Réaction à chaud de NDABITOREYE Audifax à la sortie de la conférence du CNARED

Réaction à chaud de NDABITOREYE Audifax à la sortie de la conférence du CNARED

DSCI0859

Publié le 7 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 23 Commentaires.

  1. ndayishimiye annick

    mbega iyo CNARED irimwo ba nde mwita abagabo? iyo mitwe y’abahutu bemeye guseruka, abatutsi babakoresha nabo biryamiye, ngo bagomba gukombora inzego zitorewe nabene gihugu? teshwa mute amase ya kera ntagihoma urutaro! murarya akarika, mbabajwe nabarundi bicaye mugihugu bicwa ninzara nindwara abana babura nutwo bohembuza umutima ariko iyo mitwe ibashuka yiyicariye mumagorofa, akaguru kukandi, amata bakayoga inyama baziterana abana babo batonda kumashure kugira bazoze muburundi twagwaniye bavuga ngo nitwe twize tugomba kugitwara! kanura mubone benegihugu, abo bategura intambara bibera mumahoro ntibumva ibiturika, abana bacu turara ntibuca nabo bagondwa nitiro gusa. twari dukwiye kuba maso, igihugu nicacu tukibamwo nayabandi bagitaye bakifatira ubwene gihugu ahandi, ntabukibaabako!!!!!barigwa mwumve

    • None aho ubatuka haguruka none turabe ivyo ukoze mukugarukira u burundi,haguruka rero urwane turabe ,aho udashoboye no gusegenya inyo yawe wicayeko mugabo ukaganza akarimi gusa ,atavyo ushoboye ba uhora ureke ababishoboye bazobikora kandi sukwiruka,saho gutuma umwana, none ga washaka bitegurire ngaha i Burundi?nawe ndaguhebuye uri ikijuju pé! Ehe,bareke bitegure tu uzokwirabira!Ahubwo uri gateranya kamoko nico mbonye!Nuuuumaaaa,gasakize mwo amahwaaaa!Inza n,igwara vyo nimwe mwa ba dd mwabitumye!Mwagira mweho ntibizobakorako,none nabaheko ndabe ko arya wenyene,huuuuuu,ntaco mwobona……!

  2. CNARED ou HUTU power a l’image de celui du Rwanda sous Habyarimana.
    Nous devrions faire attention à tout agissement de ce pseudo Comité qui veut sauver le Burundi. Dans son intervention aussi sarcastique que révélateur, Pancrace vient de montrer les couleurs de cette organisation. « Le bureau n’est compose que de Hutu purs » dixit Pancrace Cimpaye.

    Les Tutsi, oublions-nous très vite? A voir de près, ce bureau est fait des individus connus surtout dans la période de grande crise des années 1990.
    Nyangoma Leonard, Ntibantunganya Sylvestre, Bansansiyeko Mames, Ndabitoreye Audifax, Cimpaye Pancrace…. tous du FRODEBU dur qui s’est illustré avec le massacre des innocents Tutsi après le coup d’état qui emporta le président Ndadaye.

    Les mauvaises langues racontent que Nyangoma Leonard, en présence d’un certain Nduwabike Jean Marie, aurait giflé le président Ndadaye quand il a appris que des Tutsi avaient été nommés aux postes de premier minstre (Kinigi Sylvie) et de chef d’etat major ( Bikomagu Jean). Quand Ntibantunganya a accédé à la présidence en 1994, il a nommé comme son chef de renseignement Mames Bansansiyeko. Ce dernier aidé par Audifax Ndabitoreye était chargé notamment de faire la chasse aux jeunes Tutsi et de surtout alimenter la rébellion CNDD qui était en gestation en RDC. Dans tout cela, Pancrace Cimpaye animait le fameux journal « Aube de la démocratie » qui n’était en fait qu’un outil de la propagande contre l’ « impérialisme » tutsi comme il aimait le dire.

    De tout cela, chers frères, il est vrai que la menace pèse sur nous. Pierre Nkurunziza peut être présenté comme un imposteur ou un voleur de pouvoir mais il ne représente pas un danger imminent de mort pour nous les Tutsi.
    Tout, sauf le CNARED. C’est une bande de diables qui, arrivés à leurs fins, ne manqueront pas de nous devorer à l’image du serpent et de la perdrix.

    • @ K Antoine-Marie
      OOOOh la, la, la, vous êtes à côté de la plaque. Je crois que vous n’avez rien compris à la blague de Mr Pancrace Cimpaye qui a fait rire tout le monde dans la salle !!!

  3. Audifax n’umushingantahe ndamushigikiye!!Abo nabo babura ivyo bavuga bakazana 72,88,93…nibambwire: ko twebwe abahutu twavuga ko twatotejwe kuva kera,e mama ngo batubujije kwiga,ariko uwitwa ngo n’umuhutu ahashitse agatangura gutesh’akanovera inyigisho mu mashure yose,agafuta ivyo kuja kwiga hanze y’igihugu,agashaka guprivatiza universite y’igihugu hamwe n’ibindi bifitiy’akamaro abanyagihugu batobato,mbega mwe mwa baja ba nkurumbi mwe mwombwira ivyo vyose uwo bikorako?Si jewe umuhutu yagowe atagira n’uwumuvugira?2006 abatawe mu nzuzi ni bande?Domitien Ndayizeye bamukorey’iki?Jean Petit Nduwimana yishwe na NDAKUGARIKA atumwe n’uyo nkurumbi,yar’umututsi?Barundi b’umutima,haguruke mwese turwany’ivyo bimwenyi,ahandi ho bazotumara twese,nce ndaba CNARED abo itwara n’aho yofat’igihugu!!Aho ga nyakubahwa NYANGOMA wibagiye ubuhinga wakoresheje mu gushinga CNDD FDD?Va mu gacerere utuje imbere!!!!

  4. …JEWE NDI UMU JUIF KANDI NZOSUBIRA MURI ISRAEL MUMAGURU MASHE ….

    Murasara mumitwe. En 1972 mwarishe abantu bazira ubwoko bwabo, en 1993 mwarishe NDADAYE azira ubwoko bwiwe, ibihumbi amaja bariswe bazira ubowko bwabo. En 2015 muriko mwica abantu bamwe mubaturira babona. Mbe se aho muhamagarira izo Sans-echeques gusubira kwica abantu mwibagiye ko ivyo vyose vyabatesheje imitwe kubera ubutegetsi buriko bushikira bene Burundi vyavuye kugatima kubugizi bwanabi mwamaye kuva kuri ba sogokuru banyu. None se ubwicanyi kuva aho mwabukoreye bumaze kubamarira iki. Ubu ntimuriko mwirukanga inyuma ya NYANGOMA na NTIBANTUNGANYA kugira ngo muronke abo mwikinga inyuma mubwicanyi bwanyu. UWABABASHE NGO UWUSHAKA UMURUNDI (?????) NGO AMUTUMA UWUNDI yarabashutse kuko ibi ntibikiri vyabindi vyakera. Mugiye gufpa mumaramara. Intambara mutegura iyo muba mubishoboye igihugu kiba carafashwe kuva kera. Mubandanye mutere ishavu abo banyagihugu bicecekeye umusumwe muzobabona. Mbe mwibaza ko ubu bohaguruka nabo bagafata ibirwanisho mwobarwanya mukabashobora. Mufise ubwenge buke cane kuko muriko mwiyerekana uko muri abicanyi. Abana bavytse vuba ntibari babazi , ubu bamaze kubamenya.

  5. Cnared nikintu ciza ariko nukugitahura urumunyambwege ugwana nikigigu niwuhomba kuko ikigugu ntaco gihomba tmrero reka kutagura kutanako umwikomo urugamba rutaratagura nayo ndabitoreye yatwawe nishavu ririmwe narimwe nukuza turuva abantu ahasigaye barundi bamurigwanira imbereyuko cnared ibatabara ivuobigugu

  6. Abarundi ndahebuye nta n’inkono y’itabi murimwo. Ariko uriyumvira umuntu afise ubwenge yipfuza intambara mu gihugu cacu c’Uburundi. Jewe ngomba ndababaze : Guteza intambara hamwe no kwihangana gushika mu 2020 ni ikihe kizimvye ( Kizosesa amaraso menshi) ?Hagarika ako kajagari mutahuke muje inama ingene mwokubaka igihugu nayo intambara ntaho izobashikana.

    • Uwo muntu Marion asaba abarundi kwihangana ngobagume bicwa, bakonwa, babicarika mu ma acide, uwo ntanko yitabi azovamwo
      Pour moi Audifax est élement qui va faire bouger le cnared pour qu’il quitte les philosophies et les paroles. Il faut des actions. Comme disait Barack Obama, ce sont pas les manifestations pacifiques qui pouvaient arrêter les armes de Adolphe Hitler.
      Des fois il faut faire recours à la violence pour chasser les tyrans, les tueurs de l’humanités.
      On a pas de choix, on devra recourir à la force, il faut d’abord fagociter le regime vampiriste de Nkurunzya, economiquement et passer à l’assaut.
      Bon courage bien cher Audifax, on a pas de choix, on doit passer à l’action.
      Mûrissez le projet et le soummettez à la diaspora. Ils devront faire l’effort de guerre pour liberer le peuple burundais.

  7. Urakavyara, Mr Audifax! Uravuze neza ukuri nk-umushingantahe! Il faut absolument mettre la priorite sur la protection du peuple au-dessus de tout.
    Je dirais meme plus: Pourquoi est-ce que l’armee du Burundi reste les bras croises? N-a t-elle pas comme mandat de proteger le peuple?
    Audifax for President!
    Merci.

  8. Audifax uvuze neza. Turabona neza ko CNARED iriko irazezeta, ba NYAMITWE ntibicaye ils font tout mugucanishamwo, bakoresheje ubwoko, kwica hamwe n’amahera. J’ai peur de dire malheuresement qu’ils sont éfficace en cela. Abashigikiye urugamba rwo kwikurako umwansi ni benshi, kandi ils sont prêts à se sacrifier. Ariko umuntu aravye neza arabona ko mudakora neza, hariho igituma mutegerezwa kubanza gutorera inyishu. muri cnared hamwe nabashigikiye gukoresha inguvu mugukingira abanyagihugu, hariho abakeneye kwi positiona kubera ibiti bazoronka. iyo n’ingorane ikomeye, icambere CNARED n’abarwanyi mutegerezwa kwumvikana mukagira ico mupfunditse! abagenzwa n’amaronko babanze babireke, Twereke ico abo barwanyi bamaze mubikorwa, intererano izoseseka nkamazi ya mubarazi. Abitanze mumyiyerekano ubu bariko barabizira, bari bashigikiwe n’insinzi y’abarundi kuva kuwucuruza rengarenga mwisoko kuko twabona ibikorwa vyabo vyagakura. Abagenzwa n’iamaronko bobanza bakarindira igihugu kikabohorwa, gutryo bakerekane ico boterera mukwubaka igihugu. Atavyo ashoboye ntaco yategerezwa kuronka. la médiocrite de la soit-disant elite burundaise est basée sur le manque du patriotisme, de l’extremisme, le manque du professionalisme, de l’impunité, du favoritisme,… .Si vous ne penser a tous ces problemes , svp laissez Nkurunziza en paix. Imburakimazi et traître nka Rwasa ziruzuye muri mwebwe. Abo n’ukubazimya kuko bazi kwonona gusumvya kwubaka.

  9. Hier harcèlement par Interpol de Mr S. Ntibantunganya, Mr Onésime Nduwimana, Général Moise Nzeyimana, ensuite Mr Pacifique Nininahazwe à qui on a refusé le visa d’entrée en Suède, etc, etc …Parfois, le monde tourne à l’envers.
    En temps normal, c’est le peuple burundais qui aurait dû se mettre dans les rues pour crier au scandale, interpeler Interpol en rappelant qu’un organisme comme Interpol ne devait pas se faire manipuler par un gouvernement illégal du Burundi et que tout ça doit cesser immédiatement.
    Il appartient alors au CNARED de hausser le ton, de dénoncer, rappeler, sans relâche, aux pays comme la Suède et le reste du monde les atrocités en cours commises par ce même gouvernement illégal.
    Les conférences ici et là, les manifs devant la CPI et dans le monde entier, les déclarations écrites… combien il y en a eu jusqu’à présent ? Tout ça c’est bien mais tout le monde s’en moque.
    L’ONU, UE, UA…ils savent tous ce qui se passe au Burundi mais sachez qu’ils ne lèveront jamais leur petit doigt pour intervenir au Burundi. Nous devons donc prendre cela comme un clin d’œil qu’ils envoient aux opposants.
    Alors, c’est Mr Audifax qui a parfaitement raison. L’heure a sonné de venir en aide à ces milliers de jeunes qui ont montré leur courage lors des manifestations. Il faut leur redonner espoir et l’envie de continuer le combat. Pas seulement aux manifestants mais à tout le peuple burundais. S’il vous plaît, il y a URGENCE !!!

  10. NDABITOREYE, ndagushigikiye basi. NUGUKUBITA IMBWA ZIKABWEJA.

  11. Oui moi aussi je suis d accord pour l auto défense. Mais comment? ??? ABarundi nibatereke umutwe hamwe barabe uko iyo auto défense yokorwa atabwoba nukwitanga kuko ntagutinya kwojamwo kuko nubundi turiko turapfa.niturabe exemple yibindi bihugu vyikuyeko umwansi comme Bourkina Faso comme Afrique du sud nibindi bihugu.kuko Imana itubwira iti wemeye kuba umuja uzopfa uri umuja ntawaremewe kwama yicwa.abarundi nibashire hamwe barwanye ababica ati gute? Bashobora gukoresha amabuye imiheto amatopito ibiti bisongoye armes artisanales bagaturira amamodoka ya leta ama bureau baka bloka amabarabara bakayaca bakayimba.babonye izonkozi zikibi muri quartier bakazigwaniriza hamwe.bagatabarana nkubu baje gutwara umuntu ntibarorere ba reagisse babarwanye kuburyo nyamuntu batamutwara.baje kubohora ama prison kunguvu.habe réactions zimwe ziboneka sans finish.

  12. Nyakwubahwa Madame Hakizimana.Jewe ndi umurundi kandi ndi mu Burundi.Ivyabaye, ibiriko biraba, ibigiye kuba vyose ivyo ntarabona nsa naho mpihwisha ukwo bigiye gusa.Iyi ntwaro ya Nkurunziza ntimute imitwe ngo izovaho kumajambo canke ku manama atagira iyo ava n’iyo aja.Cnared twese turifuza ko yogira ico ishitseko kuko igizwe n’abashingantahe/abagabo n’abapfasoni/abagore bo mu mice yose igize uburundi.Ico ni ikintu giteye igomwe kuko twakibuze ibihe birebire.Ariko rero, twebwe abari mu bururundi iyi saha turavye amahano abarundi isinzi barimwo, twihweje abamaze gupfa, twihweje ingene ico bita communauté internationale cavyitwayemwo, twibutse ama discours et déclarations amaze kuba, duhwebuje aho ubutunzi bw’igihugu bugeze n’ikiza c’inzara gishobora kumara abantu.Ikibiruta rero twitegereje leta ya Nkurunziza ingene yiteguye mu buryo bwose twosaba iki gikwirikira: NIMBA BIDASHOBOKA KO NKURUNZIZA AKURWA KU NGUVU AHO ZOVA HOSE, ABANTU NI BATEGURE CHANGEMENT EN 2020. Bareke kutwica par milles et une supplice.A défaut de l’evincer en douceur,prerons autres chose car lui n’a pas de souci si tout le monde meurt….et on ne peut pas permettre une telle folie.Agisoons de façons rationnelle et stratégique……

  13. Abarundi nibace bajaniranya za dossier zose zatoteje abarundi nukuvuga dossier yaba genocidaire bo muri 1965, 1969, 1972, 1988, 1991, 1993 kandi benshi baracidegevya.
    Gukira ngo amaraso yose yasheswe ico gihe ahorwe kubera ca n’aura pas de sens de punir une partie alors qu’il ya toujours des genocidaires qui circulent librement au Burundi.
    Gutyo na generation izoba iriko iraza izoba yabonye ko abantu bose bakoze ubwicanyi yuko
    barinda guhanwa kandi ko ubuzima bw’umuntu ari katihabwa.
    Imana rugira vyose ihangaze uburundi kw’ izina rya yesu Kristu

  14. Iyo utewe urivuna, none karaciye ingani ngo muzane akajagari abenegihugu ntibabe bagitorwa nabo botoreye? Murarukarisha ruzobamwa sinobabesha. Akimuhana kaza imvura ihise mumenye abo bohanze mwiyambaza ntaco bazoza kubamarira mutabanje mwebwe nyene gutorera umuti ingorane mufise

  15. Nivyo ibitekerezo cokugarukira abariko bicwa na nkurunziza ico nosaba cnared nuko bobwira abanyagihugu ikibuze kugira nkurunziza kungufu kuko atabiganiro nkurunziza ashaka igikenewe rero nuko bohagarira abarundi gukorera hamwe kugira reta ya nkurunziza kubogozwa kunguvu.

  16. Oui Monsieur Audiphax je suis d accord avec vous car ca fait mois de massacres de
    torture de quidnaping de Burundais et se retrouve sans vie
    Les Burundais de la diaspora doivent se lever comme un seul homme pour trouver la solution immediate
    On doit combattre les milices de Nkurunziza notement la police et les imbonerakures
    Abarundi benshi nibasabe ababafasha kugira baje mu Burundi kutabara bene wabo Aho ibintu bigeze nukwo bokwegera abafasha uburundi bagasigura neza igikenewe kugira abarundi ntibasubire kwicwa Ntanumwe relo yokwigira sindabibazwa kuko uyu musi nurya
    ejo niwewe canke jewe
    Tutegerezwa relo kutabara kandi tuviriye hasi rimwe tuzokiza Abarundi twongere twirukane Rumariza

    • Mme Rose Hakizimana, je suis un Burundais de la diaspora et je veux qu’il y ait la paix au Burundi. Le jour où je déciderait que le pouvoir doit changer, j’irai voter pour la personne qui me semblera la plus compétente et politiquement fiable. Ntawonkeneye ngo anfashe kuja kugwanya igihucu c’amavukiro. Lero ntimuze muravugira bose kuko ntavyo twabatumye. Muzoba mukoze

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :