Les crimes du dictateur Nkurunziza devant la CPI (vidéo)

Les crimes du dictateur Nkurunziza devant la CPI (vidéo)

Merci à NIYONKURU Anicet pour les images

Publié le 6 juin 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 4 Commentaires.

  1. Baca umugani mu kirundi ngo « Intabarirwa ibwirwa n’uko amaso atukuye  »
    Harya yo kwicara akarya arya yivye ntakwiye , ashaka akwegere umuryango wiwe uzopfe wangara utarubuze ico urya ,guko ivyo afise vyose bizoca bigaruka mu kigega ca leta .

  2. jewe nibaza Nkurunziza nubwo yica amatwi jewe nukuri nimbaza yuko atamisi asigaje kugira ave ku Burundi kandi azojana na dd yose kandi azobera akarorero isi yose ndabarahiye . ikindi naco nobabwira mu burundi nta matora azoba nkurunziza ayarimwo .Je sinzi abo barikumwe barikobarahunga nka Clotulde nurya aimé nkurunziza;tuzobiraba

    • Nyirarudodo Clemence

      Ndiyumvira ko intosho yahiritse urwanda lnuganuga u Burundi. Murarabe kure. Ivyo muvuga ko bizoba impundu birashoboka ko bivamo umuvu w’amaraso ku hazaza. Ni mugire akarorero murabe ikiri inyuma y’ibi vyose. Nonega mandat ya Nkurunziza y’abaari agakingirizo vyagenda bite. Ivyabaye i Rwanda vyababerye akarorero!

      • Madame clemence, ivyo uvuga birafise intumbero. si NKURUNZIZA est ses partisans veut se maintenir au pouvoir c’est qu’il y a un agenda caché en référence au document remis par deux agents de la documentation à Maître Mengué (Belge de nationalité). son esprit selon lui est éclairé par dieu (mais un dieu qui n’est pas dieu sinonyme de démon). les dieux qui le guide  » Abapfumu biwe » le rassurent d’un rendemain meilleur s’il tue enfant, veuillard et adulte sans distinction de sexe. il brille avec ses accolites par l’incendie des marchés, l’incendie des médias, les tueries de tout bord, l’organisation des brigands de la mort, l’extenction des voies de son peuple, des partis politique et de la société civile. il milite par le dedain aux pays limitrophes et aux pays du monde entier sans oublier les organisations internationales de sécurité, le droit aux enfants et de droit de l’homme en général. il musele la société et j’en passe.

Répondre à KAGAME Eudes Annuler la réponse.