Conseil des ministres: La création de la province de Rumonge, un des points analysés

Conseil des ministres: La création de la province de Rumonge, un des points analysés

DSC 0265Le président de la république du Burundi, Pierre Nkurunziza a tenu une réunion du Conseil des ministres les 8 et 9 octobre 2014. Au cours de cette réunion, six  projets de lois ont été analysés.

Le Conseil des ministres a notamment analysé le  projet de loi portant ratification par la république du Burundi de l’accord de financement du « Projet hydroélectrique de Jiji-Murembwe » d’un don d’un montant maximum de quatorze millions trois cent quarante mille d’unités de compte équivalent à vingt-deux millions de dollars américains accordé par le Fonds africain de développement au Burundi. Il a également analysé le projet de loi portant organisation de la pêche et de l’aquaculture ; le projet de loi portant régime général des contrats de partenariat public-privé ; le projet de loi portant création de la province de Rumonge et délimitation des provinces de Bururi, Bujumbura et Rumonge ; le projet de décret portant création, composition et fonctionnement du Comité de coordination du système d’enregistrement des faits d’Etat civil et d’établissement des statistiques de l’Etat civil ainsi que le projet de décret portant règlement général de police des ports.

Le Conseil des ministres a, en outre, analysé la note sur le fonctionnement des écoles paramédicales et la note de plaidoyer pour l’adhésion du Burundi à l’Initiative pour la transparence dans l’industrie extractive (ITIE).
Le Conseil des ministres a enfin fait le point sur les divers.

Eric MBAZUMUTIMA, http://www.ppbdi.com

Publié le 9 octobre 2014, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 16 Commentaires.

  1. ndabona ko mwavuze vyinshi,mugabo jw nkumurya rumonge nobabwira ko ari ntsinzi idasanzwe kuko abanyabururi(baba tutsi)bamye bayirengagiza kdi ariyo yari ibatunze.
    hama benshi mwatutse abahutu ngo ni bijuju,none ko mwabankiy ko baja kwishure mugomba ko bamera gute??twebwe abana babo,nitwaheza amashure tuzoza tubatware neza kuko twebwe mu mico yacu(abahutu)nta nzigo dufise,ntitwanka kugabura nabo dusangiy igihugu…kdi muvyo mukora vyose mumenye ko bizobagora gose gusubira gutwara.

  2. Abahutu uko mwamye muri ibijuju nubu muzopha muribo. ubu rero mubona mutwara igihugu murya abo mutwara, mwirirwa murahekura abavyeyi,impfuvyi zirirwa zirarira mukibaza ngo Imana ntibabona.
    Mbe aho muvuga ngo Bururi yarishe , ivyo turiko turabona ubu ntaho twigeze tubibona hatwara umunyabururi ese iyaba mwatoteza abatutsi gusa aho twovyumva kuko turazi ko mwari mufise umugambi wo kubahonya kuva kera Imana igakinga. Ubo none ko mumarana hagati yanyu ni bururi iriko irabamara?
    Aho kwibaza ingene mwoteza imbere igihugu mwiyumvira kugicamwo udupande kuko nivyo mushoboye kanatsinda mwaramenyereye gukata imitwe yabantu. Iminsi yigisuma nimirongo ine ntimwibaze ngo muzoguma kubutegetsi kandi ivyo mwariye muzovyishura.

  3. Aho mwese muvuga yamuhe ni ukuberiki jakubikorwa mukore naho ikibazo ca moko twaragisezereye kandi abarundi ntimunuka babata hafi muribagiye iyo tuvuye tereza amaso imbere tubake igihugu catwibarutse mureke gutukana atacomupfa notre pauvre pays a besoin d’aide non seulement financièrement mais aussi moralement je vous invite pour prier si non si non le partage des provinces ne devrait pas être un commentaire de la semaine le pays voisin comme le rwanda a quatre provinces comme le quatre point cardinaux j’aurai souhaité d’imiter non voisin en rehaussant l’économie du pays et en réduisant les chaumeurs par la création des emplois naho nitwishinga gutukana ntahotuva ntanahotuja inda basha duterere ivyiyumviro tubake igihugu ca twibarutse salut.

  4. Bururi nyakuramba

    Bururi siyo yitj imbr n’Imana yo mw’ijuru yatumy iba ukwiri kuko aba missionnaire beshi baza niyo bahungira malaria yo muri région imbo hama ba sogokuruza bacu bakabakira neza kandi bakabatahura hama baca baracangamuka abana babo bariga abadufitiy inzingo bihangan caaane niko abantu dukuze turi jaloux nyn niko dukoz ataruwasizw amaraso yumwami wacu zesu kristo nubu ivyo bagira vyos nibagir muga harya iciza gisumba ikibi. Abarundi ni dukundan dutz imbr igihugu cacu.

  5. KOMERA MUTAMA. SONGA MBERE TUKO PAMOJA.

  6. Mbe uyo mugabo yibaza ko abanya rumonge ari bo batumye abatutsi biga. Il ne vois que sur le bout de son nez. n’ubu benshi bari muri diaspora kandi si Rumonge yabarungitse yo. None no hanze azobasangayo. Emwe akabonge koko ku ba DD ni kenshi kandi karacabandanya. Ni muvyemere babasumvya ubwenge na strategies.

  7. Abantu mwandika kuri net, nta soni mufise, ba mugira ubuntu muvyo muvuga. Kugabura intara sikibazo. kandi umukuru wigihugu siw ataeza imbere igihugu wenyene.Inzara yobura gute mugihugu aho gukora mwishinga muvuga ibitaja ntibize? Aho kwereka imigambi mitomito yo kwiteza imbere, noguteza imbere abenegihugu. kura amaboko mukorere burya akarimi kavuga inagore karagororoka.w ugombako bazokwibukira kuki? kumajambo canke kubikorwa vyiza wokoz!

  8. Le Gouvernement s’attelle a resoudre de faux problemes pour donner l’impression qu’il fait quelque chose. Ailleurs on est en train de reduire le nombre d’entites administratives pour mieux se concentrer sur le developpement integre. L’objectif de cette reforme n’est que politique. Le CNDD veut faire oublier ses exactions et gagner le coeur des Rumongiens a la veille des elections. De toutes les facons, naho batoyabaha boyiha, alros a quoi bon, a quoi ca sert? Creer de petites principautes a l’instar du Burunndi morcelle du 18eme siecle! Cette vision touche le fond de la medicorite. Bagomba kugwiza akazi alors que les moyens de payer cette bureaucratie ne sont pas au rendez-vous, puisque l’appareil de production est paralyse par la corruption.
    Quelle misere intellectuelle, quelle malediction que d’etre gouverne par des gens focalises sur le passe!!! None bazotwereka inzira gute baraba inyuma?

  9. Abarundi baranyegewe ni ukuri. Agakomye ngo abahutu banka abatutsi canke ngo abatutsi banka abahutu! Mbe ko kera ko ama provinces yarii 7 canke 8, ugira ni Peter yatumye aba 10 n’ayandi?Birashobora gutuma mbere Bururi yitunganya neza.

  10. munganyika@yahoo.com

    MANA WODUKURAKO IMVA ZIRAHO ZA BURURI WOBA UKOZE. NIBABAHEBERE UMUGAMBA WABO BAZE BAWUTEREMWO IMVA!!!!KOMERA KOMERA MUTAMA , HANA IMIHIMBIRI IYO BAJE BAVA BARAHAZI!!!!

    • Abahutu ntamutima mugira. Aho wishwe n’intara ya Bururi?
      Biraguhanze gahanga, uzokwama uyayata kubera niwe uri IMVA. Ukuri n’umusi umwe ico kigabo uhayagiza kikaja mukamazi! Mwabinyamaraso mwe mukitwa agatwe!!!!!!!!

    • munganyika@yahoo.com

      Butoyi tu te crois intelligent mais finalement tu es bete. Tu t’embetes toi meme en croyant que les hutus sont toujours les memes. Helas, ce ne sont les Hutus qui deciden de creer la Province de Rumonge mais quand c’esdt une decision louable. Les criminels eternels meritent la punition. Ni ibhemu, bahemukiye igihugu , basesa amarasa. Toi tu penses que ce sont les seuls hutus qui ont ete assassine? Ahhubwao nimba uva i bururi, hindura n’inzira mucd mu mugamba kuko Makamba et Rumonge, baaaaaaayyyyyi. Ntituzopfa twibagiye ko mwishe, mukiba mugatwara ivyacu vyose. Ni akabange!!!! Nta co muzorima ibiraya canke mushore hanze isovu, none nti mwize. …natwe naho tukarima.

    • munganyika@yahoo.com

      Butoyi tu te crois intelligent mais finalement tu es bête. Tu t’embêtes toi même en croyant que les hutus sont toujours les mêmes [Twibagira ningoga sha !!!!!]. Hélas, ce ne pas sont les Hutus qui décident de créer la Province de Rumonge mais quand c’est une décision louable. Les criminels eternels méritent la punition. Ni ibhemu, bahemukiye igihugu , basesa amarasa. Toi tu penses que ce sont les seuls hutus qui ont été assassinés? Ahubwo nimba uva i bururi, hindura n’inzira muce mu Mugamba kuko Makamba et Rumonge, baaaaaaayyyyyi. Ntituzopfa twibagiye ko mwishe, mukiba mugatwara ivyacu vyose [Raba amatongo]. Nt aco ko mwize!!!! Nta co muzorima ibiraya canke mushore hanze isovu, none nti mwize. …natwe naho tugapfa twangara, mugatwara ibigazi natwe turimarima mu gahinga. Umunsi twavuye muri Bururi , karangamuntu yanditseko Province Bururi, nzoyikorsha comme papier mouchoir kandi nzobaga ikimasa co gushimira Imana, izoba ibamaramaje. Twarabaye abaja banyu imyaka nt aco matumariye atsri ku twambura utwacu….ja mu Mugamba niho Imana yabateguriye hama mufomantanye ivyanyu m mugire coup d’etat mugaruke mais si muri moins de 50 ans , je regrette.
      A publier please!!!!!

  11. Mon commentaire is that Bururi or other provinces are to be reduced or any other change must be done by respecting the constitution. Nkurunziza is a president but he is not the constitution.What is going to happen when useless ministers and unresistant parliament will be told to make burundi as a province to Tanzania. This is also in the coming project to propose the selling of our dear country. The creation of Rumonge is just because of the hate Pierre Nkurunziza has for those of Bururi.why does henot start of dividing Ngozi.Sha peter abarundi Baranumye mugabo ukuntu uhemukira igihugu bizogukorako. Aho wararondeye ivyihuta kwiga usanga ni ukugabura imbibe zam province.Urazi ingene urya ukaryama hari abarundi imillioni bishe ninzara.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l'aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :