Le Colonel BIKOMAGU Jean, ancien chef d’état major de l’armée, vient d’être assassiné

Le Colonel BIKOMAGU Jean, ancien chef d’état major de l’armée, vient d’être assassiné. Des criminels non encore identifiés l’ont fauché devant son domicile ce samedi 15 aout 2015 vers 12:30.

Colonel BIKOMAGU

Publié le 15 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 29 Commentaires.

  1. *Yezu Kristu atwereka abahiriwe abaribo:Hahiriwe abari n’umutima ushima ubworo kuko ubwami bw’ijuru ari ubwabo. Hahiriwe abitonda, kuko bazotorana isi. Hahiriwe abari mu marira, kuko bazohozwa. Hahiriwe abashonje n’abanyotewe ubutungane, kuko bazoshira ipfa.Hahiriwe abanyakigongwe, kuko nabo bazokigirirwa.
    Hahiriwe aberanda, kuko bazobona Imana. Hahiriwe abaremesha amahoro, kuko bazokwitwa abana b’Imana.Hahiriwe abahamwa bahorwa ubutungane, kuko ubwami bw’Ijuru ari ubwabo.Muzoba muhiriwe ni babatuka, bakabaremera amabi yose ku bwanje.Muranezerwa muhimbarwe, kuko impera yanyu izoba nini mw’ijuru;n’abahanuzi babatanze n’uko babazigirije. Iryo n’ijambo ry’Imana.

  2. Le Burundi ma patrie, nibaza ko iyo uriko urishura umuntu ubaza ugasoma neza uvyo uwo muntu yanditse hanyuma wunvise ivyo yanditse ukamwishura. Je nibaza yuko ata muntu numwe atazi ico Bikomagu na Simbananiye Umuvumo bateye igihugu cacu gushika ari ayo ma consequences za generation iriko iraza. izo âmes batwaye ubuzima zararize pendant tous ce temps none yaraye agiye iyo yarungitse abandi il ya 20ans. Peut être les 2 hommes croyaient qu’ils etaient eternel en tuant leurs compatriotes.

  3. Le Burundi ma patrie

    A toutes les personnes qui chantent la mort des autres. Umve ndababwire, mwebwe mwandika ivyo mwishakiye kumapfuye, musumvya ububi abo mwagiriza ko bishe. mbe ko muvuga ngo Imana Iramuhamagaye kw’ishura ivyo yakoze, mbe wewe nkubu yoguhamagara ntuwokwishura ivyo uriko iravuga? aho rero wiyumvira ko hari garanti, canke caution watanze ngo ube ukiriho. Je regrette amantu bica k’urumi, ntibaziko ko urwabo nago rubarindiriye.

    Mbe se iyo umuntu utamufashe ariko arica, ariko ugafatira kubwoko bwiwe ukamufata ngo numwicanye, canke ukamufatira kuco yigeze kuba ngo numwicanyi, mbe weho twokwita ngwiki? a mon avis nawe ntaho utaniye n’umwicanyi kuko usabira uwundi ko yokwicwa. ariko ico mwomenya ni kimwe nta muntu numwe yahejeje ubwoko, ngo arabuhonjeje. murabaza interahamwe m’ Urwanda. kandi ubu uwozibaza ndibazako bakwipfuza kugira ivyo bagize kuko barabironkeye impera ikwiye. kandi ico mwomenya Imana irishurira naha kw’isi kuko ivyo bakoze banshi muribo baramaze kuvyishura.

    Namwebwe mw’uyumvira ngo niyo mwahonya banaka, canke bariyo ngo muzoba mutsinze rurayi, ihimbewe!!!!uretse ko muzoba mukwegeye umuvumo uruvyoro rwanyu ntakindi!!!kuko abo mwibaza ngo murahoneje ejo nibo bagaruka kubahonyora kugakanu!!!hama ukwihorahorana bika « cycle vicieux »

    Nimba Bikomagu yapfuye, personne ne va gagner de sa mort meme si Adolphe est mort personne n’a gagner de sa mort, gusa uwuririmba urupfu rw’uwundi y’icafuriza ubusa gusa. te faire juge d’ici sur terre, tu enrichi ton Cv du mal et tu te condamne toi-meme

    personne n’est gardien de la terre, tout le monde mourra, seulement ce qui differe c’est la facon dont chacun va mourir. et n’importe quelle mort cree soufrance a mon sens!!! Au contraire il est maudit celui qui arrache la vie d’autrui alors qu’il n’en detient pas aucune prelogative. Vous vous souvenez de Caeen apres avoir tue son frere Abel. Chaquefois qu’il tournait son visage, il voyait l’oeil de Dieu lui demandant « ou est ton frere Abel ».

    A bon entendeur salut.

  4. ange, ko turi d’accord jewe na wewe ko Simbananiye azopfa none wunva azoba apfiriye iki? bien sur ko azoba agiye guciribwa urubanza n’uwuhoraho abona vyose ngaha kw’isi nta nkeka.

  5. ange, Bikomagu azoba aruwa mbere après 50 ans abahekuye uburundi ico gihe atananumye yigeze arenguka imbere y’ubutugane. Ejo rero Imana yaramuhamagaye kugira ngo aje kwishura ivyo yakoreye abarundi 1993. Hasigaye nkuko nabivuze Simbananiye kandi
    azopfa aje kwishura Imana ivyo yakoze ngaha kwisi. 1965, 1969, 1972

  6. 1965, 1969, 1972, 1988, 1993, uru nirwa rubanza rubarindiye imbere y’Uwuhoraho, hasigahe urubanza rwa bwana mukubwa Simbananiye. Izi ni za âmes zarize iyo myaka yose.

    • pas du tout msri.natw twarabuz abacu iyo myaka ariko ovyo nrawe two yipfuriza ndetse naw wigamba kumivyimba ntavyo tukwipfuriza.va muri ivyo vyiyumviro kulo n ‘ejo simbananiye azopfa ariko si uku vuga ko abo yishe baca bazuka

  7. Burundi, mwibuke ko handitse ngo Ntukice. nta kindi bashizeko nka ngo « ego wihoye » . Umuvumo w’Uhoraho urareha n’abicanyi Bose  » Kandi kwihora ni icaha kibi imbere y’Imana kuko gitegurwa

  8. On peut se voiler la face comme on veut mais la sinistre réalité est là, et devient plus incontournable encore chaque jour. Le régime Nyamitwe vise à tuer, à torturer, à emprisonner, et à exiler autant de Tutsis qu’il le peut.

    A part le crime d’aujourd’hui contre la famille Bikomagu (le sénateur et sa fille), on pourrait aussi prendre l’exemple des 100 individus spécifiquement sélectionnés et assassinés depuis le 25/4/15 : Y a-t-il quelqu’un qui pense sincèrement que seuls 15 ou 20 d’entre eux étaient Tutsis?

    Cela ne veut pas dire qu’il faut tomber dans le piège du régime en attaquant des Hutus, mais il est nécessaire reconnaître la réalité pour être à même d’y faire face. Par exemple les leaders hutus qui sont opposés à ce génocide qui couve doivent le dénoncer clairement pour empêcher à ce régime de poursuivre son plan.

  9. niyokindi gaspard

    uburundi bugeze aho umwansi ashaka.none nta muntu numwe yoshobora guhagarika ubu bwicanyi?uburundi burakeneye intwari yoja hejuru y’amoko n’amaronko

  10. None mubona Peter atariko arashira mungiro wamugambi w’ihonyabwoko batubwira. Jewe ndabizi kuva kera, Nkurunziza n’akarwi kiwe bitwaje ngo abahutu baronse intsizi y’igice biciye mubiganiro baca bashinga yuko bica abo bose batazokwemera ko abahutu bagira ubutegetsi kurugero rungana na 85 kwijana. Ivyo nivyo baherako mukwigisha imbonerakure kugirango zice atakinya ngo ziriko zirarondera intsinzi zanyazwe na ARUSHA kandi arukuzigira ibikoresho kugirango bakingire inyungu zabo gusa. Mbega muri iyi myaka cumi cndd imaze kubutegetsi abahutu bahakiriye nibangahe atari kakarwi ka NKURUNZIZA nyene? Uko bigenda kose abarundi nimuze dufatane munda twikureko ako karwi hanyuma tugarukire amasezerano ya ARUSHA n’Ibwirizwa shingiro ryahonyanzwe n’ako karwi ntikizotubuza kubandanya twiyubakira igihugu mubumwe bwamye buturanga kuva nakera.

  11. harya ingwano iva kumutima , bishe Adolphe bica nabandi bikomagu eka nabandi , nubu bakiriko turiko turababara muga kandi dushavura tuzohava dusanga twese turiko turagwana ham tumarane twihorane , duphe nkimihimbiri , abandi hakurya ba profite badutungireko nutwo dufise , nimuibaze qui vont gagner la Bataille d aujourdhui noba menyesha ko nta numwe muri twese niho twabandanya iyingendo yukuica gutha , nuimihangane mwese abarundi turazi gituma biriko biraba naho bamwe bagomba kubituyobeza , ukamengo ni normal bazovyishura nabi nabo umusi wabo uzogera .

  12. Aujourd’hui cepa dimanche on est samdi,soyez prudent en ecrivant

  13. Jean pierre Hakizimana

    Je suis désolé de la mort de ce colonrl. Le Lt Gn A est assassiné aussi que va faire le CVR

  14. Kwica uriya mushingantahe Bikomau birerekana ko Nkurunziza et son groupe d’assassins ne savent plus ou donner de la tête. Barica abana, abatama … barica abarundi tout court. Ils voient des ennemis partout. Ceci est un des signes de leur fin proche et inévitable. Ces assoiffes de pouvoir, ces buveurs de sang creusent leurs propres tombes.

  15. Mana,Mana tabara uburundi.Imana Imwakire.Uyo mutamaaa nkubu bagize iki??? None ko bariko baricaaa,bibaza iki ko harinyungu????Bariko bagira akavuyo ngo SINARES,nabandi bashaka amahoro ngo ntibakoreeee!!! Oya sha barihendaaaa!!!! Nibageze ahoooo,bagererageze gucungera abantu boseeee.

  16. Wa wundi ngo ubujuju bukwice.nsanze mubonera kuzuru ryanyu.ego mursmwishe,mugabo babikomagu baradigaye.ahukumufata mukamubaza abo babikoranye,mufa kwica betement?rero,nihaza leta yukuri abishe combikomagu bazofatwabacirwe urubanza rubakwiye.kuko mumwishe atigeze ashirwa imbere yintahe ngwimwagirize ikibi yakoze niyaba yaramwishe vyukuri.

  17. c’est horrible, que l’Éternel nous précède

  18. Nkurumbi yibaza ngo yishe abatutsi bose akica n abahutu batashigikiye amafuti akora
    ngira mu mutwe wiwe azoba aguze Uburundi ace aba umwami gushika apfe Ariko amenye
    ikibi ariko akorera Abarundi kizokwandikwa ku mutwe wiwe n uruvyaro gwiwe
    Ndahojeje Umuryango wa Bikomagu Jean ni Miryango yose yahuye nakaje karamana ariwe
    Nkurumbi we yabaye IGIHANO ku Barundi
    Mvuze ko ari Igihano ku Barundi kuko womenga Uburundi Imana yarabwibagiye Kubona abarundi bicwa ,abarundi barira atawe bayaha tufise Abasirikare botabaye mbere tufise nabagiye kutabara mu bindi Bihugu ariko Nkurumbi agakinda yirorera ntimwumva ko biteye isoni Ndashavuriye cane Benewacu b Abasirikare bavuga ngo ntibaja mu vya Politike
    Nagira mbaze mbega gutabara abariko baricwa ni politike nivyaba arukwo mwarahenzwe
    noneho Politike niyo utayigiyemwo yoyo irakurondera
    Ikindi politike yo kwicwa Abarundi ntibari bakwiye kuyita politike bari bakwiye kuhagurukira rimwe tukirukana umumenja ni zina ryiwe ntirizosubire kuvugwa

  19. Baja kutumara noneho!!!!!!!!

  20. None nk’uyo mutama de 70 ans. Bibungura iki kumwica? Les fdd sinzi ico biyumvira.
    C’est ce qu’on appelle lâcheté.

  21. Na bado, bemey gukora mascarade de la mort d’adolpe kugira abandanye amara abantu. buriya Adolphe umugambi wabo nuko azokora ubwicanyi vyitwa ngo yaraphuye ntihagire uwo bwandikwako!!!! Nagira nongere kubibutsa ko General adolphe ariho, selon umuhabara wiwe yirirwa aratwenga abantu bazi ko yaphuye kandi akiriho ,adora nubu akora ama cout mechant kuruta bataramwica atarapha. ninawe yanse ko haba enterrement yararahiye ararengwa ko ata enterrement yiwe izobaho kiretse umunsi yaphuye vyukuri. nanj nti muratwereka morgue arimwo tuzokwemera ko yaphuy!!!

  22. Ubwo Bikomagu ntiyarimuri ya liste ya bishe General Adolphe? Sikera Procureur avuze ko bamenye abari inyuma yi yiswa rya General Adolphe. ubu niza reglement de compte.
    Mana fasha Uburundi

  23. Twese tuzopfa ntawuzorusimba TUZOPFA.

  24. Reka…keka.. »Buryiyisi ntisakaye nawe wonyagirwa » Gezaho…Gezaho Bavukanyi.

  25. Je we ubwanwa bwafutse umunwa ,mora mbwira umugabo wanje ko nkurunziza arikigugu aga a a mbwira ngo wewe arazi ico ariko arakora ngo indoto afise BWA mbere yariyo kwica abatutsi none ubu yarazi ko azica abatutsi gusa na bahutu barivanga nico gituma ivy o Kuja la Haye aramaze kubona ko adashobora kubihunga karamaze Kuba ubu avuga ti mafu ntaco nkiramira reka WA mugambi narinfise kuva ndi mwishamba ndawusoze,uwo nu mugome amaraso ya Bana ba Baru ndi amaze kumeneka I mana izoyamubaze kuko biteye agahinda nkarangiza mbwira umu colonel wakera a Hari hose ko yo nyaga ama Gara Shetani mwenyewe yicaye muri peter

  26. Ce sang,monsieur le president,ce sang que tu vers, ce sang des enfants , ce sang des jeunes, ce sang des peres et mere des familles ,ce sang des vieux que tu abattent en quittant l eglise comme bikomagu un retraité, ce sang crie vengeance vers l eternel. Les chiens lecheront le tien et ton nom jusqu à la 5 generation de ta descendance sera maudit,tu n aura meme pas de tombe pour ton ame damné,ainsi chatie l eternel les criminels sanguinaire de ton espece,condileance à la famille éprouvé.

  27. My God!!!!
    U Burundi buriko bujahe?

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :