Conférence du CNARED: Interventions des participants (1)

Conférence du CNARED: Interventions des participants (1)

Publié le 7 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 2 Commentaires.

  1. Ntitwibagireko inguvu zose pierre nkurunziza ariko arakoresha aritwebwe twazimuhaye mukumutora igihe ava mwishamba. Ikindi mbona, nkurunziza ntashobora kurekura ubutegetsi biciye mubiganiro du moins aramutse avyemeye , ntibishoboka. Bene wacu , la force respecte la force ( inguvu zubaha inguvu ).Ubu mwibajije ikintu cobagituma n

  2. Nimurungike abaja abaserukira muri chaque pays no muri Onu kandi muasabe kwirukana
    abaserukira nkurunziza kuko atakiri umukuru w Igihugu
    Nimurondere kandi abakuru b Igisoda muvugane kugira bamenye ko bategerezwa kukingira abanyagihugu
    Rondera cane cane abo bose basoutenant nkurunziza muvugane
    Icanyuma nukwo mwovugana nivyo bihugu btushigikiye kugira baje muri onu bayisabe kufasha mukukingira abanyagihugu kandi bave mu majambo baje mu bikogwa bakize Abarundi

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :