Déclaration du CNARED sur les tueries massives organisées par le système NKURUNZIZA

Déclaration du CNARED sur les tueries massives organisées par le système NKURUNZIZA

CNARED 06102015 162046 001CNARED 06102015 162251 002

Publié le 6 octobre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 9 Commentaires.

  1. Nkorikori JOHNSON

    Musabire abaganza kuko Bible ivuga ko n’a Farao yari yashizweho n’Imana,kudahuza ivyiyunviro subwansi ahubwo aba arubutunzi bwivyiyunviro ,rero nivyiza iyo bigiye hamwe kugurango hatoranugwemwo ivyubaka kugirango vyubake igihugu kuko numugore numugabo barabana kandi harivyo badahuje ariko mukwubakana batora ingeso zisa bo nibibahuje akaba arivyo bituma bubaka nibidahuriweko biriho kugirango habeho ubutanduka hagati yumuntu nuwundi.Rero umuntu wese afise ico yoterera nakizane kumeza hanyuma muvyiyunviro vyose mutorenwo ivyo muhuriyeko twokwubakisha uburundi bwacu kuko nitwe tuzi ibitugoye.Reka gufata ingorane za bavukana kuzijana hanze mukuyararaza ejo muzosanga twisamburiyeko nkimpene, kuko uwutema ugwiwe ntawumwima umuhoro .Nuko ivyiyunviro nivyipfuzo vyanyu mubihe abajejwe kuvyiga kandi hajemwo amashengero yose abakenyezi namashirahamwe atangira aho yegamiye hanyuma bige bateko bategure umategeko ningingo zotuma twogorora ariko bibe atanduru ivuga mugihugu Murakoze Imana ihezagire uburundi nabarundi .

  2. Nkorikori JOHNSON

    Mubintu Imana yanka harimwo amaguru yihuta gusesa amaraso ntamuntu yemeregwa kqaka ubugingo uwundi muntu kuko yaremwe mwishusho y’Imana ,kandi uwudakunda uwabona ntazokunda Imana atarabona.Igituma ubwicanyi bubandanya nuko atarukundo.kuko Bible ivuga ko uwanka uwundi aba ari umwicanyi Imbere,rero imbere yuko umuntu yica uwundi atangura kubura urukundo. Yesu yigishije ko dukunda abansi bacu no gusabira abaduhama ikirenze ngaho kiva kuri wa mugwanizi

  3. Nkorikori JOHNSON

    Barundi barundikazi namwe mwese mwubaha Imana nimwunve ndababwire.Kaini amaze kwica Abel Imana yunvise amaraso ya abali ataka imbere y’Imana no muvyahishuriwe yohana urabona ko amaraso yabicwa aguma ataka imbere y’lmana none ndabingize mugarukirize aho mwicarane muyage none ejo muzotwara iki umunyota cankabantu ejo niwapfa ugasanga mukuzimu uwuheruka kwica uzomusaba imbabazi bishoboke ko mutabona ko shetani yanyotewe agomba kwuzuza amaraso ubu nigihe ça Halloween shetani akeneye amaraso avuye mumasanganya no muntambara kami atayakwije ejo nawe azokubwira ko ayo wamuhaye avuye mubo wishe adakwiye hanyuma azokwaka nayiwawe nuko nutihana ejo uzoba ahuriko urashira abandonné Imana ikugendere utahure message.

  4. emwe barundi barundi kazi ni mureke kuruhisha imitima ngo muriko muriyumvira imvya pololitike, tuza mu bihereze imana yonyenye, kuko niyo mushobora mvyose. tureke kwirusha twiyanduza. yoyo irabibona. abari mu makosa canke abari mukuri yoyo irabibona kandi niyo mucamanza mukuru. bana bimana tureke kwiyanduza turindire imana ikore yonyene nayo twembwe ntaco dushoboye.ko tuvuga ibibi mvyabaye, ko tutavuga imvyiza mur’iyo mwaka bavuze ngohabaye ihonyabwoko, ni duharire imana yo ntiduharira ku musi ku musi ni duharire natwe imana iduharire. emwe burya twese turi ibiremwa vy’imana, yezu aduhe inkomezi yo gukundana.

  5. vraiment c’est grave! urwo rwandiko rwanyu vy’ukuri ntagihumuriza kirimwo kuko nibaza ko ibihe abari mu ma quartiers yanse ubuja bwa nkurunziza n’akagwi kiwe babayemwo bitarabashika ku mutima si non ntimwari kwandika uko, ivyo na Uprona du temps de BUYOYA ntiyasiba kubikora mu gutera ivyatsi abicanyi basheshe amaraso kandi bari aba nyene ubu bahindutse noneho uko umuntu asohora isuka ngo arondere utwo afungura ariko bagwiza ibiziga. nkako kandi muragaba! twari twarumvise ko nkurunziza afise igitigiri c’ibiziga vy’abarundi yatumwe n’abapfumu biwe bo muri Afrique de l’ouest kugira ngo bamuhamurire intwaro yiwe ize yameho none namwe ayo majambo yanyu ba murayavuga nawe ariko aregereza ivyo yatumwe muzoja kuronka ivyo biganiro mushashaye mumupfukamira kuko d’ici peu ndabona azohava anarenza ivyo asabwa n’ayo mashetani yiwe.
    Abarundi rero turarushe iyo tuba abandi twari tugeze guhindukiriza amaso yacu ku Mana Rugiravyose tukayisaba ikigongwe kugira abapfa ibakire mu bwami bwayo yongere irokore abakiri bazima izure n’abo bapfuye bagenda.
    noyo mwebwe mutari buvugane n’amakungu ngo arungike inteko zokingira abariko barakererwa nk’inyamaswa baguweko n’ivyago atacamira nk’uko yari yabiraganye umusi arahira, Amakungu akaba atagushoboye gufata ububasha kuri ibi biryanyi vy’imbonerakure n’abapolisi tubona hano ngo namwe nyene abakingire muze hano kubandanya politique! ni mwihoroere Imana izodutabara hageze kuko hariho abariko barasenga kandi izotwumvira igihe ni cagera nayo ivyo vyanyu birahinyutse ntimuriko murafata au sérieux notre souffrance.

  6. Au lieu de nous faire perdre du temps avec un discours de faux espoir, TRANSFORMEZ VOUS EN MOUVEMENT POLITICO-MILITAIRE, là nous vous ecouterons…VOUS AVEZ PEUR OU VOUS MANQUEZ DE MOYENS FINANCIERS? ???? ARCHI – FAUX puisque nous sommes prêts à tout donner!!!! Alors, ETES VOUS DIVISEZ SUR LA QUESTION DE PRENDRE LES ARMES? Est ce que le sacrifice, le message de VALENCE n’est pas suffisant? ? S’ il vous plait, il est temps de quitter vos zones de confort et PRENNEZ VOS RESPONSABILITES. ..ET LE PLUS VITE POSSIBLE, AVANT QU’ON NE VOUS DECLASSE !!!!!!!!

  7. Excellent! Pas de dialogue ni negociations avec un groupe de criminels – il ne faut plus les appeler « gouvernement » car ils veulent gouverner les cadavres!

  8. Ni mwebwe mwemanze ku ma radio yanyu ko mushigikiye organisation d’autodefense,niyo organisation yanyu yirigwa yica abantu ni muvassume

  9. pas possible,vous ne demandez pas l’arrestation de nkurunziza?!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :