Intervention du directeur de la RBI sur VOA (émission du 14 septembre 2015)

Intervention du directeur de la RBI sur VOA (émission du 14 septembre 2015)

ciramunda-sur-voa

Publié le 15 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 9 Commentaires.

  1. Uwo mu Aimé Pascal Nduwimana, ntawe yokiza, urumva ko abona hafi cane, na language afise urumva ko atabona kure, nta n’amategeko azi, arisabira gusa,

  2. juliette Nzeyimana

    akabi karavugwa

  3. Erega ba Kaburungu na ba Eugène bo muri Kabizi bagarutse! uwo mu Pascal ndumva bavyumva kumwe n’abavugizi! Emwe uwuramvye arabona.

  4. jewe novuga nti turishuye kabisa, ukuramba nukubona

  5. Novuga jewe nti TURISHUYE KABISA UWURAMVYE ARABONA

  6. jean paul makobero

    aimé pascal mwomureka numva yovuga gushika aho impemu zihera ariko uworaba wosanga yavuze ubusa.

  7. Ncuti Yanje,sindamwishuriye Ah Ubwo Nipfuje Kukwunganira Kuko Aratay Isoni.Aratukishij Abagabo Pe,ariko Irya Mana Avuga Atazi Ntinyegejwe Amaraso Y Inzirakarengane Ariko Aseswa Mu Gihugu,amarira Y Impfuvyi N Abapfakazi N Ububisha Bundi Niyaba Abifisemw Uruhara,Tenyenya Iyidac Urwankunzi Azobiyisigurira.

  8. Uri muto Aimé Pascal! Ufise iciyumviro c’umuntu atagira ubwenge! Wewe n’abo mwiyumvira kumwe muri umunyu w’ivyago dufise muburundi. Ba wihorera ureke kwonona personalité yawe. Abavugizi ba Reta n’inzego zayo bariho. Wewe uri icaduka.

  9. Ndasavye uwo yitwa Aimé Pascal asubire mw’ishure kwiga ingene bavuga n’ingene bavugisha abantu!
    Mbe hari ubwo yibaza ko abumviriza n’abasoma ibinyamakuru ari imicuko, kuko n’umwana w’imyaka itatu nti bamuvugisha gutyo!
    Ntasubire kuvugira abatwara kuko abatesha agaciro!
    Iyo mba ntwara nomubujije kumvugira kuko birateye ubwoba kugira ivyiyumviro biri hasi gutyo witwa ko uri umuntu akuze, simvuze uwize kuko abanyagihugu bataciye mw’ishure basigaye basumvya ijambo abavugira ubutegetsi mu Burundi!
    NI AKAMARAMAZA, IBARA!
    Aho nta soni guhayagiza imana uzi neza abantu birirwa baricwa, benshi bicwa nabo arikonarashigikira!

    Ariko ga Aimé Pascal, vy’ukuri uremera ivyo uriko uravuga? Ushobora kwishura wishure, utabishoboye naho wiyumvire, kandi ndabigusavye!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :