Alerte: RWASA Agathon, nouvelle arme fatale de NKURUNZIZA !

RWASA Agathon, nouvelle arme fatale de NKURUNZIZA

Rwasa le traitre

Il se passe des choses depuis que le leader du PALIPEHUTU, RWASA Agathon, a rejoint l’équipe du CNDD-FDD.

Un émissaire incontournable

Depuis donc sa nomination, RWASA se bat bec et ongle pour avoir le plus de fauteuils dans les nouvelles institutions issues des élections illégales qui viennent de se dérouler. Tout cela pour enfin de compte récupérer à tout prix le parti FNL qu’il avait abandonné il y a de ça plus de cinq ans.

NKURUNZIZA et sa clique sont aux anges avec la réussite des missions de leur nouveau poulain. A Kampala, malgré que le facilitateur MUSEVENI aie refusé de les accueillir, RWASA a été plus convainquant que NYABENDA sur la question de la légitimité de NKURUNZIZA lors de leur rencontre avec le vice-président ougandais.

RWASA a donc martelé à son interlocuteur que les négociations ne sont plus utiles puisque lui et ses membres font désormais partie des institutions.

Demain, la même équipe ira en Tanzanie, au Kenya et en Afrique du Sud pour effectuer des missions de charmes pour redorer l’image ternie du parti au pouvoir.

La vengeance de RWASA

A Bujumbura, les manifestants d’il y a six mois se font arrêtés comme des mouches sous la dénonciation des membres de RWASA. RWASA a donné des listes de tous les manifestants qui ont travaillé avec lui à commencer par ceux d’Amizero y’abarundi.

Aujourd’hui, les policiers vont cueillir sans aucunes difficultés les meneurs des manifestations à leur domicile parce que RWASA a livré tout les noms de ses anciens complices.

Les membres de Amizero y’Abarundi issus de l’UPRONA de NDITIJE sont les plus menacés. Viennent ensuite les membres du MSD.

Il faut rappeler que RWASA n’a jamais digéré le fait que l’UPRONA lui a joué un sale tour lors des élections de 2010 en le poussant à refuser d’entre dans les institutions. L’extrémisme contre les tutsi qui le gangrène depuis son jeune age, le pousse également à se venger contre les membres du MSD. La bête noir de l’oligarchie de Bujumbura.

De la trahison à l’action criminelle

Depuis quelques jours, les militants de RWASA ont reçu du service de renseignement burundais des uniformes policiers et militaires pour traquer les opposants du troisième mandat de NKURUNZIZA. Ces membres sont épaulés dans cette sale besogne par des éléments IMBONERAKURE.

Cette opération a commencé ce lundi et les premières victimes sont déjà six pieds sous terre. Avec des images, des noms et des adresses, ces criminels en informes jalonnent les rues des communes à la recherche des résistants. Les manifestants reconnaissent sans hésitation leurs anciens partenaires. Les traitres de RWASA, comme ils les appellent.

A coup de millions et de postes juteux, RWASA Agathon devient l’ennemi public numéro un. Et NKURUNZIZA Pierre se frotte les mains.

Il faut noter que tous les membres de RWASA Agathon ne sont pas d’accord avec ce plan. Certains ont déjà pris le large et ont rejoint l’opposition armée.

Un traite sans précédant

RWASA a également été particulièrement approché pour livrer les informations qu’il avait sur l’opposition. C’est ainsi qu’il a donné tous les renseignements sur les relations entre le Rwanda et les USA avec l’opposition.

Notre informateur au SNR nous a confirmé que les informations livrés par RWASA sont bien fouillés. On n’y retrouve tout ce qui concerne les financements et surtout les contacts et enregistrements téléphoniques. Ce qui présage des arrestations en masse dan les jours à venir.

La Rédaction de notre Agence vous promet de suivre de près l’évolution de ce dossier. Entre temps soyez vigilants !

Pour BUJUMBURA News, TEMBUGARAMYE Aimé

Publié le 3 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 45 Commentaires.

  1. AriRwasa ari Nkurumbi nibice abana buburundi ariko sinzi ahobazoshirira inyota yamaraso Kayibanda murwanda yarafise umugambi nkuwo yaragiye igihugu ntiyakijanye ngira rwasa nankurumbi bibaza ko Abarundi batabona umugambiwabo gezaho kwica

  2. RWASA urumuja………..ingen wagurishij aba fnl………….mbe aba fnl bishw muri manifestation imber ninyuma yaho bazobazwa nd?ko uwobavugiy ariww none ari ww wabagurishij??????????????amaraso yabo azoguhumire mw naba dd,

    • Gwasa yamye ar nkumwana yahiye mukwaha.ark kugurisha abakugwaniye imwaka nimwaka kubera inyungu zimisi mike nikintu azokwishura ubuzima bwiwe bwose.naryohegwe ark aya maraso arko araseseka un jour J azobagiriza

  3. Mwese muri hors raison, amahoro ava ku mana honyene abandi bose kuva igihugu cikukira nta wuhumuriza bose ni bandayimirije, abanyavyaha babisikanya n’abandi:turindiriye seulement intwaro yIMANA

  4. Merci de nous informer sur le lien opposition-USA-RWANDA

  5. Rwasa, en regagnant CNDD-FDD avait assumé lui même que c’est fini. C’est donc fini pour lui comme politicien.

  6. Uwahenye ntiyambara! Hari ico mwaziga kuri Rwasa? Vyose bizokunda atarimwo hanyuma yishure ivyo yakoze. Muribuka ko les accords d’Arusha qu’on vient d’enterrer arizo zari zabahaye immunité provisoire. Zitakiriho, ntakibuza ko ubutungane mpuzamakungu bukurikirana izo nyankabatutsi!

  7. @yunia kamikazi
    Heureusement ko ububeshi bw’abatutsi tumaze kubumenya,niwivugire ivyashikiye abahutu iyo myaka yose wadondaguye nawe bizoteba bigushikire ntiwifate nk’inzu y’amabuye.

    • sinduhij urarush,,,kura ngaho les histoires hutu tutsi,ubu abarundi twaraciy ubwenge ntidukeney umuhutu cank umututsi,igih ubwoko bwanj bwari kubutegetsi sinatey imbere igih hagiyeho abo tutabusangiy naho nyen vyagenz uko change your mind,umuhutu azotera imber gte umututsi adatey imber???CANK umututsi yotera imber gte umuhutu adatey imber???impossible,,,ntaho muzoshirana kandi reka kuzura kaboz ubu dukeney uBURUNDI bushasha bufise iterambere apana kumarana.CHERS FRERES IL FO COMBATRE POUR UN BURUNDI NOUVEAU S’IL LE FO BIKENEW KO DUPFA DUPFE ariko ntidupfe nka adolphe ariko dupfe nka RWAGASORE

  8. Kubw’abana babantu twese tuba twarapfuye. Ariko turiho kubwo KRISTU ari muzima. Reka tugirirane imbabazi tubane tutaravye ubwoko, imiryango duturukamwo canke iyo tuva. Ikitugoye n’uko tutaramenya uhoraho. Muga kimwe kingyohera n’uko kugisabisho yadusigiye yatubwiye ngo nitwasaba tuze tuvuge duti:
    « …..uturekurire ibicumuro vyacu nkuko natwe duharira abandi. » abandi ngo : »…. uduharire imyenda yacu nk’uko natwe duharira abari mumyenda yacu »

    nitutahariranira natwe ntituzoharirwa. mbeho tuzoja mw’ijuru yahe?kumengo twapfuye tugendana ivyo imana yanka gusa?!

    iconzi kimwe, ntawushobora guharira mugenziwe atarimwo mpwemu w’imana. kuko niyo yonyene munyembabazi.

    turabe neza rero twirimbura, turaba ko tutaganzwa n’umurwanizi. umwe wese yirimbure. Imbere yo kuvuga canke kwandika ibigumura abandi canke ibishavuza bamwe umanze urabe umwami ukorera n’inyungu uzoronka umwami mana akwatse umwuka yagutijije ejo. uzojahe? canke abasigaye bazokwibukira kuki?

    Amajambo ateranya ubwoko bw’imana cnk avangura abantu b’imana!? URAGOWE GITIMPOZE.

    Ikibarirwa n’icumva kandi icerekwa n’ ikibona.

  9. Ko muguma muvuga ABAGANWA, mugomba kugwiza ubwoko bw’ Abatutsi munzego z’ Igihugu? Abahutu nabo ntibigeze baba abaganwa? None ga, Ndadaye woba umwa\giriza ko yabahoye iki? Iyo uva uranka ABAHUTU.

  10. Et comment savez vous que le Rwanda et les USA communiquent avec les opposants Burundais? Cela sent la provocation tout simplement.

  11. Hewe Yunia Kamikazi, urabanza wige neza canke ufate ibitabo usome kuri Histoire y¨’urwanda n’iy’uburundi, imbere yuko ugira commentaire kuri iyi forum. Ntasoni bigutera uriko urandika histoire atariyo. Ivyo vyerekana mu mutwe wawe uko hagana.

  12. tubirorere ariko tumenye ko vyose bihera kandi atawokwiyita umuhinga amaze benewabo. uwuzoramba azonona. nayo abitwaza amacakibiri
    ntaco bazodifasha. unezerezwa kp hatwara abatutsi canke abahutu ni vyiza ni uburenganzira bwawe; unezerezwa ko hatwara abo mu buraruko canke mu bumanuko canke ahandi nahone ni uburenganzira bwawe. ariko bose bagiye barahonya abari baziko arabagenzi babo. none nawe woshaka wokwotondera ibiba kugira ntowishavuze. abarundi ntidushaka intambara ariko tuyisutswemwo ntakundi. dushaka amahoro,iterambere, umuvukano mwiza kuri bose.

  13. A Dieu le CLIVAGE ethnique car ce n’est pas l’ethnie TUTSI ou HUTU qui dirige mal mais plutôt un individu qui dirige mal MICOMBERO = NKURUNZIZA mais au moins MICOMBERO il ne tuait pas les gens de son ethnie.
    A Dieu le clivage régionaliste car ce n’est la région qui dirige mal c’est l’individu, donc ce n’est pas le NORD ou le SUD mais c’est BUYOYA = MICOMBERO = NKURUNZIZA= BAGAZA; mais au moins ce dernier il a développé le pays bien qu’il n’a pas maîtrisé les 2 équations qui étaient simples à une seule inconue = PARTAGE DU POUVOIR POLITICO-MILITAIRE PAR TOUS HOMMES DU PAYS DU NORD OU DU SUD, DE L’EST OU DE L’OUEST OU DU CENTRE.
    C’est Dieu le TOUT PUISSANT qui a voulu démystifié les alibis ethniques ou régionalistes.
    Merci Jésus car l’Omnipuissance, Omniscience et l’Omnipotence restent les choses sacrées de Dieu.
    Ba Thomas NDABEMEYE, ba MANDEVU canke ubu ba Bikomagu ba Adolphe TOUS = MORTS.
    Le Président devrait avoir une vision patriotique nationale qu’une vision partisane.

    NGIRA AZOKWIHANURA nayo AHANDI ikibazo si RWASA nawe n’umuntu none asaze yiruka abandi bararondereye umuryango nawe yarongoye ashaje ariko arwanira agateka k’umuntu yacinyijwe.

    SENGA IMANA IZOKORA IBIKOMEYE

  14. Mukinda mugaramye canke mwicaye, 3 ieme mandat illegal nzizoba, rwasa siwe opposition yari yubakiyeko et d’ailleurs ahubwo niyo yamugiriye publicite. Buruya mannif yaruguruy amaso ya rwasa na peter hari ikintu ba remartse batari biteze surtout muma quartier nka za musaga na nyakabiga bari bazi ko ari ama quartier ya ba tutsi, ko kandi abatutsi batokwubahuka ngo baje mubandi barundi bagwanye ubutegetsi buri mediocre plus kwonona amatungo yigihugu, nubwicanyi bwabanyagihugu. rwasa na peter baratangay kubonamwo abatutsi murivyo bintu, bari bazi ko mubokwiyamiriza peter atamututsi yajamwo. barakanguts rero, ko urabona ko peter yaciye yiyegereza rwasa kugira ivyo pacifique yari yavuz vya mannif izoba yitoje , ntibizokunde. Babonye abanyagihugu isinzi babigiyemwo, baratangaye ko babonye ko akamo ka societe civile abahutu nabatutsi bakitavye kandi atari bo babahamagaje. baciye bagirubwoba, baca baja hamwe , bati ??? he? kumbe umututsi arafis ico avuga muburundi? ntibabitahuye. Nico gituma baciye batangura kuzana i carata yamacakubiri, barabe ko abahutu bobaja inyuma , biranka , baraza vya 72 ngobarabe ko agatima kabahutu kogaruka biranka, kuko buriya ntamunyamacakubiri abaho, bari bamaze gutahura ko amacakubiri aribihenda abana hariho abayakinisha muku manupila abandi. Abahutu rero baratahuye ko ingorane zakahise zamacakubiri yari politique mbi, umuntu yaba umuhutu yaba umututsi, ashobora kwica abahutu canke abatutsi. Buyoya harinkuru zahoze zi circula zivuga ko yica abatutsi bamubereye intambamyi, niko twumva ntituzi kwari ukuri, na peter turamuzi hicwa abahutu kuntwaro yiwe ntihagire namatohoza aba umuntu rero arashobora kumugira responsable wavyo uko niwe yabaza ivyuburundi, ntitwigeze twumva ahoza nimiryango yabuze. Kubwivyo abahutu nabatutsi baramenye ko ingorane yaranze uburundi gushika kuri Peter nkurunziza, nubutegetsi bubi, nico catumye uburundi budaterimbere , nimpfu nyinshi. Ivyo rero abarundi benshi barabizi. Kubwivyo Nkurunziza yara remartse opposition atari yiteze ica ikomera kubera nabatutsi babirimwo, aca akorera kuri kahise ka rwasa ko yarazi intege nke ziwe, zamacakubiri yo muri kahise aca abona ko yomukorerako, akoresheje iyo ntege nk yamacakubiri ya rwasa. arakavyura rwasa aca abishira kumuzirikanye. nkurunziza we ni politique yo kwigumira kubutegetsi , rwasa naw namacakubiri we ni ikijuju amacakubiri yaramwugay amaso ushikaho adashobora kubona jeu ya nkurunziza. Ubu bose bari hamwe batanguye gutinya umu tutsi bari bazi ko bamwishe bihagije, bamwiciye abana nabavyeyi, babishe nabi, barabatemye, babatwara inka ntibumva ukuntu bocutsa agatima ko kuba mubabiyamiriza. Ico nashaka kuvuga niki rero: Gwasa et peter mukinda mugaramye, mwicaye, muryamye. Iyi mandat ntayo muzotwara IMANA yo mwijuru yaremye ijuru nisi, yigaragaje kwisi muri Yesu kristou, ntayo muzotwara, kandi muhave hakiri kare mukiri bazima, nta 3 ieme mandat illegal ntayo muzotwara mbere mugumye muneteza muzohasiga ubuzima. Imana yo mwijuru na yesu christou niyo cabona canje . Nkurunziza igihe cawe cohutwara uburundi cararangiye, ibi tubona ninkawamugani uvuga ngumubindi ushira uvyimvye, niyo watobotse munsi udateruye canke nguwurabe ntushobora kubona ko watobotse munsi , abawucako babona ngo numubindi wuzuye mwibintu nayo, uri vide ataco ugikora watobotse kera. Imana yo mwijuru nico cabona canje ndongeye kurahira, kinjura uje kurya ayo warondeye muriyi myaka cumi. Ni menshi ndakurahiye hitana umuryango wawe muje kwiryoherererwa hanze, sinon wabiriye akuya ubusa. Uti none wewe wishimirije iki. Ngiki ngira ndakikubwire. Imana niyo yaremye abarundi, ibarema abahutu, abatutsi nabatwa. ibaha igihugu ciza kuko yashaka ko babaho neza mumahoro , mubutunzi nomumutekano ndetse no mubumwe. Buriya Imana yitayeho uburundi gusumvya uko uvyibaza, mbere naho ugira ibikorane ushobora kuba uzi kwibaho, hariho ico utazi kwikaze!!! buriya Imana irakunda ariko irakaze cane, soma bibiriya ibintu vyabaye imana ibibona ariko ikinumira, ibintu bibi cane gushika naho yahanisha abahtu imibembe, uko Imana yari ejo nubu niko ikiri, iracaraka nkuko, ikiri imana yurukundo. Ariko nagira ndakubwire abarundi biki gihe uko bari kera ubu siko bakiri, kera basenga kiranga, baterintambwe basenga Imana date ariko ntibari bwakizwe, ubu harikindi utazi. ABARUNDI BARAKIJIJWE KANDI BASENGIMANA YO KANDI BARAYIZI. NAho wotwara gwasa uziko opposition yagenderako proccessus yokukurwanya yaratanguye iri en marche, kandi ikindi naco Imana iri kuruhande rwabo, buriya ico Imana irindiriye nuko opposition yokura amaso kumuntu, gushika kuri communaute international. Kugira itangure gukora. ama droit yabarundi warayasinzikaje kuva ugitangura urugamba wita guhabuza ubwoko naho rwari urwo gushikira ubutegetsi. Warabushikiriye wonona nivyo wahasanze mumice yose, Politik, economik, social et securitaire vyose wara bi detruije!!!! Ubu Imana nayo igira ikore, ko wibwiye ko itazova mwijuru ngwize mwisi gutabara abantu, wibwiye kwiri impuissant, harageze ko ikwereka le contraire. Uti izobinyerekaka gute? ( kora uko ushoboye, u detruise opposition wikwegereko ibibihugu bidukikije vyose niwaheza ubonye ngo waouw ndatsinz, opposition ntizohagarika urugamba nayo niyabona ngo ndatsinzwe ntizoheba amaso ya opposition yose azoca agaruka kumana) icogihe sikera nivuba cane Imana izoraba opposition yitwengere : Iti? mwarimuze ngo rwasa, abazungu nabandi nibo bazobarwanira? Nkurunziza yabonye bikomeye yiruka kwa SATANI namwe mwirukira abafis ibigwanisho, nico gituma kenshi yashobora kuba dejoua, ico yishimiye sabinyama namaraso ni ikinyoma cakwawamugwanizi, kwiba, nugusambura igihugu, satani niwe yamuha inkomezi zokubikora namwe mwishimiriza abazungu, narwasa nitundi twinshi ubu murabonye ko ivyo vyose vyasenzwe ko Satani ntamuntu winyama namaraso yomutsinda!!! Ubu murangarutseko, karibu nuko mwatevye ibintu bikabanza kuyangara, ndabashimiye ko mungarutseko, umutima wanje wahora mumaganya nomumarira ndabarindiye, ariko icambambaza muri vyose nuko nanje nari ndabarindirye ngo mumpe ijambo kandi mundeke nkora, Iyo nimana rero muzosanga yarushe ibarindiriye namwe mwari murushe muyirindiriye. Kubwivyo Opposition va ibuzimu muje ibuntu nwese mwegere imana muyibwire kwingwano ariyayo muyemerere kwiba umwami numukiza kubuzima mwanyu!!!! Ngaruke kuri Nkurunziza , abasenzi bariho kandi ariko ugira neza kubereka ko ukomeye kugira bavyumve vuba bakure amaso kubantu bayashire kumana. Jewe rero narasize amaso k’umana kubwanje jenye Imana yotabara uburundi kandi igira ibikore, ( sije jenyene nsengera uburundi mvuze naho noba ndumwe nsenze Imana yotabara kandi narabikoze) haguruka uve kuriyo ntebe urekere uburundi amahoro iconzi ugiye na SATANI murahagurukana aguherekeze, niwamara gushika hanze yubutegetsi apana yigihugu, wihane uce usaba Imana ikigongwe mbere uce ugisaba nabarundi bose ubabwire ko satani yaguhenze kandi kubutegetsi buryoshe bugoye kuvako, wari weahenzwe none wugurutse amaso wavuye ibuzimu uje ibuntu, abarundi barakugirira ikigongwe batakikugiriye wemere igihano. hako wotakaza ubwami bwijuru kubera iyo ntebe ugira uveko vuba wavyanka canke wabikunda, wotuma uyiheba, wemere ibimaramare kuko naho utoba warakijijwe warumvise ubutumwa kenshi, warahuye nabakozi bimana bukuri sindagukunda umbabarire ariko ugiye mumuriro udahera warumvise ubutumwa bwiza kenshi, wararetse mugihugu cawe Imana ikavugwa nkuko yavuzwe, woba wakoreye ubusa. Sindagukunda ariko ijambo ryimana rivuaga umuntu wambere agukunda kuruta abandi akubwira ubutumwa bwiza bwokwihana. urumva rero naho ntagukunda cane ijambo ryimana ringira umukunzi wawe!!! kuko uku kuri ndiko ndakubwira ntamuntu numwe yokukubwira mbese numugore wawe nkeka atokwubahuka kukubwira nabana bawe ntako bokubwira nico gituma numva kwimana iri juste ingira umukunzi wawe wambere naho jewe atavyo noba niyumvamwo. Uku kuri ndiko ndaguha jewe umunyagihugu nyarucari ntawokumpa kuko ntawuzi ivyanje ariko wewe wagirewe ubuntu ugatwara uburundi, ukareka ubutumwa bwiza bukavugwa naho wariko urasinziriza abantu uakuronse. Iyi msg niwayisoma Imana ntako itazoba ikoze ngwirokore ubuzima bwawe, kuko nomukanwa kabansi bawe yogakoresha ubutumwa bukagushikira. Hasi gaye igihe gito cane cane gose ivyawe bikarangira, la seule porte de sortie usigaranye nahonye itari sur kubuzima bwonga kwisi nuko wokinjura ugasaba abarundi ikigorwe kandi ukanavuga ko satani ariyo yaguhenze ikagukoresha! bakarondera abakozi bimana basizwe bakakuba hafi ukaba delivrer. Sinon, muminsi mike cane noharurira kuntoke ivyawe birarangira, wavyanka wabikunda udakoze uko ndakubwira bigira birangire nabi!!!! iki nico gihe cawe cogutandukana numwansi satani. Numwansi wabantu bose bokwisi nawe urimwo!!!! ntanumwe ikunda, kandi vaut mieux limiter les degats sur les burundais ko niwabandanya ushobora kujana nabarundi ,ariko kugenda ho urategerezwa. Imana yonyene niyo igomba kukwikurira kungoma avec un opposition que tu sousestime, avec rwasa ou sans rwasa, avec ra communaute international, ou pas Imana ntizoreka gutabara uburundi kandi iki nico gihe cayo!!! ntimwihebure Abari kurugamba, Imana iri kuruhande rwayo nimuyihindukirire muyivugirize impundi ico yatanguye Kiri hafi guhera!!! ubu butumwa muntabare mubumpere umukuru wigihugu! muburungike mwese kuma reseau sociaux bumushikire, Ubu nigihe cacu kandi nigihe ciwe naho yorondeza inguvu zose agatandukanya ubwoko bwose , akiruka kubakomeye, ntawukomeye gusumba Imana yaremye isi nuburundi!!!!!!

  15. jamais au monde ,la trahison ne se soigne pas par une autre!,o oh; BURUNDI BWACU tes enfants aspirent au déshonneur qu’à l’honneur,on se precipite à l’enfers.Uheza kugoka ibigori bikera! wimbe wigera

  16. « TEMBUGARAMYE ».ce nom contient de la rhetorique.,en faisant l’analyse litteraire de ce nom,il est alors facile d’etablir une relation entre cette redaction et son redacteur.abarundi turagoye kabisa!!

    • Ntitugoyeahubwo turagowkuko nitwe bigarukako vyose. Nubu ntawutazoshikirwa nikibi yakoze cankeyakingiye ikibaba. Umengo harubwoko bweranda kurushubundi. Aho tutaraharengera ngo tube mukuri nubu turacishura akabi twanyegeje .

  17. Mama!!!Mana!!!!! Abanyeshure,nugwaruka mwaherje mugasho,abandi barahunga,abandi mwabahinduye abacanyi zimboneraaa,none mwabatama!!! Ko générations futur muzihejeje!!! Ninde azosimbura igihugu!!!! reka sha amaronko hamagara nyabuna CNARED,nabanyagihugu bose dutegura igihuguuu!!!! Hanyuma ayo ma quartier nimuyareke ntaco yabagizeeee!!! yagize gusa liberté d’expréssion!!!! Kandi c’est noir sur blancs.Non au 3 mandat,viv les accords d’arusha!!!!! Reka rero kumarana ntaco bishikakooo!!!!! Tegura kazoza kabana mureke kubica,nimubake ibigwanisho,muhaguruke kurizo ntebe sizanyu muje kuri terrain!!mubuze ubwicanyi!!!!!! CENARED !!!!!Société Civils,abanyagihugu twese!!!! nidukoreeeee!!!!! NKURU,nakagwi kiwe nibazako bakwiye repossss.Imana izigame igihugu cacu.Murakoze Richard kuryo mukora kugira turonke amakuru

  18. RWASA IVYO UKORA VYOSE WAME WIBUKA KO GUHEMUKA ARI BIBI…KWICISHA ABANTU.
    Uryamye wibaze iyo MUKONO ari!!canke NZARABU……Nawe kubita i BWERU wibuke ubwenge!

    • Hahhahha!harya abatutsi barangana,muga abahutu barimwo ubwoko 2!!barya bicwa babitaABA SOUS-HUTU!HARIHO ABANDI BITWA LES GRANDS-HUTU!kubona rero hariho abishwe ntibabiteho nukuraba akamaro kabo!raba ubu le GRAND HUTU ADO NSHIMI!BAMUGANDAGUYE KUMURANGO NTA SUITE!!AHHAHA,NTIVYOROSHE,NIMURABISHE AMASO MWIHORERE!UMWANYA UZOBABWIRA,HARAGEZE KABARUNDI BARUHUKA,NIMUSENGE UYO MUGABO YEZU ARAJE KUMWOMORA!YEZU NIWE ATANGA AMAHORO ARAMA,ATARAYISI!

  19. Mwama muvuga ngo CIRAMUNDA akorera aba dédé. Ngo eh mama yumva imvugo yinoti gusa. Muraterereza mumuhe amahera turabe ko yoheba kwandaza ico gipfu Rwasa.
    Je ndazi ko atazopfa avuze neza uyo mwicanyi. Kandi azoruhuka aruko agiye mwiroko canke apfuye.
    Niwirambire bwana CIRAMUNDA turagushigikiye.

  20. S’il vous plait essayer de verifier l’ortographe et les erreurs surtout le titre de l’article.
    « Rwasa Agathon, nouvelle l’arme fatale de Nkurunziza !! »

    Ce titre n’a aucune signification si vous gardez le l apostrophe. Donc vous devez retirer le l pour que la phrase ait un sens !!!

  21. Mbega nta murundi afise esprit de discernement atubwire ibiri imbere ibirindiriye uburundi igene bimeze? Ko mbona ubu ari Imana ifise ijambo rya nyuma ku kazoza ki Burundi.
    Imana ihezagire Uburundi kw’izina rya yesu Kristu.

  22. Mwari muzi rero ngo abatutsi gusa nibo bazi ubwenge gusumba abandi mwitwaje ngo nibo bazinanye n’amakungu, ubu vyaracanganye abatutsi amahanga barayazi nkuko nabahutu bayazi icari gikenewe kwari kuja kubutegetsi amabanga yose uca uyabona tutibagiye nokugira igisoda, ntanabi CNDD FDD yipfuriza umurundi yaba hutu canke tutsi seulement nuko hari abantu umenga nibo bagenewe gutwara uburundi gusa ngo batabonetse kwisonga igihugu kitobaho, babonye umuntu yiviriye mu cendajuru aje kuba ministre bamwita ngo ni imbwebwe yaremewe ishamba apana i bureau, basanga umwana warukoti mu bureau yagize amahirwe yokumara kaminuza bakamuraba nkico imbwa ihaze ngo ntiyarakwiye kwicara mu bureau mama ngo abazungu ntibamuzi ukamenga bo bavukana nabo, Iyi leta ya CNDD FDD iriko iragerageza kuduza abantu bose bimwe twahora twibazako uburundi arubwo abavukana imbuto yaratweretseko bwari ubwenge kugira umuryango abariwo wizizira i gihugu, Ikibaranga rero abobantu barambiwe n’imwaka cumu gusa batari kubutegetsi bagiye gucura ubwenge ngo bwokwomora abahutu kubutegetsi bifashishije ibicocoro abanyarwanda, agahanga ko kwiyumvira nogushishoza imana yarakaduhaye twese nibatekereze nta burundi buzomera nk’urwanda kuko ntamututsi azemera gupfa bamuhenda ngwemera upfe abatutsi bazoza bazobeho neza ngavyemere iki gihugu c’uburundi ntikizigera kiba icubwoko bumwe kirazira n’abahutu birata ngo nibenshi ntibokwiyumvirako kwomora abatutsi bobishobora ndetse n’abatwa naho abahutu n’abatutsi bobakoranira ntako bari kurushi atanuburyo bifitiye ariko ntabo bopfa bamaze kandi ntanuwovyiyumvira kubica ngo tumwemerere. kiretse abo birata ngo basumvya ubwenge abandi n’ukumenyekana mumakungu igihugu c’uburundi kibeshejweho nabarukoti iyaba kibamwo abo biyita ngo barize kiba gisigayemwo umunyota gusa kubera akanyaro karangwa mubize.Imana Ihangaze uburundi Abahutu, abatutsi, abatwa mbese n’abaganywa twibanire mumahoro nacane cane abatagira ama visa, visa zabo ari itongo n’aho bataye uruzogi.

    • Muvukanyi naho wavuze menshi sinoreka kugukeza ingene uhejeje neza caaane usabira abarundi kubana bose mumahoro uri intore n’ukuri Yezu akunda abashikana Imitima kuri we itamukunda kandi ngo ntimwanke kuko ngo iyo mitima yaraboze ngo idumako insazi. Ngo iramutoneka caaaane ariko iyo muja murayishikana kwa Yezu ngo aca aruhuka.

  23. Il n’y a aucun mensonge. Seulement pas mal de
    gens viennent de découvrir tardivement qui est réellement Rwasa et ses acolytes. C’est pas du tout étonnant que Rwasa
    déçoit les burundais au cours de ces moments difficiles. Et selon
    sa manière de faire il commencera à accuser les autres que ce sont plutôt eux qui sont des traîtres.
    Merci beaucoup pour cette lumière et mise en garde contre cette nouvelle arme(qui est Rwasa) de la machine à tuer du président illégal NKURUNZIZA

  24. @TEMBUGARAMYE Aimé
    Je cite:Depuis donc sa nomination, RWASA se bat bec et ongle pour avoir le plus de fauteuils dans les nouvelles institutions issues des élections illégales qui viennent de se dérouler. « Tout cela pour enfin de compte récupérer à tout prix le parti FNL qu’il avait abandonné il y a de ça plus de cinq ans ».

    Si comprends bien, Rwassa avait abandonné le fnl en 2010 en rejetant les élections et les institutions issus de ces mêmes élections. Aujourd’hui il a changé sa tactique on le traite de traître, trahir qui? A la fin de compte l’avenir nous dira qui avait raison.

  25. durant ces dernier jours surtout après la maudite destruction des radio privées chez qui nous puisions des informatios bien détaillée,il circule bcp de rumeurs certains sans fondement mais aussi des autres avec une rationalité particuliere! cet artile me semble trés fiable et acceptable!la question qui me reste mais malheuresement sans reponse est celle-ci:pourqoi RWASA a-t-il decidé de trahir l’oposition lors du moment crustial??? je saisi l’occasion d’interpeller les partisans de RWASA surtout ceux qu’il a trompé en les empechant d’aller au votes alors que parmis eux il y auraient des administrateurs comunaux et autres que RWASA est un traitre désormais,qu’il est à combatre avec son amis et enemis d’hier NKURUNZIZA! chers amis banamarimwe sache que nous avons partagé le meme sort lors des manifestions donc rejoignent nous et quitent ce RWASA qui est en train de creuser sa tombe en acceptant de collaborer avec aba DD!ils retourneront pour lui un jour!il faut qu’il le sache!

    • La politique des équations, ne croit pas à tout ce que tu lis. En 2010 l’Uprona avait décider d’intégrer les institutions issues des élections contester, il avait le fauteuil de vice président chargé de la sécurité, est ce que ça avait empêcher que les partisans de Rwassa soient assassiné et jetté dans la rivière?

      Aujourd’hui il vous rend votre médicament, tu l’accuses d’extrémiste. Il défend les intérêts de son parti comme l’avait fait l’uprona a 2010.

  26. Un clin d’oeil pour certains naifs ! L’extremisme qui a toujours caracterisé Rwasa restera avec lui jusqu’à la fin de ses jours. C’est un criminel comme son frere Nkurunziza et Il ne savent que tuer c’est tout ! Ils doivent être jugé comme bcp d’autres. Avoir quelqu’un comme Rwasa dans la politique prouve belle et bien la médiocrité des burundais. Quelle malédiction pour le peuple burundais! Et je vous jures, Tant que les criminels comme Rwasa ne sont pas jugés le Burundi sera toujours l’enfer.

  27. Comme je le dis souvent « ABANTU SIBO MANA » Vivra verra.

  28. emweeeeee uwuzoramba azovuga kahise k uburundi ndaregew. jew ntabeshe ndarushe mu mutwe.hari ba nyangoma , ba sinduhije ba nkurunziza, ba rwasa, ba pacifique, opinions international, union européen ,ba minani,n abandi. bantu b imana( imana n irya kigongwe) dukore iki?

  29. RWASA c’est le debut de sa fin, ico nomubwira nuko yoba arasezera abiwe kuko niyo yaheza kudedemba ivyo bakeneye bazoca bamumesa.

  30. rwasa politique y’uburundi yamunaniye.ubu yaciye amena ibanga rya USA yibaza ko imigambi yayo izosubira inyuma?nateshwe ate kuko amerika ikwiyunviriye ni rusifer aba akwiyunviriye

  31. iyi ni journal yo kwizera canke n’ ikintu opposition yashizeho cokubararikir ubugizi bwa nabi

  32. ahubwo tembugaramye nyene. ugomba ko iyi ntambara uyigira iy’abahutu n’abatutsi mu kwandika ibi wanditse? canke ugomba ko mwica rwasa nk’uko mwagize Adolphe? mbega mugomba kumara tous les leaders hutu? turababona ntamutaru muzoduterana naho urwanda na USA bobafasha

    • Eka uri akaburi nyene, ntuzi n’ibiba, harya ngo hariho des leaderrs Hutu? ha ha ha ha! Abahutu iyo baronse ubutegetsi ,bigisha benewabo kwica ,raba ,72, raba 94 mu Rwanda, Havyarimana iyo atigisha ubwicanyi ntiyari guhira mu ndege, raba Ndùdaye yarabaye un leader mu gutanga imipanga na tronconneuse zo kumara abaganwa n’abatutsi,hew Kaburi ,barira benewanyu rero ko uwukara ukawota

      • Abarundi baratangaje,imyaka abo batutsi mwihaya twamye dupfa ninde yatugiriye akagongwe kirya gihe ni nde yariyabahaye amahera mutwice ntimwatwara à 100%,mwibagira ningoga,uwutabazi arabaza,urwo rukundo canke impuhwe mugirira nyakubahwa honorable Rwasa ko zije ubu mubona konamwe mwashikiriwe!

      • Hewe uwo wita kaburi ninde? Urazi uwariwe? Wosanga ari wenyene uri akaburi mwabagome mwe mwabicanyi mwe mwababeshi mwe.nicogituma mwankwa nisi yose nimana ikabavuma.ubu muzica umuhutu ariko mumenye ko numututsi ategerezwa gupfa.kandi mumenye ko abatutsi bari kurushi abahutu bobamara mukanya gato rero nimwitonde kuko ibibi mwakoreye abahutu birahagije.havyarimana yari intore nuko gusa abatutsi ari intashima ariko warabonye abatutsi bamukurikiye nibo bahomvye kubona bica havyatimana.ndadaye yari intore ariko warabonye abatutsi bamukurikiye nibo bahomvye mukumwica.ubu abatutsi nibo baboroga kubera ibibi bakoreye abahutu.abatutsi bashira imbere ubwicanyi nugutanga uburozi kubahutu umengo nico gihano batoreye abahutu kandi nabatutsi bapfa.nukwihenda rero kuko ntawudapfanamicombero yarakurikiye abahutu yishe.nabikomagu yarakurikiye ndadaye yishe nabandi batutsi bishe abahutu barabakurikiye.umuhutu ntimushobora kumuhonya kuko abahutu ninkuko woturira ishamba ryose ariko mumisi mike ryashamba usanga ryagwiriye kandi.none uzokwama warituriye???? Abahutu nibenshi ntaho muzobashira naho mubanka.abatutsi none mwebwe sabatutsi benewanyu babigisha kwica!!!!!! Simicombero yabigishije kwica abahutu mukoresheje imigano imbugita inkoho nibindi!!!! SIbuyoya yabigishije kwica benewanyu abahutu mukoresheje ama essences imipanga nibindi???? Sabo bami babatutsi bigishije abatutsi gufatanabi umuhutu ngo numumenja!!!! Abahutu rero muzobabona sha abaribo.abatutsi nibo bishe uburundi kandi nibibi bakoreye abahutu bizobagarukako.kandi bavuga ngo uwicishije inkota azicwa nayo.ubu ntavogukangana bihari.ivyo umututsi afise numuhutu arabifise.ubu umuhutu aratembera akidagamvya.aho ibintu vyose vyari vyarifatiriwe nabatutsi.ubu numuhutu arabayeho.kandi Imana ivuga ti uwuri inyuma azoja hejuru uwuri hejuru nawe amanurwe hasi.ubu niko bimeze muburundi.ubu umututsi aravuga yinyegeje canke agatinya kuvuga kubera azi ibibi yakoze.abatutsi nimutekereze umuhutu nawe abanze kurya abeho.ayo maruru mubanze muyashire hasi.rwasa numu leader akomeye gose naho mumuhomekako ivyo mushaka vyose ntaco bimaze ntaco muzoshikako.donc c est un homme à proteger.nimwamukorako vous allez regretter kuko ntimwihende ubu sinko muri 72.
        Kubera iki murira ngo ivyibugendana kandi muzi ko mwari mwishe ndadaye? Kuki murira kandi arimwe mutangura kwica abahutu? Umuhutu azokwama yivuna.

        • Shaza, uri agahombo ndakubwiye. Ayo macakubiri akwuzuyemwo niyo azoguhitana. Ubikunda uvyanka abahutu n’abatutsi bazokwamaho mu Burundi kandi bazobubanamwo. Par ex, Ndadaye yishwe afise ico bamuhoye, abo b’i Bugendana bari bakoze iki atari uko Imana yabahaye kuvuka ari abatutsi? Vyiza woreka ivyo vyiyumviro vy’ihonyabwoko kuko ntaho buzogushikana

          • Se ndadaye bamuhoye iki? Ko bamuhoye ubuhutu.rwasa mumuhora iki ? Kubera ari umuhutu.rero umuhutu ntiyaremewe kwicwa mubilenye.ivyo mwama mwandika ngo muzomara abahutu namacakubiri mushira mubantu mwandika mwibaza ko binezereza ababisoma? Abahutu bishwe kuva muri 65 na genocide yabahutu muri 72 bahowe iki??????kubera ubwoko bwabo bwabahutu.ahubwo amaraso yabahutu abatutdi bamye basese niyo azobahumira kuko nabahutu nabana bimana twese turi bamwe.kuko subwoko umuntu ajana mwijuru.abatutsi nukumenya ko twese turibamwe twese twaremwe nimana.mwibaza ko kwica arico gihano kandi uwishe niwe igicumuro kijako akanikwegera nibihano vyimana.abatutsi nibo bazanye amacakubiri kuva mugihe cabami.nabahutu baremwe arabahutu ntawucagura ubwoko none abatutsi bahoraciki abahutu????? Justement tuzojwama tubana kubera twese turi abana buburundi ntaho tuzoshirana nitwe turiko twisubiza inyuma au lieu yo kurengera ivyubwoko tugateza imbere igihugu cacu.jewe ikintangaza nuko zbatutdi bica abahutu hama abahutu bihoye ugasanga nabatutsi babitanguye aribo bariko baboroga.rero ico nobasaba nuko abatutsi bokwikuramwo ibintu vyubwicanyi bakegera abahutu bakabona ko twese turibamwe.nayahandi ntawurusha amacakubiri abatutsi.umuhutu numwanacmwiza cane ashaka amahoro ariko umucokoje nawe birumvikana ko yihora.apaba rero ko abatutsi baguma bafata abahutu nkibintu vyibijuju ngo ntibabona ngo nukubacamwo ngo nibikere ngo naba naïf nibindi vyibshi.abahutu uko bameze kwose niko Imana yabaremye umuntu wese afise uko Imana yamuremye rero ntuca ubimuhora stp.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :