Les Baganwa demandent d’être reconnu comme tel au niveau des institutions du Burundi

Les Baganwa demandent d’être reconnu comme tel au niveau des institutions du Burundi

ITW avec le Muganwa RUGEMA Ildephonse

FB_IMG_1439023125725

Publié le 1 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 20 Commentaires.

  1. MBE KARIRE KINYANA IYO WIGUMIRA IYO WARURI NTIWARI KUBA UGIZE NEZA???? UBU UBONA WAJE GUTORA IKI??? URI BUBWIRE ABANTU KO BAZOBARISHA AMAVYI ??? NIBAZAKO IMBERE YUKO UYARISHA ABANDI NAWE UMAZE KUBIGIRA.
    UN PEU DE TNUE QUAND MEME. GUKORANA N’ABAHUTU SIGICUMURO KUKO MBONA UBWOKO BWOSE BWUZUYE MUNZEGO ZIGIHUGU NIMBA IMANA YARAGUTIJE AMASO YO KUBONA

  2. Nta shavu ryanyu mwebwe mwanka kwemera abaganwa kuko nivyo mwakuze mwigishwa mu ntwaro ziheze.zabarwanije. Murabaza ba so banyu kubakibafise bazobabwira ko abaganwa atari abahutu canke abatutsi canke abatwa.
    Ni naco gituma bavuga bati Umuganwa atari umugani le PrInce Louis Rwagasore.Ntawurubahuka kumuha ubundi bwoko.

  3. Kurya ata muntu numwe atagira se, niko ata muntu numwe atagira ubwoko. Sinzi ico mwita amacakubiri! Irinde gukumirana gusa!

  4. les baganwa sont des burundais comme les autres citoyens. A part qu’ils proviennent de l’Union entre une mututsikazi et un mwami muhutu; du reste ils n’ont qu’à choisir de quel groupe ethnique à adhérer. génétiquement ils sont au milieu. phénotypiquement sont des tutsi, moralement selon la tradition, qu’ils ne cherchent pas ailleurs, sont des hutus.

  5. Ntabwoko bwabaganwa buriho!!!!!!!!. Ni abatutsi ntakubeshanya. Kimwe gusa kuko ari igihe co gukamisha ubwoko, mwitege n’abandi bazoza bavuga ngo ni aba canke bariya. Ubu rero vyabateye isoni kwitwa abatutsi. Il faut en être fière ba ndugu, canke mwitutsure mube abahutu ko ari bo bagezweho mu vy’intwaro.

  6. ko baba ubwoko ubu canke buriya,ntaco bimaze,ntaco vyatumariye kandi abarundi turamaze kubihinyura

  7. ntangorane yubwoko dufise,abo bahutu,canke abo batutsi mubona batugejej hehe??abo baganwa bishakirea ibibanza gusa ntakindi,aha uwobaha ubushikiranganji nka bune bodufasha iki?dukeneye abashingantahe bukuri nijambo gusa ntakindi

  8. Mwa baganwa mwe,reka kudutesha umwanya kuko ivyo mwishiramwo twebwe nta bwoko turimwo ,twishakira amahoro gusa. Mwebwe murahaze,kuko ikituraje ishinga sivy’abaganwa si ivy’abahutu si ivy’ibatutsi twebwe abarundi twipfuza amahoro, ubukene twarabumenyereye,tureke twipfire nabi mu mutekano. Na Nkurunziza ntitumukeneye, mwebwe abaganwa musa nawe.

  9. umuntu wese arafise uwamuvaye kandi abishaka atabishaka amaheruka aramenya canke akamenyeshwa ubwuko bwiwe, ni bangahe bishwe batazi ubwoko bwabo? muri kino gihugu c’Uburundi bangahe bishwe bazira ubwoko bwabo? ni bangahe bahakanye ubwoko bwabo kugira bakize agatwe? iyaba abarundi ba kino gihe bohisemwo ubwoko ndibaza ko bokwiyise Abaganwa kuko abo ntaco biyagiriza mubijanye nizi ndyane turimwo ,baase na basekuru na basekuruza nta ndyane z’ubwoko babaraze ico lero ntawokibahora ariko munyunve neza sinvuze ko umuntu akwiye kwishura canke kuzira akahise k’umuryango avamwo ariko amamuko yiwe yoduha umwizero wokumenya ko kumbure yogira iciza yiganye arahuye mu muryango wiwe ivyo navyo inyungu yoba ku Gihugu cose no mu moko yose.
    Rugema Ildephonse lero kuba yemera ubwoko bwiwe nuburenganzira bwiwe kandi ntanumwe afise ububasha bwo ku bumwaka no kubimuhora kiretse Imana yabumuhaye nkuko atanumwe yasavye ubwoko azovukamwo.

  10. Mwamye mwitekerereje bantu b’imana ugirango atari uwubabesheye hari ibigwanisho vy’iterabwoba nkabo mpoze mwaje kwerekana. Aho rero tukaronka abashingantahe bijunja n’ijambo batitwaje ibigwanisho bitwaje ijambo ryagishingantahe. Mana dusavye ko izoncuti z’uburundi zagwaniye imbibe bakoresheje ubuhinga bw’abo bobibuka bagasangira n’abandi.

  11. Mwe mwiyita abaganwa iyo ngorane muriko muravuga ubu mwomenya ari iyitorera inyishu ibibazo turimwooooooooooooooooooo canke?????? Be mureka kuzana ibihunda bariko babuza ibinyagara hama la valeur ajoutée ku gihugu cacu ni iki??? batabavuze ntibabice ntaco nibazako woguma aho uri tranquillement sans réveiller le lion qui dort kuko nabatwaye biyita abaganwa baratwishe ntaco badukoreye. Rero ntuvyure ishavu ryabantu

  12. ni babandanye kujeba barabuze iyo bacira inkonda!!!!!!!!!!!!!!!
    mbega kuva kera ko bavuga ubwoko 3 ubu muvundurutsehe???? muraza mugire défilé hama tubabone sinon muriko muravugira murufuri!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

    mwandikiye secrétaire Général wa Nations – Unies womenya ariwe atwara u Burundi?????
    Bandanya umwandikira azokwinjiza kunguvu!!!!!!!

    • Imvugo yawe irerekana koko abakuvyaye, mbe we utazi n’ubwoko bwawe urubahuka n’ukuvuga, urabaza neza nyoko, hanyuma wibandanirize ubukeha bwenge bwawe, abagnwa barakuta gushika no kumva yawe !!!!!!!!!!korana n’abo bahutu ni batagutamika amavyi, muza kuyarya !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

  13. Aho ura hihendeye,Mupfasoni, canke Mushingantahe, canke tu le fais expres , umuganwa yabisiguye neza ,nibaza ko ufise ingorane quelque part en rapport avec des ethnies au Burundi , nturi wenyene !!

  14. mbega burya abo biyita abaganwa bashaka iki?Ni abatutsi ,abandi biyita abayahudi,ahubwo baje muri israeli

    • uvyemera utavyemera. uburundi tuzobubamwo twese. shaka uruhuke kwibwira KO harabo muzorungika muri Israël, urihenda cane. ushatse wobidawa kuko uzorinda uhenuka mutabigezeko mwe nabandi bajujuta nkawe. mbe uwokurungika muri Tchad mwojayo.

  15. Les divisions ethniques ne mènent nulle part. Nous sommes tous burundais et c’est ça le plus important. Soyons fiers d’être burundais et non hutu, tutsi ou que sais-je encore. L’appartenance à une ethnie ne doit et devra plus jamais être la clef pour l’accession au pouvoir au Burundi. Les temps ont changé chers Baganwa. Par ailleurs, M. Rugema ne nous donne pas la définition anthropologique du concept d’ethnie ?

    • Je suis d’accord avec vous, je trouve que les burundais doivent savoir que les temps ont changé, ces Baganwa devraient s’unir aux autres burundais, et restés baganwa on s’enfoue.
      Quand il y a eu les accords de Harusha, vous étiez où? Et pourquoi maintenant ?

  16. Birababaje rwose kwumva ..umuntu nkuyo ashigikiye ko amatati y’igihugu …yobandanya kurondererwa umuti biciye mu gushimangira …ku macakubiri…( ukonyene ubwo bwoko bw’abaganwa ataribwo n’uko nyene n’ubundi bwiyita canke bwiswe canke bwitwa ABAHUTU n’ ABATUTSI …nabwo si ubwoko ….ariko kubera ko mwabigize umutahe…n’ubutari ubwo buzovuka….ariko kuvyukuri ….n’umva uri umugabo w’ijunja n’ijambo ntiwari ukwiye gushigikira amacakubiri …akarorero .gato….imaginez-vous..umuntu ajejwe gucungera umutekano w’igihugu n’abanyagihugu ..akagenwa hakurikijwe ubwoko..????ubu ntimubona ko ari ikosa rikomeye.?????abantu bajejwe gutunganiriza igihugu ko batari bakwiye kugenywa hakurikijwe …amacakubiri?????habaye amatati hagati y’amoko azokiza nde ubwambere ???gerageza mube abarundi birakwiye….

    • Reka kwigirisha, canke t’es ignorant, kuko uyo muganwa yabisiguye neza, mbe ko umengo bigutera ubwoba? Si wewe wenyene ico kibazo gitera ubwoba, mbere beshi baca bigobotora mu guhakana ubwo bwoko, une honte: alors que c’est la base même de l’histoire du Burundi, naho bagiye baravyandika nabi cane, ikebuke!!!!!!!!!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :