Attaque armée sur une position militaire à Kiyenzi, commune Kanyosha

https://i2.wp.com/www.isanganiro.org/IMG/arton9811.jpgDeux rebelles tués, trois militaires blessés et un fusil Kalachnikov saisi, c’est le bilan d’une attaque menée ce mardi soir sur une position militaire de Kiyenzi en commune Kanyosha de la province Bujumbura.

Le porte-parole de l’armée, le colonel Gaspard Baratuza dit que l’attaque aurait duré près de 30min. Il ajoute qu’aussitôt appris, l’armée a envoyé des militaires en patrouille dans la localité de l’attaque pour vérifier s’il n’y aurait pas des rebelles qui s’y seraient toujours cachés. Cependant, Gaspard Baratuza dit ignorer l’identité des auteurs de l’attaque.

Les résidents de Kiyenzi ont fui en masse à la paroisse Buhonga, à Kamesa et sur une potition militaire de la localité de Gisovu.

Depuis le début de la contestation du troisième mandat du Président NKURUNZIZA – fin avril dernier- et la crise socio-politique qui s’en est suivi, c’est la deuxième fois qu’il y a une attaque armée dirigée contre les militaires.

Une première attaque armée, de grande envergure, a été menée en mi-juillet dernier en commune Kabarore de la province Kayanza. Le bilan était lourd. 31 rebelles tués, 170 rebelles capturés et 6 blessés côté armée régulière, selon les sources militaires.

Isanganiro , mercredi 9 septembre 2015  à 12 : 40 : 01

Publié le 9 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 13 Commentaires.

  1. Ariko ga BARATUZA ivyo bintu vyo kwama ubesha ntiwobivamwo? Mweho ntimufatwa n’amasase da.
    Umusi zotumbera kuri ww wobimenya. Hagorwa uwabuze mweho mwitwengera. Ruriye abandi rutakwibagiye!

  2. Je nanje numva ari ububeshi butagira ifatiro kiretse niyaba abo basoda b’Uburundi ari immortel nn bobo bokwama barokoka hagapfa aba rebelles. BARATUZA murundi siwe nakazi yanka ko yicwa

  3. mbe iyo photo niyaryari ndamuheruka ari munini. ko twasize turimwe kandi amahera bakaba barivye ko mbona akabiri atari keza. ntagatiro kandi amatora yaragenze neza??? umutekano ari wose kuko mwirirwa murabitaganza!!!!!!!!!!!! emwe wiba ingoma ukabura aho iyivugiriza. murarushe kandi mwitwa ngomufise igihugu!!! murakenyeye mupfe nk inyondwi ihenukira kugishato ikarinda ipfa itabizi.ewe les traitres ngo ni leta y ubumwe. muhejeje nabi pe. ubu rupfikiri n abandi babaye iki? kandi muri mwese ntawusumba adolphe. abo muri gouvernements y ubumwe mwomerya arihe navuze dorufu? ewe arika tuzoraba uwundahurura muri mwese. imana niyongabo.

  4. Ndabamenyesha ko mugihe leta yaturiye amaradio privee, mudateze kumenya ukuri numunsi numwe. Ntaho nigeze numva leta itangaza ko rebellion abasoda. Ico mwomenya nuko rebellions etaient en tenus militaire et polices kuburyo bishe abasoda ba leta benshi, bitewe nuko abasoda ba leta ntibari biteguye, kandi babonye rebellion bagira ngo nibagenzi babo baje kubongerera ingufu zo gucungera akarere bajejwe. Sources: Aba police bacitse kwicumu.

  5. vuge make sinon muzorwara imitima.

  6. Nibaza ko baba ari aba rebels atabirwanisho bafise kandi naho bashaka gufatwa sinon naho boba aba manifestants sans armes nta 170 bofatwa….baramutse barwana naho, naho bokoresha amabuye gusa ntihobura uwo bica kiretse baterana imikate apana amabuye…

  7. abo ba porte mensonge nimwe mubafasha gushikiriza ibinyoma barabatuririye n’ama radio!

  8. A qui appartiennent ces rebelles? Pourquoi ne se declarent pas? j’allais les encourager mais ingabo zitagira umutware zitwa impehe nsa….

  9. Amarementanya turayamenyereye mugabo umusi w ukuri uzoteba ushike Kandi iki robel
    cotera abanyagihugu bagahunga iyo ngwano ntiyomara iminuta 30 gusa
    Reka Baratuza yitwengere Nkurunziza n ikirobel ciwe ariyo police bariko baramara abantu
    kuriwe Abarundi ni Nkurunziza n abamushigikiye nayo abandi bose n ivyaduka
    Rindira nabo basoda batatabara Abanyagihugu bazobazwa ico bariko barakora igihe Nkurunziza yariko arasika inganda cane cane ubu atantwaro iciye mu mategeko ihari

  10. izo rapport nirementanya

  11. Isanganiro ntimukomeye mu mutwe…nimba ari isanganiro rya nkurubinyoma…mwumva bishoboka ko aba rebelle barenga ijana bofatwa ata musirikale wa leta numwe apfuye.
    Wait and see!.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :