« Tuer n’est pas grave, ce qui est grave c’est de commettre l’adultère » Denise Nkurunziza

« Tuer n’est pas grave, ce qui est grave c’est de commettre l’adultère » Denise Nkurunziza

20470483244_782a7d5cb4_kOn revient sur le sermon de la première dame du Burundi où elle fait des éloges à son mari qui selon elle ne regarde pas la femme du voisin.

Selon la première dame du Burundi que je vais citer: »

(…) Ces gens qui parlent de 3 ème mandat, je ne veux même pas le répéter, on l’a tellement dit que je ne veux pas le répéter. Mais il y a quelque chose dont je dois remercier : Je disais Dieu, qu’ils continuent à parler du 3 ème mandat,ce n’est pas grave, heureusement que je n’ai jamais entendu quelqu’ un dire qu’il commet l’adultère. »

Pendant ce temps,des filles et fils du Burundi continuent à mourir.

Dans la logique du couple présidentiel burundais,leurs intérêts sont supérieurs aux intérêts de la nation.Que nous importe si son mari commette l’adultère,mais qu’au Burundi tout le monde se sente en sécurité, qu’il y ait une bonne gouvernance, qu’il y ait une alternance au pouvoir comme prescrit dans la loi fondamentale qu’est la constitution, les accords d’ Arusha socle de la paix durement acquis,qu’il n’y ait plus de corruption ni de pauvreté à grande échelle?

L’adultère de son mari concernerait le burundais s’il ne pleurait pas les morts tous les jours.Tout cela démontre le caractère étriqué, égotiste du couple présidentiel.Ce n’est pas grave que les gens meurent tous les jours, d’ailleurs, c’est une punition divine pour ceux qui daignent s’opposer au pouvoir éternel de son mari émanant de Dieu.

Voilà l’idéologie de ceux qui nous ont gouverné pendant 10 ans et qui viennent de s’autoproclamer  empereur et impératrice à vie du Burundi.

http://hopeforburundi.unblog.fr

Publié le 9 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 38 Commentaires.

  1. HA HA HA..!! kumbe nakumuryango
    Ewe Burundi bwacu iki gihuhusi kizotinda gihera
    ngo tuer n’est pas grave.
    Aho vyose birisiguye vrt
    abazoramba bazobona vyinshi

  2. Mbe basha, ntankuru mwoba muzi y’umwana w’umukobwa, une orphéline d’origine rwandaise que denise bucumi avait adopté lors d’un témoignage. Cette petite qui ne faisait que des va-et-vient de bruxelles à bujumbura. Au moment où je vous parle, cette petite a fui à cause de denise bucumi qui voulait la faire tuer pour une raison que vous comprenez tous. Elle était jeune et très jolie par rapport à elle. Vous comprenez que Peter est un homme aussi normal.
    Ce qui a poussé debise à parler de fidélité, c’est une frustration enfuie au fond d’elle; une frustation qui la pousse à avoir même ls rides d’expression sans se rendre compte.

  3. BONJOUR TOUS. Turek guterana amajambo dusenge kugirango Imana idufashe tuve murizingorane. Bane bamama ishavu ryinshi rizana imivumo mugihugu rero turekurire abatugiriye nabi hama tuborogere Imana yonyene niyo izoduha urukiza rwayo.
    ibisigaye on a aucune capacité de faire qoui que ça soit maintenant sauf les lamentations et autres qui ne plaisent pas à NOTRE CHER JESUS DE Nazareth

  4. Nibaza ko warenze akarimbi mu kumuvugira ivyo atavuze! Abahungu n’abakobwa b’Uburundi barapfuye kubera ububegito bw’Abarundi bagenzi babo babagize ibikoresho vyo gushika ku nyungu zabo. Kuni abahungu n’abakobwa bo kwa Pacifique batapfuye (sinipfuza ko bapfa). Ni kuko imbere yo guhemukira Abarundi bagenzi.we yabanje kujana abiwe I Bulaya hanyuma abesha abo abndi yicaye mu mahoteli I Bulaya akagumura abandi ababwira ngo « Uyu munsi turaja mw’ibarabara ni bagomba batumare ».Arikk yavuga gurtyo azi neza ko ata wiwe arimwo kandi ariko abesha ko ari guharanira inyungu z’abanyagihugu. Ivyo uri kuvuga rero.sivyo! ikibabaje nuko mu Burundi tugifise.des intellectuels illetres aho gushinga imitwi yo gureza imbere igihugu bari kwonona amamiliyoni y’amafaranga yari gukura ibishomeri mu bukene ariko bari kuyakoresha mu migambi yo gusambura. ico nobibutsa ni iki « Dieu est souverain » Imigambi yabo Imana ntozokwemera ko ishika. L’homme propose mais Dieu Dispose!

  5. @mieille,
    Abatutsi wababonye hehe? Abanditse ivyo ni abahutu! Ni abasagutse kuri barya dd yataye mu nzuzi n’ibiyaga ibanje kubacacura imitwe.

  6. Pourquoi chers amis burundais devez vous dire première dame ? ? Kweli uyo Denize mwimva akwiriye ako gateka ? ? Asha ino murwanda turababaye kabisa ivyo birigwa bagirira bene burundi . pole cane tuzoza kubafasha guta uwo mucafu mwita couple présidentiel Nkurumbi et la moche Denize

    • Goriyati yiyise Umunyenkomezi, ariko yakubiswe n’agahungu karagira intama kitwa Dawidi. HIiiiiiiii, urakira n’ikindi ntukinishe Imana. Imana irarandura, kumbure harageze ko agacinyizo kari iwanyu gahionduka biciye mu Burundi.

  7. imana iduharire twese kandi niyo yo nyene izi uko uburundi buzomera ejo! sivyo tuvuga canke twipfuza bizodukura muri crise! duhebe ivyaha murabe ko uburundi budakira

    c’est le langage d’une chrétienne

  8. Uri umwangushi ww,wuzuy ububeshi! »Qu’il continue de parler 3e mandat n’est pas grave » bisigura kwica nta ngorane?wariz kweli,tubwir natw dusubir mwishure!

  9. erega yemwe ni intahe yadushingiye kandi ndazi ko benshi yadufashije!Mureke rero umuvyeyi kumurengerera kuko ivyo vyiyumviro vyanyu ntavyo yavuze!

  10. Emwe ni mumureke la première Dame yanshize intahe yiwe!Erega singombwa ngo uvyemere!Kimwe gusa turazi ko hariho benshi yafashije nanje ndimwo!

  11. cette femme est folle

  12. Dénise yarerekanye ko ataho atandukaniye na Peter muvyiyumviro. Imvuga yiwe ntibereye umu Pasteur. Iyo apfuma ahora kuko intahe yiwe irimwo cynisme na égoisme nyinshi. Tout est centré sur sa famille. Jamais amarira y’abandi barundi ninigeze numva ko amubabaje. Amakosa akorwa n’umugabo wiwe ayarenzako uruho rw’amazi. Mbe ko avuga ngo ntarumva Peter yagirizwa ubusuma, ubutuzi bwasahuwe pendant les 10 dernières années ariwe atwara vyobazwa nde? Ahandi ngo ntibavuga ko Peter yica nkuko womenga ntazi abantu isinzi bamaze gupfa ku ntwaro yiwe nubu bikibandanya.

    Les éloges aha Nkurunziza zitandukanye na réalité. Ni uwuhe mukuru w’igihugu atunganye yogira aba conseillers ataco bibanga nka Adolphe, Médard, Nyamitwe, Bunyoni, Ndakugarika, etc.akagira milice yo gutera ubwoba ko kwiwa. Nkurunziza sait bien se faire entourer de personnes de très basse moralité. Est-il différent de ses conseillers?En tout cas qui se ressemblent s’assemblent.

  13. soyez poli iyo mutanga intererano zanyu,n imana ntikunda abantu batubaha abandi.ahubwo va muma jambo musenge imana,ces paroles vous ameneront nul part

  14. soyez poli mugutanga ama idées yanyu,Imana nayo nyene ikunda abubaha abandi.hama muyisenge mureke gutakaza umwanya mu majambo,elles vous amèneront nul part

  15. Tu as raison mpozenzi. Seulement tu dois être d’avis de tous que Denise ne connais pas son mari ou qu’elle est hypocrite quand elle dit que Nkurunziza ne vole pas. Et qu’il n’y est pas accusé. Déjà le 3ème mandat est volé sous notre nez. Mais je me ressaisis car elle aussi a dit qu:elle a demandé à Dieu déjà en 2011 si nkuru pouvait se représenter donc voler le 3ème mandat. On est dirigé par un couple fou. Il sera plus pardonnable au ciel que les couples normaux en principe

  16. Emwe,mwari mumututse kweli,ntaco mwisigalije heureusement ko mutari imana,sinarinzi ko abatutsi mufise frustrations zigeze hiyo.

  17. Mbe wewe Félicité Mpozenzi, ko wipendekeza ushaka iki kandi? Ayo maraso ariko araseseka muzoyishura na wewe urimwo. Umuntu w’umu pasteur atanga ubutumwa bushimikiye mu bihe tuba turimwo. None Denise yasanze ariyo discours atanga actuellement. Elle a juste été confondu car « UMUTINDI AROTA ICO ABABAYE » . Sije naciye uwo mugani. Basi, iyo atubwira ko bose atari abasambanyi. Qu’en-est-il avec elle. Ngo we s’umusambanyi???? Hiiiii, aba petits quicse tapaient d’elle umugabo ari mw’ishamba yarabitayeho bose. Hiiiiiiii! Denise nuwo gutwenga, mais le vrai Dieu de vérité finira par nous dire qui elle est!

  18. Ewe Denise uri indyarya pe! Ubu wohenda nde ko utazi ko umugabo wawe afise abana hanze????? Umugore ava muri Tanzania yazanye umuhungu avuga ko ari uwa pierre nkurunziza, wewe ugasara, gushika naho uwo mugore yahungiye i buvira muri congo akaba ariho yiciwe ugire uvuge ubesha. Funga ici kinwa cawe tout simlpement, de toutes les façons, ivyo ntaco bihuriye nivyo ubutundi butimwo. Uri ikijuju basi. Quel est ton niveau intellectuel au fait??????????

  19. Ni mumureke avuge iryo yigombeye umwanya agifise abamurarira, abandi avyeyi bariko baraboroga. Uwo Imana ihaye avuga ngo Mana nca ukuboko. Kand sukuvuga ko ubaye 1ere dame uca umenya ubwenge gusumvya abandi. Umwumvirije urabona aho ageza. Uyu munsi arazi kwashobora kwinyegeza mubu Pasteur abesha ngo n’umweranda be n’umugabo. En tant que pasteur ubu aba ariko ariyamiriza abantu bariko bicwa baboshe, batorwa dans des rigoles, mu nzuzi, abana bafungiwe ubusa kugira boroherwe, aremesha impunzi zahunze kuber bo. Nayo ngo Imana yaraduhishuriye ibi n’ibindi ? Arabesha abiwe
    bashaka kumva ivyavuga.

  20. La base du débat est inexistante!!!! Denise se situe malgré elle en dessous du dénominateur commun….. ni une mère, ni raisonnable, tout simplement -1

  21. Cette dame a un QI d’huitre. Mieux vaut qu’elle ferme sa gueule au lieu de raconter des conneries. Tuer c’est pas grave!!! et si c’était ses enfants ou son taré de mari tués, ce ne serait pas grave?

  22. J ai des difficultés à comprendre les idées de la première dame!a ce que j ai acquis de l’Eglise,pour quelq’un qui tue volontairement son frère,Dieu se tais!plotôt pour qui commait l’adultère, Il pardonne quand il se confesse!

  23. N’importe quoi! Si vous n’avez rien a dire mieux vous taire! C’est quelle race du journalisme ca? Elle a Jamais vraiment prononce ce que vous rapportez dans le titre de votre article? Elle a seulement dit qu’elle allait s’inquieter si on accusait son Excellence de vol ou d’adultere ! Loin de ce que vous dites des morts ou autre chose! Vraiment…

    • Mpezenzi we ,none wibagiye ko nkuru afise umwana muru tanzaniya yavyaranye n,umugore yaje i burundi,nkuru aja ari kuri pouvoir ngo amufashe, bagaca bamwica! none ntubizi utigirishije,ahubwo ngira Deniza yashimiye Imana ko nkuru yavuye mubuhumbu yahozemwo kera,nahone ntuwubizi ko numva dorofo ariwe yaje kubarondera iyo bari azanira na nkuru, raka ivyo tuvyihoze nivyabo ,mugabo nawe gezaho, barafise droit yo kuvuga ico biyumvira kuvyo uwo mugore avuze,None yagira ngo agenda amusezeye ko agiye gusambana!Ahuuuuuwe ego mama iyobaba ubwumwe bwari ikindi……….!

  24. Sinshigikiye na gato iyo couple avec son idéologie izana ngo Imana yamubariye ibi canke biriya, ariko Urya muntu yiyita Turugwane yavuze ibishegu kuri Mme Denise ntaco amaze c’est un voyou sans éducation! kandi ntarugamba azotsinda afise langage nk’irya! je suis désolé!

  25. Trop égocentrique cette dame:
    – Depuis 8 ans, j’étais seule et j’en ai profité pour grandir et ne plus avoir peur,….umugore w’intambwe aba intambwe
    – Dieu a toujours été avec nous en toute chose
    – Nous étions bénis pendant les manifestations car nos enfants restaient à la maison et on pouvait prier ensemble
    – À un certain moment, j’étais révoltée car j’étais fatiguée de voir mes enfants tout le temps à la maison au lieu d’aller à l’école
    – Cette crise a pu nous montrer qui est avec nous et qui est contre nous
    – On a tellement parlé de 3ème mandat,..je m’en fiche, pourvue qu’on ne parle pas d’adultère,..
    – Pendant que le coup d’état s’opérait, on tenait le drapeau du Burundi et crier vers Dieu pour qu’il ne nous lâche pas,…
    – Je, je, je, nous, nous, nous, mes enfants, mon mari,

    Une chose que j’ai appris de son discours: elle a œuvré corps et âme, sacrifiant sommeil, nourriture,…à chercher comment rester au pouvoir. Elle prie depuis 2010 à supplier Dieu sans cesse. Même quand c’était chaud, elle n’a pas lâché,…

    Nous les chrétiens, qu’est ce que cela nous apprend!!! Hey, réveillez-vous!!!!

  26. Uyo umugore aborewe imivinyu erega murabana neza numu alcoolique be numugabo banywa mumpisho vin muratohoza namwe muraguma mwibaza gomutwagwa nabantu bazima aryamajambo bavuga ntimubona ko aba arayu umuntu atakwije mumutwe’ mureke deniza buca tumwedesha urutoke tumushire kuri YouTube niho azomenya kwo asega imana umugabo wiwe nawe tumugire nka samwel do’ntiyibagire muka bagobo bakwega ikomo ryibere .wewe tuzokoza intoke murico kuko ntawoshiramwo imboro yiwe wohava ihinduka nkabo

  27. Je ne suis pas pour le 3 eme mandat nonplus.. Mais une chose soyons serieux, elle n a jamais dit verballement que tuer n est pas grave* . elle a dis qu on peut continuera parler du 3 em mandat et qu aussi longtemps que son mari n est pas accuser d adultere, son coeur est en paix. Vos interpretations commencent a degene. Votre credibilite est en Jeux

  28. Azobona ko bibabaza umusi hazokwicwa urya muhungu wiwe kandi amarira azoyifasha we nyene kuko nawe yariko aratwenga igihe Abarundi bariko bararira kuko bahekuwe n umugabo wiwe Abandi bahunga batotezwa n intwaro mbi yabo
    Biratweretse ko batasenga IMANA twebwe tuzi kuko batazi Amabwirizwa aruta ayandi Bivuga ko batazi IMANA yaremye Umuntu ikamwishushanya ko
    Birababaje kubona Uburundi busubira inyuma Aho Ibindi Bihugu biriko bitera imbere
    nta muntu akora amaraso yoteza imbere abo atwara canke yokwigisha IMANA kandi akora ivyo IMANA yanka
    Muncamake Abarundi nibasenge kugira ayo mashetani arekure Uburundi Ivyo navyo bizoshika mu gihe Abarundi bazofatana mu ndi bakanka kutwagwa n amashetani

    • Merci Rose,
      Azotire agashambara abaze muri Roumanie ingene vyagendeye Uwari umukuru w’igihugu caho n’umugore wiwe ngira bizoheza bibahe icirwa bamenye kokuri iy’isi hadasakaye uwari we wese arashobora kunyagirwa ! Canke agende muri Côte d’Ivoire abaze! Aho yibaza ko umuvyeyi wa KOMEZAMAHORO atababaye ! Nkeswe birya binyabwoya vyiwe !

    • N ukumubabarira peut etre sivyo yashaka kuvuga kuko burya indimi ziragoye naho yoba ari ta langue maternel ntazi ivyo avuga murundi kuva muri PAF ukaca uba 1 ere dame ce n est pas evident ninkuko camion yoguca ko ukavyuka ata n uruguma ugize

    • uwovuga abishe kandi batwaye haaa ntaco mvuze!!!!!!!!!!!!

      • Heureusement que le site n’est accessible qu à moin de 1/10 burundais! Sinon le coup d’Etat aurait réussi! !!

        • Niyukuri, wewe ndumva ko ushaka kwihora, uramenyanya neza ko kwica kuvyara kwihora, ubu ko hatwara abazi kwica kurusha abandi qu’est ce que tu y gagnes même si tu es parmi les bamenja?

          • kamikazi yunia, niwaba utari imana ngo umenye ico umuntu yiyumvira, tu as tord de juger ton prochain! Nashaka kuvuga gusa ko umuntu wese yarakwiye kwigenga ubuntu mugushikiriza son idée! ibintu rugamba Raddy yavuze n’akamaramaza katagira izina! Et si ces paroles étaient adressées à sa mère ou sa sœur comment pourrait-il réagir?

            • Ivya sezari tubihe sezari; ariko ivy’Imana navyo tubihe Imana. Ndizeye neza kandi vy’ukuri birya ntivyavuzwe n’umwana w’Imana. Mumenye ko Yezu yavuze ko uwuzomucumurako agasaba imbabazi azogirirwa ikigongwe; kubera Yezu aho adugiye mw’ijuru arafise uwo yadusigiye ariwe mutima mutagatifu rero uwuzi ko acumura kuri mutima mutagatifu ngo ntazobabarirwa. Mukagira amakenga murabaza abasoma bibiriya yera.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :