Interview exclusive du Général NYAMBARIZA Didier: « Les raisons qui doivent pousser tout burundais à combattre la dictature de NKURUNZIZA et sa clique »

Rencontre avec le général NYAMBARIZA Didier

Interview exclusive de la Radio BUJUMBURA Internationale:
« Les raisons qui doivent pousser tout burundais à combattre la dictature de NKURUNZIZA et sa clique »

Publié le 25 septembre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 18 Commentaires.

  1. Niyonsaba Jean Pierre

    Ariko Muratwenza!Ntangwano Ishoboka Mugihe Abenegihugu Benshi Batayishigikiye.Nibo Batunga Abagwanyi,babagaburira,babanyegeza….None Burya Atarukwitera Ijeke,mubona Iyo Ntambara Mugendana Mumitwe Yanyu Ntimubonako Atantambwe Mwoterana Isegenya Ry’abarundi Bakunda Kandi Bashigikiye Amahoro?Enda Reka Turindire 2020 Musabe Amajwi Mutogwe Hanyuma Munaniwe Mutekereze.Mwovyumva Mworeka Intambara Muzotanguza Ntimuzoyivamwo.Icitondegwa Mwe Nuko Nuwutari Hanze Aguma I Buja,hamwe Mwohirahira Mukanakomeretsa Umukuru W’igihugu Abantu Bose Mwikekako Mufise Ico Musana Muvyiyumviro Muzoba Mubaroshe.Rekana N’intambara Kuko Mushaka Guta Murudubi Ibitari Bike.Politique Oui,intambara Non!Muraruhiye Mwisi Kweli!Ikibabaje Nuko Muhenda Abari Mugihugu Namwe Nivyanyu Mwibere Hanze!Ewn Bupfu Buri Hano

  2. Ariko biratangaje;Ko asigura ivya politik ari soda;birateye ikibawo

  3. Le pire n’est pas de bombarder le dictature nkuru mais c’est de le laisser continuer à mâter au pouvoir!change we need.

  4. Mbega Abarundi mwebwe mwaremwe gute! Aho mwahereye mwankana mwicana mubona hari ico vyabunguye atari uko ako gahugu kanyu kasubiye inyuma kakama inyuma y’ibindi bihugu! Ituu mwese muri mu bwoko bubi bw’abantu. Ese iyo mwari kuba mufise igihugu kinini kandi gitunze mwogarukiye hehe! Muzokwama uko nyene n’urwanko mufise mwese muri ibivume muri Afrika…

  5. Le général Nyambariza m’inquiète car il sort largement de la mission qu’on peut attendre d’un combattant. On ne lui demande pas de raconter ou d’analyser notre l’histoire. C’est pas son job. Ce qu’on peut attendre de lui est tout simple: contraindre le tyran de Bujumbura à accepter de vraies négociations ou à partir carrément.
    J’aimerais que Nyambariza, lors de ses publication vidéo, fasse le point pour nous dire où il en est dans sa mission. S’il a réussi un coup quelque part, qu’il nous le dise avec des preuves à l’appui. A-t-il fait des prisonniers, qu’il les fasse parler devant la caméra. A-t-il conquis une localité, qu’il nous le prouve. Dire qu’il attend, qu’il observe, qu’il réfléchit, ça n’est pas une nouvelle. D’un militaire, on attend pas des blablas, mais des actions.
    Mais surtout, il faut qu’il s’engage solennellement à rentrer dans la caserne une fois qu’il aura terminé sa mission.
    Un militaire ou un ancien rebelle qui se reconvertit à la politique, c’est comme un loup qui se vêtit d’une peau de mouton. La preuve: Pierre Nkurunziza.

  6. Wewe target, tu fais pitié, il parait yuko kuva iyi crise i Burundi itangura ngo hariho abarundi benshi bafise ama symptomes pathologiques, je crois que tu fais parti de ces gens, ndavye uyo mujinya ufise. Hewe uraja kuraba umu psychiatre wawe akurabire ibitagenda neza mu mutwe hakuza gutukanira kuri ino Forum. Umuganga acagukiza ayo ma frustrations yawe.

  7. Uyo musilikale sindamuzi… Mumbabarire maze imyaka myinshi en Europe nahunze nkuze en 72 murumva ko amakuba ndayazi. Rero ikintu nemeye nuko twosezera ivy’amamoko tukitwa abarundi tout court… Nanje ngihunga nibaza ngo nukwihora ariko nshitse en Europe naratangaye nize histoire d’Europe…ubu abazungu (j’habite en Suisse’s) baguma bambaza ko mu Burundi hariho amashule secondaires… Kuko ivyo vyiyumviro vya ethnies babiciyemwo haheze nk’ imyaka 1000, kandi nabo baraciye muri za « Arusha » zabo imbere yuko babisezera… En plus bobo hapfuye ama milliars y’abazungu mu ntambara z’amoko kuko nkuko uyo NYAMBARIZA yabivuze at a mategeko ya democratie yari bwaze.
    Ikindi numvise nuko naza FNL bari kumwe…. Rero nimwunge ubumwe mukore muri abarundi atavy’ubwoko… Cane cane mufashanye naza societe civile babafashe kugira PROJET DE SOCIETE ihumuriza abarundi. Imana ibaje imbere.

  8. Muragira urugamba ruticamwo imigwi aho muzotsinda nico cafashije FPR ariko ni mwamara kwiyunvira ama poste ngo mushinge leta nka ba ba frondeurs birirwa baraducereza kubera umwina wi vyisi. Muze avec projet de société et non pour construire les étages aho muzotsinda.

    Mwirinde uyo wese abaha amajambo avuye kwa Nkuru

  9. Uwo yiyise Patriote, sinibaza ko uri umu Patriote kuko umu Patriote ntashobora kuvota pour la guerre. Mu rwano inganda nizo zitikira kandi urashobora gutangura irwano ariko ntanarimwe uzi igene iyo rwano izohere, nimba izoherera iwawe canke ukayitsinda ntavyo uba ubuzi?Wataze akarorero kuri FPR, nanje ndaguhahe akarorero ka Savimbi wo muri Angola. Savimbi yaramaze imwaka mwinshi mw’ishamba aruhira kwicwa, hanyuma Irwano ica irahera muri Angola.

    • mbega rivuzimbwembwe ntuziko ata ideologie nyayo udatsinda urugamba,savimbi ko yashaka diama,mkota nawe gukura aba menja,izo mbwa zaba dd bobo nivyo babagabiye arusha birabananiye ku gera kubera ubumenja bwabo…Imana ihora ihoze na rwasa baje hamwe ivyo bakoze bazovyishura kanatsinda nyambwa ntaba nyanka.

  10. Ibintu vyama bitangura uko ngo ni « mission suicide ». Abarundi kurwanya Nkurumbi ils n’ont rien a perdre. Naho boreka barashira nkuko yavyivugiye.

  11. Ewe Rivuzumwami, eka uwakwise izina yarihenze! Uti mission suicide? Wibaza ko ubwinshi aribwo bugwana? iyaba vyari ivyo FPR mu Rwanda canke NRM mu Buganda ntibari gutsinda!
    Iyo musirikare Nyambariza ni ubwambere atanze ijambo rifashe, ijambo riduha espoir! Ivyo avuze vyose ntiyabeshe kandi niyo nzira yonyene yo kurwanya aba genocidaire bo mu Burundi no mu karere bakaba ubu baserukirwa na Petero Nkurunziza mu gihugu c’UBURUNDI!

    Ahubwo ni waba uri umurundi, umuhutu canke umututsi raba uko woshigiira urwo rugamba, abo bantu baritanze kugura badupfire gushika agateka ka zina murundi kagarutse!

    Na bari i Bujumbura aho uvugira bari kuri mission suicide! Kuko baricwa nkisazi.

  12. Komera muzehe…buke buke nirwo rugendo… Igikuru n’iherezo, nimwakorana n’abandi atavyo kwinubana ntagisivya muragifata… Imana ibazigame, tubazeyeko vyinshi…

  13. Mission possible à condition que vous unissez tous vos forces et que le CNARED se transforme en movement POLITICO-MILITAIRE pour le financement international… Ivyo bibonetse, nakanya isase gukuraho nkurumbi n’akagwi kiwe.

  14. Mission suicide!!!

    • Au moins il ose « se suicider » pour nous sauver de ceux qui « nous suicident », ceux là que tu soutiens apparemment inconditionnellement. Que fais-tu, toi, sinon gutambira uwuhishije?

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :