwi. ntangwano dukeney, ogranisez vs mumukuremwo ntakindi. ntantambara dukebey . umwansi wuburubdi numwe kandi ariko we arakuramwo abo adashaka nkifu yimijira kuberiki mweho mutomukuramwo. numurundi nkabandi ntakamaro amariye uburundi asumvya abariko aragandagura. mukuremwo , umuntu umwr publik, siw yotuma tugira ingwano ngwahave. nacane cane twashaka gushimira bamwe bakuramwo dorufu. tubabaza igituma barez amaboko. urugamba ntirurahera kuramwo ruhara atacamira. mwakoze ibikorinka nimuvyuhire, umwicanyi umwansi wiburundi numw abasigay nibikoresho vyiwe mushake mubareke tuzobakiresha ikindi, akari murugo ntikarusema !

  10. nous sommes las de ces declarations.il parait que l’auteur de ces declarations sont du camp nkurunziza pour trouver un alibi afin de massacrer les opposants de ce dernier.

  11. NDAYISENGA Athanase

    Ab a bahungu ububeshi bwabo burarenze!!! Mwibaza ko tutazi ko Nzabampema atari kumwe na DD pour dérouter le peuple burundais. chers burundais, hutu et tutsi, soyez attentis et vigilents

  12. Turaruhishijwe n’urukiza gwo ku munwa gusumba 3ème mandat. Nimutureke dupfume twisabira ikigongwe naho ataco twari twakosheje.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :