L’opposition exige des « sanctions ciblées » contre Nkurunziza et ses proches

https://i2.wp.com/www.jeuneafrique.com/medias/2015/09/15/Nkurunziza600-592x296.jpg

Pierre Nkurunziza prête serment pour un troisième mandat le 20 août, à Bujumbura. © Gildas Ngingo/AP/SIPA

La principale coalition de l’opposition burundaise a appelé mardi à des sanctions internationales « ciblées » contre le président Pierre Nkurunziza et son entourage. Elle les accuse d’avoir plongé le Burundi dans un « climat de terreur », allant même jusqu’à menacer de le « chasser » s’il refusait de se retirer.

Dans un communiqué, le Comité national pour le respect de l’accord d’Arusha et de l’État de droit (Cnared) dénonce un « climat de terreur » et un « environnement de pré-guerre ». La coalition réclame par ailleurs des sanctions à la communauté internationale pour pousser Pierre Nkurunziza à négocier son départ et éviter que le pays ne retombe dans la violence.

« Nous ne voulons pas de sanctions qui frappent l’ensemble de la population, nous appelons à des sanctions qui ciblent très directement Nkurunziza et la clique qui contrôle le pouvoir autour de lui », a déclaré mardi 15 septembre Jérémie Minani, chargé de la communication du Cnared.

« Tous les moyens légaux pour le chasser, y compris la force militaire »

Parmi ces « sanctions ciblées » figurent les gels d’avoirs et interdictions de voyager, a-t-il précisé. « Le président Pierre Nkurunziza a deux options : accepter de négocier son départ ou s’entêter […] et dans ce cas-là, le Cnared utilisera tous les moyens légaux pour le chasser, y compris la force militaire », a-t-il ajouté.

Le Cnared, vaste coalition créée en août et regroupant l’opposition sur place et en exil, des figures de la société civile et des militaires mutins, assure n’avoir « rien à voir » avec les violences qui agitent le Burundi depuis la réélection du président Nkurunziza, le 21 juillet, lors d’une présidentielle jugée non crédible au niveau international. « Si jamais nous sommes obligés de recourir aux armes, nous l’annoncerons publiquement », a assuré Jérémie Minani.

Les principaux dirigeants du Cnared – opposants et responsables de la société civile – sont accusés par une commission d’enquête judiciaire d’être les meneurs d’un « mouvement insurrectionnel » agissant en « concertation étroite » avec les auteurs du putsch du 13 mai.

Par Jeune Afrique avec AFP, le 15 septembre 2015 à 20h16

Publié le 16 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 11 Commentaires.

  1. laloi c’est la loi,non au 3 ntakindi,ivyovyabafuye,vyabaje ne ce pas quoi!!!! mwarahenzwe,uburundi nubwabose,uvuze abavuye muri ethoipia ntasoni,uraziko mubihugu biteye imbere hari abaministre babirabure,canke bafise ama poste ahambaye.ndakubwiyeko ategerezwa kugenda repossss mandat yaraheze,mwatoyereyehe??? ko mwatanguye kwiruana,nukwentimida,nukwica abandi bose ayo matora muyita amatora,abaoro yafasije,nabandi bazobafasha,canke muvuga inkoho mwahawe!!!M²ana mana,naje muri repos.arekekugurisha igihugu.agarukane impunzi,afungure abana baje kwishureee ivyo vyokwihora c’est trés bidon.(un leader shipp akunda ababo atwara bose.Imana ihezagire abashingantahe,nabafasoni badasinzira bariko barondera solution.Hanyuma amakungu ararorera,kuko ntauzogukunda utikunze.repos na kagwi kawe,mubise abandi barahari benshi,twabake igihugu.c’est trés urgent!!! kandi nibaza ko mwohindura amasengesho yanshu!!! mugahamagara inararibonye zikabasengera ngira mwarinjiranywe na mpwemu mbi he!!!! zirabaho!!!! nukuri!!!!! repos!!!! repos!!!!na kagwi kawawe!!!!!!!

  2. Burya Mr Jérémie Minani, akica umuntu ni akamuvamwo. Nibaza ko Leta y’Uburundi yerekanye aho itaniye namwe, kuko itagiriza umuntu ata preuve ifise z’ico cagirizo. fata ibindi bigwanisho kuko ivyambere mwarabifashe abarundi twese twarabibonye. Donc s’il faut negotier c’est avec les non criminels. Kudahana imbwa kurwiza imisega; Nkurunziza atabahanye ngo nuko ari umuporopi, Abarundi twese tuzobihanira twebwe ubwacu, tubakomeshe kuko mwatesheje agaciro igihugu cacu dukunda ngo musife ivyo muriko muraharanira. Uwuzobafasha wewe tuzomufatira hamwe namwe, tubahanire hamwe.
    Mube muritegurira kumaramara, kuko arivyo mwahise mwo

    • uvuze ukuri ngo kudahana imbwa birwiza imisega? Kudahana imbwa kurwiza imisega!!!!!!!!!!ndibaza yuko uravye neza imbwa yambere ari mujeri nyene.nimwaba mugishigikiye urusato rwumye,muzokumana narwo.mbega ubwo burundi uriko uhayagiza ubona busa nuburundi bwohambere hahise?ikijuju gishigikira ikindi ce n’est pas etonnant.ufatwa ubwambere wewe ngira arazwi,nuhere kuruyo uriko ushigikira.kandi buca afatwa maze ndabe uzomukurikira ngo mujananeyo.uburundi butegerezwa gusubira gutwarwa na benebwo kuko ntibutwarwa na karundi tubiravye neza.iyo buba butwarwa na karundi,abarundi twese tuba turi mumahoro.ntangere.mbabwiye ko tutokwihebura kuko imana irafise umuntu izozana ikamuterekaho,kandi muzotangara.uyo nkurumbi muhayagioze afatwe nabandi bicanyi ibisuma nivyambuzi bifatwe.hamwe atamurundi azosubira kurara umutima uhagaze ati mbega buraca uyu musi?hamwe hazobaho ubumwe atari bwabumwe bwa buyoya.

      • Uvuze ngo Uburundi butegerezwa gutwarwa nabene bwo; abo nabo ngo ni bande? Izo ngurukizi zazananye muri somariya na etiyopiya? Ubu rero muzi ko Uburundi ari ubwanyu? None jjeremie yoba abizi ko ariko ahabuza igihugu atitirirwa?
        Uyo Nkurunziza mwita Nkurumbi kuko ari inkurumbi kurimwebwe nyene, kuko yababujije gusubira kwica abana basizwe n’abahisi bahitanwe n’ikiza ca Micombero, uyo akaba yahisemwo kurondera ukuri kwahishijwe kuva kera narindi kuvyerekeye ubwicanyi bwabayeho mugihugu, Uwo Nkurunziza mwita nkurumbi kuko yazanye inkuru mudashaka kwumva, ico mwifuza ni kumuzimanganya kugira muhishe ububi bubuzuye kuko baso babavyaye bashaje batagishobora kwirwanira, none mugomba kubarwanira kugira iminyororo izobabohera mw’isi ntizobakurikirane no mukuzimu kubera ivyaha bakoreye inzoya n’ abapfakazi’; uyo Nkurunziza mwita Nkurumbi yazaniye amahoro abarundi benshi bari barayabuze, abarundi bavutse, bakura babwirwa ngo ni abogupfa, uyo Nkurunziza mwita Nkurumbi yashoboje umwana yabayeho azi ko ishure atari rwiwe kuja mwishure; abana n’abavyeyi bakabibona nk’indoto; uwo Nkurunziza yashoboje abarundi bose kwiga facultes zo kuri universite y’uburundi bashaka naho bikigoranye kuko ugwo gwego gwari gwarazingamye cane, uwonkurunziza yashoboje abarundi bose kwumva ko guhunga bibabaza kuko guhunga wari umwuga w’abarundi bamwe gusa bitwa banyagupfa, uwo Nkurunziza yashoboye kwereka abarundi bose ko ubukene n’ubutunzi vyega bose mugihugu kera ubworo bari ubwabarundi isinzi bitwa banyagupfa, uwo Nkurunziza yerekanye ko kuja mubiro bidasaba ubwoko ariko bisaba ubumenyi; uwo Nkurunziza mwita Nkurumbi kuko yakuyeho akajagari na corruption yari yarizingiye muri letat aho abantu bakora mubiro atamashure bahejeje ngo n’uko bava muntara kanaka canke bafise ubwoko bwitwa bwiiza kurusha ubwabandi. Uwo Nkurunziza ni Nkurumbi kurimwebwe kuko yabakuye kw’isunzu ry’Inzu abacisha bugufi, mwicarana n’abaja kandi mwitwa ba databuja na ba mabuja, banyakwubahwa mwunamirwa nabose. Uwo Nkurunziza yabatse amashi mwakomerwa n’abarundi mwasuzugura bakayakoma kubera ubwoba, agatengo, n’igitsure, bakayabakomera mutanayakwiye kuko naho bayabakomera mwaruhira kubica kuko murio intashima. Uyo Nkurunziza yarahaye ijambo umworo, yasangiye n’umworo, mumwita Nkurumbi kuko yahisemwo kwiyegereza umworo aho kwifatanya namwe nk’uko uwo Jeremie yahisemwo uyumunsi; ntanikindi kibatera kumuhayagiza atar’uko yahisemwo kurya nyina yamuvyaye kugira abanezereze. Uyo Nkurunziza yitayeho bose atavanguye ubwoko n’intara. Uyo Nkurunziza ntiyashoboye guha abarundi bose akazi kuko igihugu gikenye; ubukene nabwo bwunyuwe na oppositions hamwe na ADC Ikibiri kuko bahamagariye amakungu gufatira ibihano uburundi ngo amatora yibwe. Iyo opposition nyene yagumye itambana ibiziga ngo ntamutekano uri mugihugu. Iyo opposition nyene yakoresheje ibinyoma no gushikuza ngo bariko babuza aba DD kurya ivya letat batabahayeko, kuko iyo bose bahabwa uburyo bwo kwiba itunga ry’igihugu ntibari gukakaza. Burya iyo umuntu yaratunze agakwavu gakunkumura ubumera, hama akagatakaza, ahagarikwa umutima n’uwagatoye na canacane ko aba azi ico ako gakwavu gakamwa (ubumera).
        Uwo Nkurunziza jewe mvuze ariwe umukuru w’Igihugu c’Uburundi uyumunsi Abarundi twese turamukunda, kiretse abari mumurwi wabamwita Nkurumbi kuko yabaye Inkurumbi kuri bo. Rero wewe Mr nduwimana Pierreclaver, uri Umurundi nturi Abarundi, iyo uvuga ba wivuga ureke kuvugira abarundi kandi batagutumye. Bwira abo mufadikanije bose harimwo n’ababatwara uti: Nkurunziza arakaramba, uwuzomufata azofatwa, uwuzomwica azokwicwa yicanwe n’abamutumye bose. Nibaza ko mumaze kubona ko Abarundi bari maso. Iyo ntambara nayo muvuga ntaniyo mushoboye muramaze kuvyibonera. Iyo muba muyishoboye nta kigorwe mwogiriye abarundi nakare abanyu mwarabasohoye mugihugu ngo amakungu agira aturire Uburundi!!!
        Amaso yaheze mukirere ngo amakungu azoturira Igihugu ngo n’uko abavuzi b’igifaransa babarundi bari hanze y’igihugu, ngo abasigaye nabo ni aba no civilize ngo ni banyagupfa. Mwibagiye ko avumwe uwizigiye umwana w’umuntu; Rero murafise droit yo kumwita Nkurumbi, kuko nivyo yababereye Inkuru mbi, kuko yabatesheje canecane guhonyanga umurundi mwene gihugu ngo n’uko umubirigi yamwise umuja.
        Teshwa mute, muve ibuzimu muje ibuntu, ivyo biganiro navyo bizoba aruko mwajijutse mukemera kubana n’abandi. Nkurunziza ntaho azoja manat yiwe atayirangije, azokurwa n’abanyagihugu bamwitoreye nayo mwebwe ishavu rizoherera mumurizo nk’imbwa kuko mwishinze ubujuju. Icakora, uwabahanuye yarabahenze, kuko ivyo mwifuza ntavyo muzopfa mushikiriye Imana itabishigikiye.
        Merci

        • komera murundikazi mwiza ndagushigikiye ijana kw’ijana ico gihugu ni icacu ntibazopfa bagisubiyeko tudaheze twese,rero je ne crois pas que tuzohera nibo batitonze ubu ntituzongera kubahunga tuzobimarira harya nyene inkoho ku yindi ,umugano ku wundi,komera murundikazi uri uwa mbere.

  3. Erega Nkurunziza twaramutoye. Ntimuvuire iburaya gusa nimuze mururwane. Mushaka kwicisha urwaruka gusa.

  4. Basha uwuramvye azobona menshi muri buno burundi b.wa nyaburunga, Nawarazi ko akaguruka koriye akandi

  5. Si ce n’est pas parce que vous cherchez le partage du pain, la guerre n’arrange rien pour le bas peuple!

  6. turabarindiriye nimuze mugwane,ni nde azoba ari imbere yiyo rebellion,venez.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :