Les Eveques du Burundi lancent un appel à un dialiogue sincére et inclusif

https://i0.wp.com/info.catho.be/wp-content/uploads/2014/05/Eveques-burundais-Pape-Francois.jpgLes Evêques de l’Eglise Catholique du Burundi ont appelé les dirigeants au pouvoir et ceux qui cherchent à le conquérir à un ‘’dialogue sincére et inclusif », leur rappelant que ‘’la recherche du bien pour tous doit etre leur préoccupation constante ».

‘’Connaissant tous les méfaits de la guerre, nous supplions ceux qui menacent de s’affronter de rejeter l’usage de la force et de la violence, et qu’ils mettent en avant la voie d’un dialogue inclusif impliquant à la fois ceux qui sont à l’ intérieur et ceux qui sont à l’ extérieur du pays, sans exclusion ‘’, ont-ils dit dans un message publé ce lundi.

‘’Le pays nous appartient à nous tous et il a besoin de tout le monde pour le construire », note la source

Selon eux, mêmes si les élections sont finies et que les institutions de la République sont installées, on ne peut pas ne pas constater qu’ il existe dans le pays, des signes d’ un déficit de sécurité, surtout à Bujumbura,

A coté de cela, d’autres faits inquiètent, selon les évêques catholiques, soulignant que pas mal de Burundais dont des politiciens et des membres des différents corps de sécurité et de justice ont fui leur pays.

Il y a aussi le problème de la pauvreté qui continue de s’aggraver dans le pays, cela étant dû en partie à cette situation de crise dans la quelle nous nous trouvons

Parmi les entraves à la solution de la crise actuelle, les eveques burundais listent la ‘’fierté arrogante » des Burundais de prétendre qu’ils sont autosuffisants pour résoudre tous leurs problèmes, sans aide extérieure.

APA, 21/09/2015 à 11:52 UTC

Publié le 21 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 12 Commentaires.

  1. HASIGAYE IMYWAKA INE NGO TWESE TUVE MURI NYAKAZSI KUO UYU URAHEZE

  2. Abansi b’Uburundi ntaco batakoze ngo bateranye abarundi. Barishe ABABIKIRA Italiennes kugira ngo bateranye chretiens quatoliques na l’Etat ya NKURUNZIZA. Kuko bazi ko Nkurunziza ari un Chretien Protestant bakibaza ko abakatolique bazoca bamwanka. Ariko barihenda kuko ivyo bakora vyose abanyagihugu bo beneburundi barabibona. Kandi burakeye kabiri bazokwicuza ico bariko babikorera.

  3. L’église Catholique, mwodufasha kugira amasengesho akomeye pour le Burundi: les neuvaines, les jeûnes,… s’il vous plaît. Vous savez très bien que la question du Burundi pèse lourd sur les burundais et plus une journée passe, plus de misère, de désolation, de deuil, de faim et soif, de torture,…bref.
    Dieu est lui seul qui peut résoudre les problèmes dont nous ne pouvons pas régler nous même de façon juste et honnête.
    S’il vous plaît, décrète les prières nationales!!

  4. Haribidusiga Fabien

    Imana ntikinishwa. nuwobura ico asonera, ntiyokwerurira abakozi bimana. vuba cane tuzobona abayikorera nabayinyegeza inyuma ngo babeshe benshi.Ariko, aho ihaniye hose, irahana kandi ntiheranwa

  5. Umwana w’ Imana yishwe nabameze nk’abo, muragaba; Bagira batangure urundi rugamba.
    Bamenye ko Abarundi tutazobatinya nimba bagomba kwiyita barugira vyose kandi ari bagahonyamiryango; 1972 bigaruriye abapfakazi, insigwa zabo aribo bana b’impfuvyi babahindira muri yagamukama, kuko atakamaro babaha, None bibaza ko abarundi twavyibagiye? Ntavco bigeze bamarira igihugu, kandi bama bahengamye.

    • Wewe wiyita Murundikazimwiza: nivyo, il faut kwihora, il faut frapper fort ceux qui t’ont fait mal. Tu sais ce qui va arriver: tes enfants ou les hutus que tu sembles donner raison dans leur tueries sans nom,… , après N années, ça sera le tour de l’autre camp de se vanger car ils diront la même chose que ce que tu dis aujourd’hui. Donc, tu prépares le Burundi pour qu’il soit un éternel champ de haine, vageance, tueries sans scripule ni sentiments. Le mal est enraciné et circule dans le sang des burundais et ne vous étonnez pas pourquoi les choses sont comme elles sont . Toi aussi et tes enfants, tu mourras de faim car vous vous vantez de bien faire en tuant et vous oubliez que le mal ne peut jamais permettre à un peuple de vivre la paix et la sécurité dont vous avez tous besoin: hutu et tutsi confondus!!
      Les animaux sont mieux que nous!!

      • Il faut comprendre Ms Alida, Icaha gihanwa kandi giharirwa aruko cemewe co cakozwe. Uwiciwe ejo n’uwiciwe uyumunsi n’uwuzokwicirwa demain ntahobataniye!!! Ico nico Abarundi turiko turarwanya. Ayo mabingira nayo yiyambitse urushato rw’intama ngo ni intumwa z’Imana kandi batarihana icaha bakoreye abarundi n’Uburundi muguhishirira abicanyi ntamurundi n’umwe akeneye kuzumviriza. Nibihane bavuge aho abantu bahambwe n’ingene bishwe hanyuma Abarundi tubababarire, ataruko inkovu ziri mumitima yabenshi ntizizopfa zikize kandi zitavuwe. rero muntu w’Imana, tahura ko atari ukwihora, ahubwo ni kurondera ukuri kugira abarundi babuze ababo babahambane iteka n’uko ahandi bikorwa, hanyuma baharire ababiciye ariko auri uko bamenye ukuri.

  6. Wa muntu we, nibaza ko ibintu ubirabisha ijisho utazi ivyo ari vyo ! Eklezia si akarwi nkuko ico ciyumviro cawe gisa n’ikigomba kuvyerekana. Uwo kirisitu nyene abo Bungere bahagarariye yaje kwisi ku bw’abantu. None mugomba ngo ntibavuge ku bw’abantu? Nta buzima na bumwe, nta ruhande rw’ubuzima na rumwe Kristu adafisemwo ijambo. Menye icatumye Kristu ahagarika Ekleziya kuri urwo rutare rwaraye ruvumereye, umenye kahise kayo, umenye ihangiro ryayo, uca utegera. Na none utaremera ntushobora gutegera; ntunashobora gutegera utaremera. Abungere bacu nibakomere ku muheto, abo na bo bivugira utujambo bomenya ko abo Bungere badakekezwa. Urakoze.

  7. Iyi ntwaro idasonera intumwa z’Imana izica ikongera ikababuragiza ibe neza ibaze umutama Bagaza aya yabonye.

  8. Gahungu Ferdinanto

    ubwo mwebwe abasenyeri ntimuziza nkurunziza ko yabamaze kw’abakirisu abajana mugamiza ? Jeho narinziko musangiye Kirisitu umwe mwomushigikiye . none abo bitwaza mandat yagatatu mukumurwanya ntibazi neza ko ari iyakabiri yitorewe n’abanyagihugu nkuko ibwirizwa nshingiro ribimwemerera ? Erega muzohava mwimaramaza . Abarundi baraciye ubwenge . Mbega ko mwari mwarabivuyemwo ubuho mwabigarutsemwo gute? nuko coup d’etat yaburiyemwo ?

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :