NZOMUKUNDA Alice soutient le mouvement d’auto défense « Révolution Alliance – HAGURUKA »

NZOMUKUNDA Alice soutient le mouvement d’auto défense « Révolution Alliance – HAGURUKA »

NZOMUKUNDA Alice

Publié le 20 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 21 Commentaires.

  1. Irimbere félicien

    Idée louable qui vient malheureusement tardivement parceque les victimes du pouvoir illégal et tyrannique de pierre nkurunziza sont nombreuses.la création d’un mouvement d’autodéfense est vraiment un acte salutaire.

  2. Iciyumviro ciza.Ndabasavye mumpe adresse email canke terefone ya Alice canke Audifax mbaze ingene.nokwinjira mumurwi waba revolutionaries canke umuntu wese azi ingene bajamwo ambwire mukobwa mukoze

  3. useny’urw’iwe bamutiz’umuhoro, nimukomere kw’ijambo

  4. Ngendakumana Frédéric

    Mana weeee, aha ntiworokora uburundi!!

  5. Abarundi b’umutima turabishigikiye ariko ntibibe amajambo gusa kuko abana b’Uburundi bageze habi. Alice na Audifax twari tuzi ko muri intwari komera ku rugamba.

  6. Mupfasoni Alice ,turaziko witayeho cane inyungu z’igihugu,kuva uburundi bubaho,ntamunrundi numwe arasubiza ubutegetse kiretse wewe,none nimurabe uko mukora kandi mwihute ,iciyumviro ca audifax kije hageze kuko abarundi baheze kamwe kamwe et d’ailleur ubu ngoniyontumbero ya dd,ngo bazoza barica kamwe kamwe mpaka.abarundi beshi baranyotewe amahoro kuburyo bonayigura.raba ubwa mbere murondere uko iradiyo inzamba canke iyindi yokora igashikiriza amakuru abarundi beshi badshobora gukwirikirana amakuru kungurukana bumenyi.Canke murondere ukundi hoboneka uko inkuru ishikira umunyagihugu muto.turindiriye ibikogwa vyanyu mwe na CNARD.

  7. mugwize ibikogwa kuko turarushe.

    • nivyiza yuko tugarukira uburundi.mugabo nitwaguma tuvuga tudashira mungiro tuzosanga baduhejeje tugira ngo tuzokora ejo.ahubwo tuvirehasi rimwe dukureho mujeri iratumara tutaviriye hasi rimwe.nsubiye gukengurukira imisore yo kumusaga yama yitanga ititangiye itama nukuhasiga ubuzima bakahabusiga.imana idutabare idikureko iyo mbwebwe idusubije inyuma imyaka niyindi.barundi mwese,dushigikire abagomba kudukurako umwicanyi nkurumbi.

  8. Audifax arahesheje icubahiro Abarundi cane Cane Abahutu twihweje amarorerwa Nkurumbi, akarwi kiwe hamwe na ba Rwasa bariko barakora. Nzomukunda ni umugore w´’ ijambo n’ ijunja. Twarabonye Audifax yitega amasasu arwanya 3ème mandat abandi banyepolitique binyegeje munsi y’ uburiri. Turazi ko intambara yo gukura abicanyi n’ abambuzi mu BURUNDI itegurwa Cane kandi mu mpisho. Turazi ko hari n’ abandi boba bariko bategura guhabuza igihugu Ariko ab aribo bose nibamenye ko amazi yatanguye kurenga inkombe. Abantu Nkurumbi yabamariye kw’ icumu.
    Audifax sinarinzi ko ukunda Uburundi nk´’ uko ugize iminsi uvyerekana. Je comprends aussi que ta séreinité vient du fait que tu as sincèrement accepté Jésus comme ton sauveur. Qu’ il soit ton guide et ton bouclier. Turi inyuma yawe.

  9. Uo Mupfasoni Alice ivyavuze nivyo benshi biyumvira. Mugihe abantu bubashwe mu Burundi no mu b’ibihugu vyose vyiyamirije 3eme mandat, bagashirako n’ibihano vyofatwa hamwe Nkurunziza abirenzeko. We n’abiwe bagahitamwo kunyarutsa ibintu kugira biyite inzego zitorewe n’abanyagihugu, CNARED ibarindiriye kw’iki ? Igihe babasuzuguye bakanka ko mwicarana ngo muganire imbere y’inkina mico, ubu hahindutse iki. Ubu hageze ko uwuzi ko yagwanije 3eme mandat yicwa bunyamaswa canke agahunga kugira 2020 izogere atawucubahuka kuvuga izina ry’umwami Nkurunziza. Akarore ni rapport ya procureur de la republique yaraye isohotse, irondera gushira kw’amaboko abo nyene bariko bata umwanya ngo basha kuganira n’abatabikeneye. Abantu batorwa ibiziga bapfuye rubi baboshwe birateye agahinda. Ubu rero mbaye uwo mupfasoni Alice, iki gihe nico kurwanira kuticwa imbere y’ibindi vyose. Abarindiriye ibiganiro nibarindire, ariko uwusha kubaho nahaguruke ashigikire abo barundi b’umutima barajwe ishinga n’abenewabo bariko bazira abakunzi b’inda bagomba kwihariza igihugu bonyene.

    • amajambo ya cinared ntimuyajeko,mwabantu namwe.muribaza yuko cinared izokora iki?niyukubahuma amso ngo mugume nmwiteze ko harico izokora kugira imisi ibiragenda.ariko,ndababwijukuri ko ataco izokora.nayo nyene mbonisa niyishigikira nkurumbi.ibikora hanyuma amajambo ibikorwa vyamaze gukoreka.gabanya akarimi mukomeze ibikorwa.

  10. Vyose bariko babikora bakwega amaguru non ndabaza audi yavuy muri cnared cank yashizwe imber nayo?nyarutsa gusa nayo amatangazo ntayo dukeneye shirako ningoga kuko genocide yo nkUru arayirembeje ayishira mungiro

  11. Turabashigikiye ariko namwe ntimutugire nka cnared turabana yeux. Mutwereke ibikorwa apana amajambo kuko kino gihe sicamajambo mais ibikorwa vyogutabara abanyagihugu.

  12. Je suis d’accord avec toute personne qui a l’idée de sauver le pays, du moins ce qui en reste. Au moins audifax que ces soit disant dirigeants du cnared qui n’ont font que nous raconter des déclarations déplacés alors que le génocide est en cours. Nous demandons que le cnared soit remplacé par un autre organe parce-que ils n’ont vont absolument rien.

  13. Uyo mupfasoni arakwiye gushirwa mu mazina yincungu za resistance democratique! Niwe yabibonye kera ko leta ya Nkurunziza yariko iratoba aca aratanga imihoho! Ararahira gukorana n’ibisuma!

    Komera Commandante!

  14. Bravo Mme Nzomukunda! Uravuze neza gose! Kandi ushigikiye mouvement Haguruka izogira ama actions concretes z-abanyagihugu bazokwigwanira, hakurorera les bras croisees…

  15. Mubisanzwe Nzomukunda Alice Naheruka ariwe Presidente w Umugambwe ADR Uwo
    mugambwe ukaba wari muri Adc Ikibiri None ndatangaye kwumva atari muri Cnared
    Namye ndabivuga ko muriryo Shirahamwe babwirizwa kuraba ko bose baserukiwe cane
    cane Abakenyenyezi bakajamwo
    Kuvyerekeye akamo katanzwe na Ndabitoreye ico nigikogwa uwariwe wese yohagurukira
    kugira Abarundi bakire amahano barimwo

  16. mubareke bazoshira nk’ifu yimijira

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :