Le président du CNARED renforce son cabinet (nominations)

a

Publié le 9 octobre 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 7 Commentaires.

  1. Encore le « Sud »? bagiye kuvyica vyose noneho!

  2. Igikenewe n’uko uburundi bwokwogorora bukuva mu buja bw’ubukene « harara inzara hakavyuka inzigo » umuhinga rero wogukiza kino gigugu, n’uwomara ikibazo c’inzara kugira inzigo igabanu canke ihere burundu. « barare bahaze bavyuk
    ane urukundo »

  3. Turabateye intege kandi turabona ko muriko murakora naho abana b’igihugu bariko barapfa ku mpande zose baba abapolisi n’imboerakure zihendwa canke urwaruka rwemey kwitanga kubw’igihugu bose n’ab’igihugu.Mukomere ko mwanse gusesa amaraso Imana izobaja imbere

  4. jewe nibaza ivyiza mwoganira mugahuriza hagati

  5. Nyakwubahwa Uburundi N’abarundi Bizoronka Amahoro Mwebw Nyene mpande 2 Zishamirany Mwumvikany Mugahuriza Kukintu Kimw Ciza Kane Kiberey,muhanuz Kand Muhanur Mwogera Muhanurwa Haraho Imana Izobashoboza Tukambuka.

  6. Ivyo Ntaho Vyodushikana Ahubwo Ganire Niwo Muti

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :